Ashirak kanh

Ashirak kanh Music

Uyumuhungu Naho mumushigikiye arazagufunga Youzza Lopez - Fake Prophets (Official Music video)Amahoro umeze neza nukuri ...
13/04/2024

Uyumuhungu Naho mumushigikiye arazagufunga Youzza Lopez - Fake Prophets (Official Music video)

Amahoro umeze neza nukuri nasaba kw'iteka ryawe umfashe kuraba ino song yanje nsohoye hama ugire ico uvuga yitwa FAKE PROPHETS kandi murazi ivyo bakora hama ushimye kucubahiro ufise uko kingana kwose uyisangize abanda MERCI.
πŸ‘‡πŸ½πŸ‘‡πŸ½πŸ‘‡πŸ½πŸ‘‡πŸ½
https://youtu.be/yCXHJk3EhzI?si=4w3UhrGsVNH9Qq2z
https://youtu.be/yCXHJk3EhzI?si=4w3UhrGsVNH9Qq2z

Iyimbwa iriko yihanga abakozi bi mana uyu adafunzwe mungaye
07/04/2024

Iyimbwa iriko yihanga abakozi bi mana uyu adafunzwe mungaye

Benshi bavugako umuziki wuburundi nabwo uzoshika kure  Noe ndababaze ubonako tuzoshika kure gute? Natwe tube internation...
04/03/2024

Benshi bavugako umuziki wuburundi nabwo uzoshika kure Noe ndababaze ubonako tuzoshika kure gute? Natwe tube international. Twenyene tutisoneye ninde azoduha icubahiro tutakihaye uyumuhungu mubonako atasaze vraiment

02/03/2024

Doreshaa umwana

Send a message to learn more

01/03/2024

Mbega abaririnvyi nukuri uyunawe yifuzako azobe nka diamond cank Big fizzo

28/02/2024

Kuruyumwanya i Bujumbura mukajaga hibonekeje invubu mwibarabara

Mwubahwe
28/02/2024

Mwubahwe

Ababantu babiri barakundana vyukuri mugabo nivyoshaa harya inoti ikurikira iyindi Natasha la noma

28/02/2024

Erega nokubivuga bisaba impwemu nyinshiπŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚

Ababantu babiri barakundana vyukuri mugabo nivyoshaa harya inoti ikurikira iyindi Natasha la noma
27/02/2024

Ababantu babiri barakundana vyukuri mugabo nivyoshaa harya inoti ikurikira iyindi Natasha la noma

Ndaziko ushobora kurengana utagize icuvuze kubera wewe umezeneza ugifise amagara meza  ariko nimba ataco ufise womuha ng...
28/11/2023

Ndaziko ushobora kurengana utagize icuvuze kubera wewe umezeneza ugifise amagara meza ariko nimba ataco ufise womuha ngo kimufashe wofata basi akanya kokumusengera nawe abehonkabandi kuko ububabare yunve nibwinshi

Address

Kanyosha

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ashirak kanh posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ashirak kanh:

Share