23/06/2026
🚨🅰️Ⓜ️ Ibi bintu birahererahe!!!!
JULIAN ALVAREZ yatangaje k'umugaragaro ko ashaka kuva muri ATLETICO MADRID, akaja mu mugwi w'indoto ziwe 🤯🔥
🗣️Julian Alvarez ku bamenyeshamakuru:
"Nshaka gushika ku ndoto zanje ( indoto ziwe ni gukinira Fc Barcelona ). Navuganye n'abantu bo mu mugwi (Atletico) nari nkeneye kuvugana nabo. Ikintu ciza kuri kazoza kanje ni uko mpindura umugwi."
None raba ivyo aba fana ba Atletico Madrid batanguye 😂