
31/05/2024
Turashimira Imana kubakozi bayo bashasha yajeje umurimo wayo muri uyu mwaka Imana data watwese ikomeze kubaja imbere kandi ibahe ubwenge bwayo buzobashoboza kurangura amabanga yayo nk'uko bibereye.
"kandi yuk' ukwihana no guharirwa ivyaha bikwiye kuvugwa mw izina ryiwe mu mahanga yose, uhereye i Yerusalemu."
Luka 24:47