Seka Nawe Pads

Seka Nawe Pads Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Seka Nawe Pads, Bujumbura.

Every Day with Confidence And Protection 🤌
02/07/2025

Every Day with Confidence And Protection 🤌


23/06/2025

Jewe nkoresha seka ubwo wewe niyo ukoresha canke nturayimenya?
#

18/06/2025

Mr Armel Horimbere aratuyagira ico ajejwe muri seka nawe nigituma wohitamwo seka nawe.Wewe aho uherereye seka nawe yaragushikiriye??


28/03/2025

"Together, we rise! 🌟 Celebrating two years of empowerment, growth, and sisterhood. To all the young women and girls: your dreams are valid, your voices matter, and your strength is limitless. We thank everyone who supported us, everyone who responded our call.Let's continue to uplift each other and create a brighter future together! 💪💖 "


08/03/2025

Sekanawe ibifurije umusi mukuru mwiza wo kwigina no guharanira atagateka ku mukenyezi.


Mwese.turabipfurije umusi mukuru mwiza  w’aberanda bose
01/11/2024

Mwese.turabipfurije umusi mukuru mwiza w’aberanda bose

Umwana yatanguye kwiga kwavura, kwihindukiza mu mpande zose! Kugira yisanzure, koresha pamperise Seka Nawe, ni ntoyi hag...
31/10/2024

Umwana yatanguye kwiga kwavura, kwihindukiza mu mpande zose!

Kugira yisanzure, koresha pamperise Seka Nawe, ni ntoyi hagati y’amaguru, ntimubuza kwihindukiza uko ashaka.

Gumiza umwana wanyu mu kanyamuneza mu kwambika pamperise zoroshe . Umwanya wose wo gufata neza umwana ni uw'agaciro, kan...
29/10/2024

Gumiza umwana wanyu mu kanyamuneza mu kwambika pamperise zoroshe .

Umwanya wose wo gufata neza umwana ni uw'agaciro, kandi ukwiyumva neza ,birakenewe mu gukura neza kwiwe.

Kubera pamperise Seka Nawe zijanye n’umubiri w’abana, abana banyu bazambaye barashobora gukina, bagakura  neza, kandi ba...
24/10/2024

Kubera pamperise Seka Nawe zijanye n’umubiri w’abana, abana banyu bazambaye barashobora gukina, bagakura neza, kandi bakaguma bamerewe neza.

Ukoresheje pamperise Seka Nawe umwana yumva akunzwe. Wama uremye u*i neza yuko umwana wawe akingiwe kandi yisanzuye, ijo...
23/10/2024

Ukoresheje pamperise Seka Nawe umwana yumva akunzwe. Wama uremye u*i neza yuko umwana wawe akingiwe kandi yisanzuye, ijoro n’umurango.

21/10/2024
Kuri uno musi twibuka  ubugira  31  umukuru w’igihugu, akaba n’incungu ya demokarasi,  Melchior Ndadaye  , twibuke  uruh...
21/10/2024

Kuri uno musi twibuka ubugira 31 umukuru w’igihugu, akaba n’incungu ya demokarasi, Melchior Ndadaye , twibuke uruhara ruhambaye yagize mu guharanira demokarasi.

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:00
Tuesday 08:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 17:00
Friday 08:00 - 17:00

Telephone

+25762590421

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Seka Nawe Pads posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Seka Nawe Pads:

Share