Hit Music

Hit Music Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Hit Music, Record Label, Bujumbura, Bujumbura.

30/09/2026

😢Sha hari Bank bakwiye gukura ataco zifasha abanyagihugu Urazi kwirirwa utonze kandi ubazaniye Nab bibereye kuri appel nka coopec

🤌Akajambo kuwu Muhungu wanje D-ONE 257 wisunze Style yambaye Nkubu usanga utazi Aho Yambarira Muri   kamenge 13 Uwuri Ta...
30/09/2026

🤌Akajambo kuwu Muhungu wanje D-ONE 257 wisunze Style yambaye Nkubu usanga utazi Aho Yambarira Muri kamenge 13 Uwuri Tayari Ambwire Tugende Ndamutemwo

😭Rimwe narimwe umuntu Niwe at u ma bamusuzugura😰 None Vyukuri Ubu Lolilo Simba Yabuze Amahera yokukoresha Affiche nziza ...
30/09/2026

😭Rimwe narimwe umuntu Niwe at u ma bamusuzugura😰 None Vyukuri Ubu Lolilo Simba Yabuze Amahera yokukoresha Affiche nziza Atarinze Kuja muri Vya None nkubu Iyi photo bagukoreye arihe Mkombozi Lucifer Nuyuhe? ewe mukama Jewe ndaguhanura Zuriha Agaciro Niwe wambere watwenze Big Fizzo ngo Yakoze Iyayi Kumbe wariko Uramufuhira kubera yinjiye muvyawe 😂 Heba Ubuswa Ureke kuzana ibi Ibi bintu Vrt Plz Ntamahera ya Affiche nziza Ubuze Ariko ibi bintu biratuma uta Agaciro

30/09/2026

Sat-B mwiyi misi ubuzima N saw Kuma costume Azimvye Vya Danger kubisuko Bizimvye Jospin La Famille Iki gisuko cokubera Gusa ikibi nihahandi bagukubita Umupanga 😂

🤌Mutama B-face On The'flo Jewe ngire Akantu ndakwisabira Sitegeko oya Ahubwo nigisabo CabaFans Bawe muri Rusangi Igihe t...
30/09/2026

🤌Mutama B-face On The'flo Jewe ngire Akantu ndakwisabira Sitegeko oya Ahubwo nigisabo CabaFans Bawe muri Rusangi Igihe turimwo Hariko haba ico mwise Itangujwe na Mugani Big Fizzo Hama abandi Ba R***r baziramwo Kandi Sibibi Aba fans bataritahura Barashavura bivanye nimikomo muhana Gusa Abitahuye Twebwe bitunezera cane Jewe ntatevye Bambwiye nkubwire Ati Bashaka kumenya ko uzosibiza Fabelove DA K.SHAN BOY bivanye nindirimbo yasohoye Ejo Abafana bawe bararakaye cane Basaba ko wokwihuta cane ugasubira kwa mukongera kubandanya project kuko turakuzi Amajambo Urayamana kandi ijwi naryo Imana yaraguhaye ikore mugahogo Rero Usubize vyasezari kuko Ugahora Bizoboneka Fo sana Ngireko mbwira na Mkombozi Lucifer na Lolilo Simba muhawe imikomo murimwo ntampamvu Yokuryama jewe mfata ko Team yanyu ari 50 Cent Irya yindi Ya ni Eminem Rero ongera muzure Rap kuko yari imaze igihe tutayumva Kandi Ndabashigikiye ndumufana wanyu jewe

30/09/2026

😂Nimba muzi Umu promoter atinya ni Promoter de la Capitale ibaze koyase kuvuga ko Fabelove DA K.SHAN BOY akaze kugutinya B face😂

🤌Ubutuvugaba Bus Yakabiri Ikaba yamaze kurenga ikobero 🙏🏿🙏🏿 🚍Muri wamugambi Wimbona kazoza Harimwo umugambi wo kuzana Bu...
30/09/2026

🤌Ubutuvugaba Bus Yakabiri Ikaba yamaze kurenga ikobero 🙏🏿🙏🏿
🚍Muri wamugambi Wimbona kazoza Harimwo umugambi wo kuzana Bus🚐 zitanwa amazutu canke Igitoro Ahubwo zisharijwa numuyaga nkuba Rero iyambere yaramaze Gushika Iyi niyindi yamaze gushika Kubutaka kwa Ntare ⛴
🛑Ikintu Nibaza niki?none izi bus🚐 ziriko ziza zizoronka Umuyaga nkuba kweri🙆‍♂️ Twebwe nuwa Fone Turawubura 💁‍♂️Bus nazo Mwebwe mubona Bintu kweri bizoroha 🤷🏽‍♀ Mumbwire namwe ego Ni Terambere kandi Ryiza Gusa Regideso izohava ica idafitirana ngumuriro Tuwuha Bus zunguruza Abantu 💆🏼‍♂ Gusa reka twizere Bizokunda

🤌Mzeehee Wama Hit Mkubwa Mugani Desire A.k.A  Big Fizzo Ntiyicaye Nyuma Yokubona Video ya   Na   taama Arikumwe na Mista...
30/09/2026

🤌Mzeehee Wama Hit Mkubwa Mugani Desire A.k.A Big Fizzo Ntiyicaye Nyuma Yokubona Video ya Na taama Arikumwe na Mista Ch*****ne Ubu Naho Ari Mumyiteguro Yindirimbo Yise Uri muri Album Yibihe vyose Yise Iyo ndirimbo wibuke ko Arikumwe numukobwa Wiwe Nyuma yiyo Sasa Niyindi Hit arikumwe na Melanin boy Le Noire Mwipange tuzorya Show nampaka

😭Nukuri Jewe ntabeshe Yemwe Iyi Game ya 257 hariko+ plus nukuri ibitse Vyishi 😢😡 Kumbe Drama wa Tausi Hariya Muyinga Niw...
30/09/2026

😭Nukuri Jewe ntabeshe Yemwe Iyi Game ya 257 hariko+ plus nukuri ibitse Vyishi 😢😡 Kumbe Drama wa Tausi Hariya Muyinga Niwe yahaye Pass B-face On The'flo Kurya mugore Oyaaa ivyo ntibibaho Ntibinumvikana 🤣Nyimba Ari daaa Icuki nkakirya yogikura hehe? Fabelove DA K.SHAN BOY Jewe shaka nkwisabire umwanya nzoze Umpe iyo Nkuru neza pe Ikindi uzoce unyereka Rwarukecuru Araguzako muruziba Ndabe kwatari Inakuru wa OG FORCE Kuko numvise kokiba Musi Yabo🤣🤣🤣

30/09/2026

By
Melanin boy X Dj Fernando official
Abasavye Iyindirimbo mubandanye mutagata Mumbwire izindi mushaka

Address

Bujumbura
Bujumbura
00000

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Hit Music posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category