Burundiano TV

Burundiano TV ⏩️ We make : 👇
● Information ● Motivational ● Inspirational ● Education •••
↪️OUR UNITY 🫂 IS OUR STRENGTH ✊🏽💪

Perezida Kagame yagabiye Emir wa Qatar, Sheikh Tamim bin Hamad Al Thani, inka z'Inyambo, nk'ikimenyetso gishingiye mu mu...
20/11/2025

Perezida Kagame yagabiye Emir wa Qatar, Sheikh Tamim bin Hamad Al Thani, inka z'Inyambo, nk'ikimenyetso gishingiye mu muco w'u Rwanda gisobanuye ubucuti, ukwubahana, ndetse n'ubufatanye bukomeye hagati y'aba bayobozi bose n'ibihugu vyabo.

Vyabaye kuri uyu wa 20 11 2025, ubwo aba bose bagendera urwuri rwa Perezida Kagame. Sheikh Tamim bin Hamad Al Thani yageze mu Rwanda kuri uyu wa Kane mu ruzinduko rw'akazi rw'iminsi ibiri.

Basi Hoho boba batahanye amanota angahe ? 🙁
19/11/2025

Basi Hoho boba batahanye amanota angahe ? 🙁

Evariste Ndayishimiye 👑  President de la république du Bon Pays Burundi 🇧🇮 Unité  Travaux  Progrès. 🇧🇮 Burundi Cœur ❤️ d...
19/11/2025

Evariste Ndayishimiye 👑 President de la république du Bon Pays Burundi 🇧🇮 Unité Travaux Progrès.

🇧🇮 Burundi Cœur ❤️ d'Afrique 🌍

Inyuma y'indirimbo   , Abaririmvyikazi   and   kuva mu gihugu c'Urwanda,  bagiye kurekura Iyindi ndirimbo Idasanzwe bise...
14/11/2025

Inyuma y'indirimbo , Abaririmvyikazi and kuva mu gihugu c'Urwanda, bagiye kurekura Iyindi ndirimbo Idasanzwe bise !

Ino ndirimbo murayiteguriye ?

Inama Nshikiranganji yakoranye kuri uwu wa gatatu, igenekerezo rya 12 Munyonyo 2025, ku kirimba citiriwe Ntare Rushatsi,...
12/11/2025

Inama Nshikiranganji yakoranye kuri uwu wa gatatu, igenekerezo rya 12 Munyonyo 2025, ku kirimba citiriwe Ntare Rushatsi, irongowe n'Umukuru w'igihugu, Evariste Ndayishimiye.

🏷 Ingingo 7 ni zo ziri ku rutonde rw'ivyigwa. Muri izo harimwo integuro y'itegeko risubiramwo itegeko inomero 1/08 ryo kuwa 23 Ndamukiza 2012 ritunganya igisata c'imbuto mu ;

💧 Integuro y'itegeko ritunganya ibisata bijejwe amazi meza n'isukura;

⚖️ Integuro y'itegeko rishiraho ibikorwa, intunganyo n'ingene Sentare ijejwe kwubahiriza amatungo ya Reta ikora; integuro y'itegeko ryerekeye gutera umukono ku masezerano yo gufashanya hagati ya Reta y'Uburundi n'Ingoma ya mu bijanye n'amasoko ntanganguvu,

💷 Integuro y'itegeko ry'Umukuru w'igihugu rihindura itegeko ry'Umukuru w'igihugu inomero 100/044 ryo kuwa 16 Ntwarante 2020 rishiraho rikongera rigatunganya ibikorwa vy'urwego rw'igihugu rujejwe igendereza ry'amafaranga;

🏭 Kurabira hamwe ibijanye n'inyubakwa za Reta hamwe n'utuntu n'utundi.

🇧🇮 Barundi barundikazi ncuti z'Uburundi, dukomeze gufatana munda twitege Impinduka ibereye mu gihugu cacu ciza c'Uburundi.

SRC : RTNB

Perezida  Paul Biya  yongeye gutorerwa kuyobora Cameroon inyuma y'aho yaramaze imyaka indwi ariwe atwara igihugu ca Came...
27/10/2025

Perezida Paul Biya yongeye gutorerwa kuyobora Cameroon inyuma y'aho yaramaze imyaka indwi ariwe atwara igihugu ca Cameroon.

yari Umukuru w'ico gihugu aho yagiye k'ubutegetsi afise Imyaka 42 ubu akaba afise imyaka 92 vyumvikana neza ko amaze imyaka 50 atwaye Cameroun, aba ari incuro y'Umunani

kurino ncuro yongeye kwizerwa nabanyagihugu bongera bamuhongako amajwi yongere abayobore, aha yatsinze ku majwi 53,66% , aho "Paul biya" azotwara gushika muri 2032 aho azoba afise imyaka 100.

Umwe mu bana biwe w'Umukobwa yashimiye abanyagihugu ba Cameroun kuba bongeye kwizera papa wiwe ngo yongere abayobore.

Igihe cose utwara Neza ntakabuza uguma utorwa congratulations Perezida Paul biya 🎉🤝

Ukwo niko vyari bimeze k'Umunsi w'Imana aho Real Madrid yari yatanye mu mitwe na Fc Barcelona aho benshi bari bizeye Bar...
27/10/2025

Ukwo niko vyari bimeze k'Umunsi w'Imana aho Real Madrid yari yatanye mu mitwe na Fc Barcelona aho benshi bari bizeye Barcelona nk'uko vyahora ko itsinda Real Madrid mugabo uruhigi rukaba rwahindutse.

Real Madrid yatahanye ibitsindo bibiri Barcelona itahana kimwe.
Musomyi wa BurundianoTV ur'Umufana w'iyihe Équipe ?

Ni FC Barcelona iza gukina mu mwanya uza kuza aho iza gutana mu mitwe na Real Madrid, Barcelona ikaba yash*tse Amahoro i...
25/10/2025

Ni FC Barcelona iza gukina mu mwanya uza kuza aho iza gutana mu mitwe na Real Madrid, Barcelona ikaba yash*tse Amahoro i' Madrid, aza kuba ari Urukuno rwitezwe n'isi yose kuko hirya no hino haguma havurwa ngo Match y'Uyu munsi...

Musomyi wa BurundianoTV, Wewe ufana équipe iyahe canke n'iyihe Équipe wahaye amahirwe ?

😀 Imbeba yinjiye mu kibuga mu rukino rwariko rurahuza Wales na Belgium 🐁😅
14/10/2025

😀 Imbeba yinjiye mu kibuga mu rukino rwariko rurahuza Wales na Belgium 🐁😅

📅 UMWIMBU MUNKINO ZARAYE ZIBAYE KWISI ⚽🌎 KURONDERA ITIKE YA MONDIAL-AFRIQUEBurundi 🇧🇮 0-1 🇰🇪 Kenya  Botswana 🇧🇼 0-1 🇺🇬 O...
10/10/2025

📅 UMWIMBU MUNKINO ZARAYE ZIBAYE KWISI ⚽

🌎 KURONDERA ITIKE YA MONDIAL-AFRIQUE
Burundi 🇧🇮 0-1 🇰🇪 Kenya
Botswana 🇧🇼 0-1 🇺🇬 Ouganda
Liberia 🇱🇷 3-1 🇳🇦 Namibie
Mozambique 🇲🇿 1-2 🇬🇳 Guinée
Somalie 🇸🇴 0-3 🇩🇿 Algérie

🌍 KURONDERA ITIKE YA MONDIAL- EUROPE
Finlande 🇫🇮 2-1 🇱🇹 Lituanie
Autriche 🇦🇹 10-0 🇸🇲 Saint-Marin
Biélorussie 🇧🇾 0-6 🇩🇰 Danemark
Chypre 🇨🇾 2-2 🇧🇦 Bosnie-Herzégovine
République tchèque 🇨🇿 0-0 🇭🇷 Croatie
Îles Féroé 🇫🇴 4-0 🇲🇪 Monténégro
Malte 🇲🇹 0-4 🇳🇱 Pays-Bas
Écosse 🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 3-1 🇬🇷 Grèce

🌏 COUPE D’ASIE – KURONDERA ITIKE
Brunei 🇧🇳 0-2 🇾🇪 Yémen
Pakistan 🇵🇰 0-0 🇦🇫 Afghanistan
Timor-Oriental 🇹🇱 1-4 🇵🇭 Philippines
Sri Lanka 🇱🇰 1-0 🇹🇲 Turkménistan
Singapour 🇸🇬 1-1 🇮🇳 Inde
Laos 🇱🇦 0-3 🇲🇾 Malaisie
Thaïlande 🇹🇭 2-0 🇹🇼 Taïwan
Vietnam 🇻🇳 3-1 🇳🇵 Népal
Tadjikistan 🇹🇯 2-0 🇲🇻 Maldives
Bangladesh 🇧🇩 3-4 🇭🇰 Hong Kong
Liban 🇱🇧 2-0 🇧🇹 Bhoutan
Syrie 🇸🇾 5-1 🇲🇲 Myanmar

🇪🇺 EURO U21 – KURONDERA ITIKE
Écosse U21 🏴󠁧󠁢󠁳󠁣󠁴󠁿 12-0 🇬🇮 Gibraltar U21
Andorre U21 🇦🇩 1-0 🇰🇿 Kazakhstan U21
Irlande du Nord U21 🇮🇪 2-0 🇲🇹 Malte U21

🌏 INKINO ZAKIVANDIMWE
Ouzbékistan 🇺🇿 2-0 🇰🇼 Koweït
Roumanie 🇷🇴 2-1 🇲🇩 Moldavie
Angleterre 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 3-0 🏴󠁧󠁢󠁷󠁬󠁳󠁿 Pays de Galles
Pologne 🇵🇱 1-0 🇳🇿 Nouvelle-Zélande
Maroc 🇲🇦 1-0 🇧🇭 Bahreïn
Algérie 🇩🇿 3-0 🇵🇸 Palestine(⏱️86')

🇧🇮

ISENGESHO 🧎Kuri MUSAUZA AKA Vinicius Jr Wi BURUNDI 🇧🇮 : Mana Data Rugira Vyose Turakweretse Impano Yuno Mwana Wumurundi ...
10/10/2025

ISENGESHO 🧎Kuri MUSAUZA AKA Vinicius Jr Wi BURUNDI 🇧🇮 : Mana Data Rugira Vyose Turakweretse Impano Yuno Mwana Wumurundi Yitwa Girumugisha Jean Claude AKA Musauza Akiri Muto Cane Muhezagire Biciye Mumpano Yiwe Yumupira Aze Abe Itara Ryuburundi Kwisi Nka FRANCINE NIYONSABA ✊

Mana Uyu Mwana Uwaravye Match Yuyu Musi Ndazi Yabonye Impano Iri Mwuyu Mwana Gushika Yaho Stade Intwari Yose Yaririmba Ati MUSAUZA Vini Du BURUNDI Turagusavye Mana Uku Stade Yaririmba Ati Vini Du BURUNDI Hazogera Umusi Isi Yose Ivuga Ati Musauza Adatwaye Ballon d'Or Ntituzosubira Kuraba Ivya Ballon D'or 🏆

Mana Hezagira Igiharuro Ndwi Musauza Yammbara Kize Kimubere Umugisha Nka Cristiano Ronaldo 🙌 Tubisavye Twizeye Mwizina Rya YESU Amen 🙏

À la une Burundiano257 🇧🇮

Israel Mbonyi a sorti son cinquième album, intitulé « Hobe », composé de 14 chansons en trois langues : kinyarwanda, ang...
07/10/2025

Israel Mbonyi a sorti son cinquième album, intitulé « Hobe », composé de 14 chansons en trois langues : kinyarwanda, anglais et swahili.

Il a interprété la quasi-totalité de ces chansons pour ses fans et les a même filmées.

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Burundiano TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share