Seth Shalom Sagar

Seth Shalom Sagar YISESHALO Pro πŸ“½οΈπŸŽ₯πŸ“·πŸ“Έ
SAGAR PICTURES πŸ“ΈπŸ“·
Tel +257 71 75 40 55

21/07/2026

IKIBAZO
Umugabo wa mama wawe ariko atakuvyaye yitwa gute mu kirundi ciza?
Jewe nibazako yitwa SENYOKO?

Ni kuberiki Ambulance πŸš‘πŸš‘ Nyinshi ubusaga zanditsweko indome zicuritse ? Biva kuki?
13/07/2026

Ni kuberiki Ambulance πŸš‘πŸš‘ Nyinshi ubusaga zanditsweko indome zicuritse ? Biva kuki?

Aho mw' iyi photo wamenyemwo inde ? Twagiye muri commentaires πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡
07/07/2026

Aho mw' iyi photo wamenyemwo inde ?
Twagiye muri commentaires πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

10/06/2026

CISHAMWO UTWENGE

Toto bamubajije bati: Hagati y' ibitumbura,Icapati,Icayi wohitamwo iki? Nawe ati: Binzanire ndakwereke.

05/06/2026
Igihe wa manuka i bujumbura, igihe wahura mwenizi toilette wibajije ko ariki? bazikoresha iki? Ca umugani mu gifaransa w...
04/06/2026

Igihe wa manuka i bujumbura, igihe wahura mwenizi toilette wibajije ko ariki? bazikoresha iki? Ca umugani mu gifaransa wisuze toilettes mwenizi?
Twagiye muri commentaire πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡πŸ‘‡

Abavutse ku gatumba ibi bavyita gute? Mwavyita gute?
04/06/2026

Abavutse ku gatumba ibi bavyita gute? Mwavyita gute?

Aho ni mu gihe urukundo rwa kwinjiyemwo neza nkahumengo wasaze
04/06/2026

Aho ni mu gihe urukundo rwa kwinjiyemwo neza nkahumengo wasaze

Address

Bujumbura

Telephone

+25769484127

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Seth Shalom Sagar posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share