L R L . R. = Lionel Runtown est une personnalité des médias. Évoluée auprès des artistes musiciens et des créateurs de contenu, L. R. Signé

se veut établir sa visibilité pour que ces fans reçoivent l'information dont ils ont besoin.

Akajambo kamwe k'uruno mwenewacu uce wirenganira.......✍
30/12/2025

Akajambo kamwe k'uruno mwenewacu uce wirenganira.......✍

Aba legend mutubwire muri commentaire 👇 Jewe icondaryibukirako n'ukuntu urutambi rukorotse indani mukurukurayo yaba ingo...
30/12/2025

Aba legend mutubwire muri commentaire 👇
Jewe icondaryibukirako n'ukuntu urutambi rukorotse indani mukurukurayo yaba ingorane😂

30/12/2025

Iyo bakubwiye ko 🇧🇮 ari igihugu c'amata n'ubuki niki baba bashatse kuvuga.

Muri butanyerera intara yakera ya hariho koperative yitwa ikora ibijanye n'uburimyi n'ubworozi, baraye berekanye ko uburundi ari gihugu c'amata n'ubuki mukwerekana umusaruro wabo mwinshi cane bakuye murubwo burimyi aho banatweretse nimyumbati tutamenyereye ngaha iwacu, aho wasanga umwumbati umwe ushobora kuvamwo imyumbati tumenyereye irihagati ya 70n'100 ,Ugapima imetero zirenga gato zibiri z'uburebure.

30/12/2025

Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye avumbuye imikenyuro abategetsi bamwebamwe bakoresha mukurya igiturire.

30/12/2025

Tugiye gusozera umwaka wa 2025, kubwawe niyihe ndirimbo yaranze uyu mwaka?🔥

29/12/2025
29/12/2025

Impano ziragwira😁

Je ni Ku Musaga, nawe nihe?😉
29/12/2025

Je ni Ku Musaga, nawe nihe?😉

Aho iwanyu, ibi biboro muvyita ngw'iki?😁
29/12/2025

Aho iwanyu, ibi biboro muvyita ngw'iki?😁

28/12/2025

.

Ukaba wabamenye shirako j'aime ❤️👍 cutubwira n'amazina yabo muri commentaire 👇
28/12/2025

Ukaba wabamenye shirako j'aime ❤️👍 cutubwira n'amazina yabo muri commentaire 👇

28/12/2025

Abagore iyo bagukoraniye nuku bigenda😂

Address

Jeannine-Lépine
Bujumbura
J1E4K9

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when L R posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to L R:

Share