Sonri worshiper

Sonri worshiper Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Sonri worshiper, Digital creator, Bujumbura.
(1)

22/01/2026
Ikibi kizokwama ari ikibi nubwo bonse bogikora,kandi iciza kigokwama ariciza nubwo atanumwe yogikora🧏.
17/01/2026

Ikibi kizokwama ari ikibi nubwo bonse bogikora,kandi iciza kigokwama ariciza nubwo atanumwe yogikora🧏.

Nuhe umwanya IMANA mu mutima wawe,nayo izoguha umwanya mu kwishura ibibazo vyawe🤦.
17/01/2026

Nuhe umwanya IMANA mu mutima wawe,nayo izoguha umwanya mu kwishura ibibazo vyawe🤦.

Imbere yawe hari ibisubizo vyawe ni hamfi caane,nubwo ubona ko biri kure caane ,ariko kuhashika bisaba Gusenga IMANA 🧏💪💪...
17/01/2026

Imbere yawe hari ibisubizo vyawe ni hamfi caane,nubwo ubona ko biri kure caane ,ariko kuhashika bisaba Gusenga IMANA 🧏💪💪🧏.

17/01/2026

Isura nzinza irasaza ariko umutima mwiza uhoraho

17/01/2026

Tegereza ico IMANA yakuvuzeho urekane n' amajambo yabaguseka 🧏🤦

🙌🙌❤️❤️🙌🙌
16/01/2026

🙌🙌❤️❤️🙌🙌

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sonri worshiper posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share