AMAKURU MU KIRUNDI

AMAKURU MU KIRUNDI Bienvenue sur Amakuru Mu Kirundi

25/08/2023

.

.

Abatwa Baridoga Kobari Mubukene Bwokora Amakara Bugata, Mugihe Methuselah Nikobamye (Twa) wewe.........

🟣Mugihe Igihugu cu Burundi Gifise Umunyapolitike Methuselah Nikobamye Yinjiza Igitoro Mu Ma Camion Arenga Ijana, Bagenzi we Bari Mubwoko Bwabasangwa Butaka/ Abatwa Baridoga Cane Kobagiye Kwicwa Na Kigoye Mbere Kobadafise Naho Bakika Umusaya Nimugihe wewe Aryama Neza, Gushika Ubu Abatwa Baribaza Impamvu Bobaho Nabi Mugihe Bafise Uwubaserukira Yemejwe Na Reta Kwinjiza Igitoro Mu Burundi Bwose, Ikindi Nuko Abatwa Batangazwa Nuko Batagishobora Nukugura Agatongo Aribo Batanguye Kugira Uruhara Kubutaka Bwu Burundi Niyompamvu Bitwa Abasagwa Butaka.

Ivyo Babishikirije Icegera ca 2 c'umukuru w'inama Nkenguza mateka Mu Ntara Ya Bururi,

Mukurangiza Twobibutsako Methuselah Nikobamye Arongoye Umugambwe FNL Iragi Ry'umuhisi Gahutu Remmy, Nikobamye Ari Mubwoko Bwabasangwa Butaka/ Abatwa, Barumunawe Bararira Amazi Mugihe wewe Arararira Afungura Ibihiye I Bujumbura Kumurwa Mukuru w'igihugu cu áşžurundi.

 .Abanywanyi Ba Lumitel Babandanya Guhagarika Gukoresha Ama Carte Sim Y'Ishirahamwe Lumitel Ninyuma Yaho Hadugijwe Ibici...
19/08/2023

.

Abanywanyi Ba Lumitel Babandanya Guhagarika Gukoresha Ama Carte Sim Y'Ishirahamwe Lumitel Ninyuma Yaho Hadugijwe Ibiciro Vyama Bundles N'umuvuduko Muke Wa Internet Ya Lumitel.

21/06/2022

RDC: Perezidansi ya Congo itangaza ko inteko za EAC havuyemwo iz'urwanda arizo zemerewe kuza mw'ico gihugu.

19/06/2022
18/06/2022

Umukuru w’igihugu ca Congo, Félix Tshisekedi yagiriza igihugu c’urwanda kuba kiriko kidurumbanya ubuseruko bwa Congo kuberako ico gihugu gishaka kwigarurira amatongo afise ubutunzi bwo mu kuzimu nk’inzahabo, Coltan na Cobalt maze ico gihugu kikabikora ku nyungu zaco. Perezida Tshisekedi yavyi...

RDC: Tshisekedi yagiriza urwanda kudurumbanya Congo kugira rwigarurire amatongo atunze amabuye vy'agaciro.
18/06/2022

RDC: Tshisekedi yagiriza urwanda kudurumbanya Congo kugira rwigarurire amatongo atunze amabuye vy'agaciro.

Umukuru w’igihugu ca Congo, Félix Tshisekedi yagiriza igihugu c’urwanda kuba kiriko kidurumbanya ubuseruko bwa Congo kuberako ico gihugu gishaka kwigarurira amatongo afise ubutunzi bwo mu kuzimu nk’inzahabo, Coltan na Cobalt maze ico gihugu kikabikora ku nyungu zaco. Perezida Tshisekedi yavyi...

Leta y'uburundi yemeza ko imfashanyo z'umuryango w'ubumwe bwa buraya atarizo yitezeko urukiza.
11/06/2022

Leta y'uburundi yemeza ko imfashanyo z'umuryango w'ubumwe bwa buraya atarizo yitezeko urukiza.

Imfashanyo z’umuryango w’ubumwe bwa buraya ku burundi ngo sizo igihugu c’uburundi gihanzeko amaso kugira gishobore kubaho. Vyashikirijwe n’umushikiranganji ajejwe imigenderanire n’uburundi n’ayandi makungu hari mu gihe we n’abaserukira uwo muryango wa buraya bariteguriye hamwe umusi wi...

07/06/2022

CNL irababajwe akamwana wa mama gakoreshwa n'umugambwe CNDD-FDD mugutanga ubuzi bwa Leta.

06/04/2022

Ingwano iriko ibera mu gihugu ca Ukraine ishobora kwunyura ibibazo bijanye no gufungura nabi mu karere ka Afrika y-ubuseruko uburundi buherereyemwo. Igisata ca ONU kijejwe ivy-imfungurwa PAM nico cagize uwo mwihwezo. PAM yibutsa ko ako karere kari gasanzwe gafise ingorane zitewe nuko imvura itaguye....

06/04/2022

Inama nkuru y-abepiskopi katorika muri Republika iharanira intwaro rusangi izwi kw-izina rya CENCO, yategetse abapatiri bose baziko bavyaye abana , gukura umwambaro bagatanga imihoho maze bakaja kwitaho abo bana, basanzwe bafatwa mu gihugu nk-abana bavukiye mu caha. Abo ba patiri basabwa gutanga imi...

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AMAKURU MU KIRUNDI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share