Spencer Jules

Spencer Jules Exclusive informations , up to date informations.

30/10/2025
30/10/2025

Niwahindura uburyo wifata , uburyo wiyumvira , habitudes ufise uzoba uhinduye ubuzima bwawe. Impinduka yambere mu buzima iba mugihe wibutse ubushobozi n'integenke zawe.

22/10/2025

Igirire icizere mugihe ata numwe akwizera, mugihe bakugirira amakenga bandanya ukora . Mugihe udashobora kwuyizera ntawokwizera.

18/10/2025

Barabona ivyo ukora ariko bakaguca intege , kuba batakwizera ntibisigura ko utokwigirira icizere, kuba bagutwenga ntibisigura ko uriko ukora nabi ahubwo bisigura ko uriko utera intambwe.
Ibuka Mandela niwe yavuze ati « vyama biboneka nkibidashoboka imbere yuko bikorwa»
Ntureke ivyiyumviro canke croyances zabandi zidefinise uwo uri we, uri mwiza kuruta uko uvyibaza.

02/10/2025

Hello bantu banje ? uyu musi nabateguriye inkuru yanje ivuga kuvyo narimaze iminsi ncamwo kugira ndabahe ubutumwa bwiza nongere mbafashe kuko ndazi ko hari b...

video yamaze gushika kuri YouTube, nabasangije inkuru ibabaje ariko ishobora kubafasha.
02/10/2025

video yamaze gushika kuri YouTube, nabasangije inkuru ibabaje ariko ishobora kubafasha.

30/09/2025

Nari nihebuye ntaramenya bino, icigwa vyampaye

ijambo ry'umusi
29/09/2025

ijambo ry'umusi


Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Spencer Jules posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share