African TV

African TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from African TV, Media/News Company, Bujumbura.
(10)

Media For change
Youtube :https://youtube.com/-s6h?si=AekjmNFKZJgQsrdX
Tiktok : https://www.tiktok.com/.tv6620?_t=8qS93g6kC00&_r=1
Instagram : African TV


Please follow us🙏🏽

10/12/2024



Ikintu cama gituma nkatira mu nzira ngiye kw'ishure yari.........

✅NellyNat mu kiganiro yakoranye na Franick yavuze ko abantu benshi batamukunda ngo ni kubera bamukunda  ahubwo ko bakund...
09/12/2024

✅NellyNat mu kiganiro yakoranye na Franick yavuze ko abantu benshi batamukunda ngo ni kubera bamukunda ahubwo ko bakunda kubera insaku avuga🤭🤭

Yarongeye avuga ko abavuga ngo yatevye kurongorwa ko bomuha amahoro kuko ivyo vyari ivyiyumviro vy'aba kera kuko atahiganwa arimwo .

Nellynat Burundi yasozereye avuga ko abakobwa bakwiye gukora bakiga n'ama master bagashirako ngo kuko kuba abantu bashize mu mutwe ko bahejeje ishure baca barongorwa ari bimwe muvyishe ingo nyinshi ngo kuko basanze barihuse kubera gutwara abagore badakora kandi abagore nabo baba bakeneye kubaho ubuzima bwiza bigatuma abagabo barambirwa bakabata munzu.

Bakunzi bacu ivyo NellyNat yashikirije nivyo canke❓

Mbega namwe mubivuzeko iki 🤔

🌀Bamaze  iminsi igera kuri itatu barara ahaza kubera igikorane kugirango ntibabure aho bicara canke ngo basange ikibuga ...
07/12/2024

🌀Bamaze iminsi igera kuri itatu barara ahaza kubera igikorane kugirango ntibabure aho bicara canke ngo basange ikibuga cuzuye🙌🏼🙌🏼

💠 Umukozi w'Imana Chris Ndikumana asanzwe ari nawe yatanguje ahava akorera igikorane mu gihugu ca d'Ivoire kuri uno munsi wa gatandatu igenekerezo rya 7 Kigarama 2024 .

Ico gikorane kikaba citeguriwe n'abantu isinzi aho bamwe bamaze iminsi igera kuri itatu barara ahaza kubera ico gikorane abandi bakaba bazindutse umutwenzi bagana ahaza kubera ico igikorane mu gihe bitegekanijwe ko igikorane kiza gutangura igihe c'isaha cumi z'umugoroba(16h).

Abenegihugu bo muri Cote d'Ivoire yaba abagwaye canke abafise imitwaro igiye itandukanye bikaba biboneka ko biteguranye igishika cinshi kwakira ibitangaza biza gukoreka biciye muri ico gikorane.

💠Umwaka usigaje iminsi ugerageze kuri 27 kugirango  urarangira, none nk'abakunzi  b'umuziki murundi  n'ibiki washimye ku...
04/12/2024

💠Umwaka usigaje iminsi ugerageze kuri 27 kugirango urarangira, none nk'abakunzi b'umuziki murundi n'ibiki washimye kuri Mo'W Kanzie ,Alvin smith frimeur ndetse na Dj Israel - Buja fm kuva mukwa mbere kugeza muri kuno kwezi kwa cumi na kabiri❓

03/12/2024

Abakunzi b'umugwi wa FC Barcelone niho muri❓Iyi ntsinzi muyakiriye gute🤔

03/12/2024

✅Nta mpamvu yo kuzitwaza ngo mwabuze ingene mukanyukura mu kurangiza umwaka🥳🥳

💠 Umuririmvyi LinoG yimirije gushira hanze indirimbo yiwe nshasha yakoranye n'abaririmvyi bagenzi we aribo D-ONE Offical ,B-face On The'flo , Pro Burundi hamwe n'umuririmvyikazi Monia Fleur bisanzwe bivugwa ko bari mu rukundo 💥💥💥

Iyo ndirimbo mubona izoza imeze gute❓

🏀Nubwo bitari vyoroshe intsinzi yongeye gutaha iwacu🤍💙🥳🥳🎊🎊Umugwi w'umupira w'amaboko  Urunani BBC  uhejeje gutahukana in...
01/12/2024

🏀Nubwo bitari vyoroshe intsinzi yongeye gutaha iwacu🤍💙🥳🥳🎊🎊

Umugwi w'umupira w'amaboko Urunani BBC uhejeje gutahukana intsinzi yawo igira gatatu mu nkino za 16 aho watsinze umugwi wa City Oilers Ku manota 78 kuri 75.

✅Turakeje cane umuvagavanzi w'imiziki Dj_Zenobino_Official  ku ntambwe yaraye ateye aho yaraye yubatse urwiwe 🥳🥳💃💃Tubipf...
30/11/2024

✅Turakeje cane umuvagavanzi w'imiziki Dj_Zenobino_Official ku ntambwe yaraye ateye aho yaraye yubatse urwiwe 🥳🥳💃💃

Tubipfurije kuzogira urugo ruhire 🎊🎊baze babe amakara ntibabe urubeya🎉🎉

Isanamu y'umunsi🥰🥰---------------------------------------Umuririmvyikazi Esther Nish Nish kumwe n'umuririmvyi Masterland...
28/11/2024

Isanamu y'umunsi🥰🥰
---------------------------------------
Umuririmvyikazi Esther Nish Nish kumwe n'umuririmvyi Masterland 😍😍

🌀 Naomie Nkurunziza umwana w'uwahoze ari umukuru y'igihugu umuhisi Petero Nkurunziza abicishije kurubuga rwiwe rwa Insta...
27/11/2024

🌀 Naomie Nkurunziza umwana w'uwahoze ari umukuru y'igihugu umuhisi Petero Nkurunziza abicishije kurubuga rwiwe rwa Instagram yamenyesheje ko abantu biyitiririye izina ryiwe bakaguma basaba amahera atariwe ahubwo ko ari abasuma ngo kuko nta rubuga rwa Facebook we akoresha.

Naomie yabandanije asaba abantu ko boba maso kugirango ntibatware nutwo basigaranye.

🌀Melanin boy  umwe mu baririmvyi bari bagize umugwi  love Muzika aherutse gushira  hanze indirimbo nshasha yise   kiremw...
25/11/2024

🌀Melanin boy umwe mu baririmvyi bari bagize umugwi love Muzika aherutse gushira hanze indirimbo nshasha yise kiremwa aho mu munsi ibiri amaze ayisohoye imaze kurabwa n'abantu bagera ku bihumbi mirongo icenda na bine(94k).

Nimba umaze kuyiraba , n'akahe gace kari muri iyo ndirimbo wakunze cane❓

Drama T  ahejeje gushimira abantu bose bitabiriye igiteramo ciwe k'umunsi w'ejo ko kuba igiteramo cagenze neza ndetse ba...
24/11/2024

Drama T ahejeje gushimira abantu bose bitabiriye igiteramo ciwe k'umunsi w'ejo ko kuba igiteramo cagenze neza ndetse bakaba baraye banandikishije amateka ari kubw'abakunzi biwe bari bagiye kumushigikira mu kwitabira ico giteramo.

Musomyi muhire nawe niho wari❓

Tubwire ibintu wakunze kurusha ibindi muri ico giteramo

Umuririmvyi Alvin smith frimeur  yamenyesheje ko mundwi iza  ariho azoshira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise:"Toto Mo...
24/11/2024

Umuririmvyi Alvin smith frimeur yamenyesheje ko mundwi iza ariho azoshira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise:"Toto Moya"

Iyo ndirimbo bikaba biboneka ko yayikoze mu mudiho w'amapiano aho yanashimiye n'umuririmvyi kuba yarabuguruye amaso ku mapiano ko ubu bayakanuye kandi bagiye gukora cane ndetse basubize abanyamahanga inyuma bagireko bananasange n'iwabo .

Bakunzi b'umuziki murundi iyo ndirimbo muyiteguriye gute❓

💠Mw'ijambo umukinyi w'amareresi F***y lavine  yashikirije ku munsi mukuru w'isabukuru yiwe yavuze ko muvyo ashimira  IMA...
21/11/2024

💠Mw'ijambo umukinyi w'amareresi F***y lavine yashikirije ku munsi mukuru w'isabukuru yiwe yavuze ko muvyo ashimira IMANA yamukoreye muri uno mwaka harimwo kuba yaramugarukaniye umwana wiwe bavuga ko yihakanye🥹🥹

Ubwo namwe uwo mwana mwari bwamubone❓

Ikiganiro Franick yakoranye na Gakwaya Celestin mwacakiriye gute❓Mwari muzi ko yavukiye mu Burundi arahakurira yongera a...
21/11/2024

Ikiganiro Franick yakoranye na Gakwaya Celestin mwacakiriye gute❓

Mwari muzi ko yavukiye mu Burundi arahakurira yongera aranahiga canke namwe mwatangaye mu bandi muvyumvise🤷🏾‍♀️

N'iyihe Film yakinye wakunze cane❓

https://youtu.be/WdzbXB2KezY?si=kkJAZBakF4RlC81M

Habura iki ngo ugura i ticket yo kuzoja mu giteramo ca Drama T 🤷🏾‍♀️Iminsi igera kuri itatu niyo isigaye kugirango igite...
19/11/2024

Habura iki ngo ugura i ticket yo kuzoja mu giteramo ca Drama T 🤷🏾‍♀️

Iminsi igera kuri itatu niyo isigaye kugirango igiteramo Drama T Concert kibe.

Ico giteramo kikazobera kuri Source du Nil ku munsi wa gatandatu igenekerezo rya 23/11/2024 aho kizohuriramwo abaririmvyi batari bake ba hano iwacu bakunzwe ndetse bari no ku kivi.

Muri abo baririmvyi twovuga nka Dj Fernando +257 ,Melanin boy bwoy ,Monia Fleur fleur ,LinoG ,Alvin smith frimeur n'abandi
ndetse hakazoba hari n'abaririmvyi bazoba bavuye mu gihugu ca Tanzaniya.

Ico giteramo muciteguriye gute❓

Ubwo nkaho muzosiba mutagwaye 🤔

🌀Yuuu duduwe 🥹🥹Mbega urukundo ❤️❤️❤️🥳🥳Mu majambo  arimwo urukundo rwinshi umukinyi w'amareresi Norasque Ntare VI   aheje...
19/11/2024

🌀Yuuu duduwe 🥹🥹Mbega urukundo ❤️❤️❤️

🥳🥳Mu majambo arimwo urukundo rwinshi umukinyi w'amareresi Norasque Ntare VI ahejeje kwipfuriza isabukuru nziza umufasha wiwe F***y Lavine aho yagize ati:"Isabukuru Nziza irigira kandi Mugore wanje Mwiza Mufasha wanje wigitangaza .

Mugihe gito tubanye Sinogira Isoni ryo kuvuga Imbere yiri sinzi ry'abantu bariko basoma iyi post ko Wampinduriye Ubuzima wankijije vyishi ivyonzi nivyo ntazi
wampaye Ijambo mubandi ,wampaye Umubiri rya zina urinkurako
wampaye amahoro unsusurutsa mu mutima kumubiri, ndetse no mumufuko .

Ndagukunda kandi ndabivugiye ngaha kugira isi yose ibibone
ni kuri iyo mvo atawuzogutsinda atambanje Knd Tuza Imana twamenye Idukingira ijoro numurango Agatuma tuguma hejuru yabanyeshari apana kuberako dukaze ariko ni kuberako iyo twamenye ikariye muri twebwe
Nakupenda leo zaidi yajana."

Mugire umunsi mwiza w'ibikorwa kumwe n'abaririmvyi banyu musanzwe mukunda cane Monia Fleur  hamwe na LinoG 😍😍
19/11/2024

Mugire umunsi mwiza w'ibikorwa kumwe n'abaririmvyi banyu musanzwe mukunda cane Monia Fleur hamwe na LinoG 😍😍

Address

Bujumbura

Telephone

+25769621677

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when African TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to African TV:

Share