MHZ Tv

MHZ Tv NIMBA UKENEYE AMAKURU AGEZWEHO KANDA FOLLOW , LIKE HAMA USHIREKO COMMENT

Araujo nguwo mumyimenyerezo 👌👌🥰🤩🏆
30/12/2025

Araujo nguwo mumyimenyerezo 👌👌🥰🤩🏆

🚨🚨Brahim Diaz amaze gutsinda igitsindo buri rukino rwose bamaze gukina muri Afcon🏆🤩:
30/12/2025

🚨🚨Brahim Diaz amaze gutsinda igitsindo buri rukino rwose bamaze gukina muri Afcon🏆🤩:

😱Alvaro Carreras yaguze ingwe I Dubaï😃😃✍🏿MHZ Tv
30/12/2025

😱Alvaro Carreras yaguze ingwe I Dubaï😃😃

✍🏿MHZ Tv

🚨OFFICIAL:Maroc na Égypte zamaze kuba qualifié muri 16ème de Final za Afcon🏆‼️🤩🤩✍🏿 MHZ Tv
30/12/2025

🚨OFFICIAL:Maroc na Égypte zamaze kuba qualifié muri 16ème de Final za Afcon🏆‼️🤩🤩
✍🏿 MHZ Tv

🚨Mu kiganiro yaraye akize ,Toni Kroos ngo CR7 niwe mukinyi mwiza isi yigeze igira🥶
30/12/2025

🚨Mu kiganiro yaraye akize ,Toni Kroos ngo CR7 niwe mukinyi mwiza isi yigeze igira🥶

👀Toni Kroos ati 🗣Umukinyi yangoye cane guhagarika yari Ng'olo Kante, wamengo nibabiri mukibuga😂😂
30/12/2025

👀Toni Kroos ati 🗣Umukinyi yangoye cane guhagarika yari Ng'olo Kante, wamengo nibabiri mukibuga😂😂

👀José Mourinho:"Sinoja muri Africa kuko mpafise abafana benshi cane nsinoronka naho mponyora, barankunda kandi ndabashim...
30/12/2025

👀José Mourinho:"Sinoja muri Africa kuko mpafise abafana benshi cane nsinoronka naho mponyora, barankunda kandi ndabashimira kurukundo bampa🤗🥰

30/12/2025

Araujo is Back ‼️
Nguwo aragarutse abafana bakomye amashi inyuma yokumubona mumyimenyerezo uwumunsi.

✍🏿 MHZ Tv

🚨🚨Ronald Araujo inyuma yigihe asengerwa yagarutse mumyimenyerezo ‼️Mbega koko azogaruka nkakera❓❓Kubwanyu mubibona gute❓...
30/12/2025

🚨🚨Ronald Araujo inyuma yigihe asengerwa yagarutse mumyimenyerezo ‼️
Mbega koko azogaruka nkakera❓❓
Kubwanyu mubibona gute❓

✍🏿 MHZ Tv

🚨 Lamine Yamal: "Nivyiza kutigereranya nabandi ariko ukicira ubwawe inzira”. 🌟“Abakinyi nkaCristiano Ronaldo bageze kuvy...
28/12/2025

🚨 Lamine Yamal: "Nivyiza kutigereranya nabandi ariko ukicira ubwawe inzira”. 🌟

“Abakinyi nkaCristiano Ronaldo bageze kuvyo bakoze kubera ko Bari bakeneye kuba abo baribo ubu kandi batigeranya nabandi”. 🚫

👀Ronaldo kuvyogukwiza ibitsindo 1000🌟🎯 🗣Ndibaza murazi ibtego yanje mwese ,murazi ko ngomba gukwiza kurya giharuro muzi ...
28/12/2025

👀Ronaldo kuvyogukwiza ibitsindo 1000🌟🎯
🗣Ndibaza murazi ibtego yanje mwese ,murazi ko ngomba gukwiza kurya giharuro muzi kandi mushaka , ndizera ko nzogikwiza uko bizogenda kwose😊😊

‼️🚨CR7 the GOAT canke Cristiano Ronaldo yatahukanye agashimwe kumukinyi womuri Aziya yaranze umwaka kubwibihe vyiza yagi...
28/12/2025

‼️🚨CR7 the GOAT canke Cristiano Ronaldo yatahukanye agashimwe kumukinyi womuri Aziya yaranze umwaka kubwibihe vyiza yagiriye mumugwi xa Al Nassr🥶🥶
✍🏿 MHZ Tv

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MHZ Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share