NGMK

NGMK Public figure,A professional ,
Entertainer and Marriage Revival Advisor & Youth Coaching,๐Ÿ’ž

Mukirundi ciwanyu muvyita gute?
12/07/2026

Mukirundi ciwanyu muvyita gute?

Uku niko yakiranywe iteka umutambukanyi w umukuru w igihugu cacu Giza c uburundi aho yaganuka avuye guhabwa agashimwe mu...
12/07/2026

Uku niko yakiranywe iteka umutambukanyi w umukuru w igihugu cacu Giza c uburundi aho yaganuka avuye guhabwa agashimwe mugihugu ca USA ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ธ

Vyari biteye igomwe,kaze tumukeze Mama Burundi!

  ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ: Isanganya ryatwaye ubuzima bwa  .๐Ÿ’”๐Ÿ˜ญIyi nkuru ivuga ko   yaramutse I Bujumbura azanye ama invitation ya mariage ๐Ÿ’’. ...
12/07/2026

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ: Isanganya ryatwaye ubuzima bwa .๐Ÿ’”๐Ÿ˜ญ

Iyi nkuru ivuga ko yaramutse I Bujumbura azanye ama invitation ya mariage ๐Ÿ’’. Yokoze ubukwe itariki 22-08-2026.

Vyarangiye mariage itabaye ahubwo atahutse mw'ijuru direct. ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ’”

Ntakundi umukobwa ni yihangane.

R.I.P bro

Foto yapfuye ntabwo twoyiposta kuko biba bitemewe nyene.....

Ni accident yatwaye ubuzima bwiwe murutegama ariko yaje ava mu ๐Ÿ’”๐Ÿ˜ญ

"Ubuzima hano hanze ntabwo bworoshye. Biragoye cyane"- Umubikira wahisemo kureka ubuzima bw'abihaye i Mana agashakana n'...
11/07/2026

"Ubuzima hano hanze ntabwo bworoshye. Biragoye cyane"- Umubikira wahisemo kureka ubuzima bw'abihaye i Mana agashakana n'undi mubikira!

Ntaco tutazobona sha,nkuyu wihenze ukamubwira ko yahisemwo nabi mwoca muheza!

Src:
https://bbc.in/4wvZDQj

10/07/2026

Vuga izina ry'umuhungu ukimubona aje kukuresha ucumenya ko ashaka kugusakara acaguheba!

10/07/2026

Umuriro n amasoko mu Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ,raba muri comment uwuri inyuma yavyo ahejj kumenyekana๐Ÿ˜ญ

Aha wew woherahe ?
10/07/2026

Aha wew woherahe ?

09/07/2026

Karya kazu ka Koreshumwanya hari ibiro bitanu vyimisumari kazotwara?
Nampe Lumicash yiwe tumwambike agashambara,...

๐Ÿ‘ฏโ€โ™€
05/07/2026

๐Ÿ‘ฏโ€โ™€

04/07/2026

Hamwe Imana yoza ubunyene kugutora worangurura he?

Address

BUJUMBURA
Bujumbura
WELCOMETONEWGENERATIONMIND-KEYVE

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when NGMK posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to NGMK:

Shortcuts

Share