DET-B

DET-B Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from DET-B, Media/News Company, 9ème Av, Bujumbura.

 With my  💪
30/03/2025



With my 💪

Ndabakunda❤
18/02/2025

Ndabakunda❤

  Mwamenye kwari agatwiko? Sha   ararinda😂🏃🏃
29/01/2025


Mwamenye kwari agatwiko? Sha ararinda😂🏃🏃

😂 😂😂😂😂😂😂
28/01/2025

😂
😂😂😂😂😂😂

26/01/2025

Mbe wamuriro mwomenya waraheze?

  Babantu mubona bataberanye?
26/01/2025



Babantu mubona bataberanye?

  😂😂vyabintu vyari  ́rieux bwabundi🤔🤔Impanuro: Ukaba urumusore kora uronke   ntayindi choix😂🏃🏃
24/01/2025



😂😂vyabintu vyari ́rieux bwabundi🤔🤔
Impanuro: Ukaba urumusore kora uronke ntayindi choix😂🏃🏃

Ukaba uri umurundikazi ufise taille itari musi ya 1m59 ukanagira ibiro bitarenza 65, nimba ufise hagati y'imyaka 18 na 2...
21/01/2025

Ukaba uri umurundikazi ufise taille itari musi ya 1m59 ukanagira ibiro bitarenza 65, nimba ufise hagati y'imyaka 18 na 24, Ushobora kuba ariwewe Miss Burundi 2025.

Kwiyandikisha muri Miss Burundi vyatanguye kuri uyu wa 20 Nzero 2025 aho abakobwa biyemera kubwiza n'ubukerebutsi basabwa kwiyandikisha.

Tubibutseko uyu mwaka bongereje amafaranga Miss azohembwa ndetse bongereza n'igitiri c'abazokwambikwa urugori

  Munfashe tuvuge duti:   kuri chr wa......yujuju imyaka 7😂
19/01/2025


Munfashe tuvuge duti: kuri chr wa......yujuju imyaka 7😂

 Uyumusi ni   umuntu arara Nka......ninde😂?Kubwawe iyi   ivuzi?
18/01/2025



Uyumusi ni umuntu arara Nka......ninde😂?
Kubwawe iyi ivuzi?

 Vuba turabatamwo akantu ka  😂
17/01/2025



Vuba turabatamwo akantu ka 😂

🚨✅ 💍 Si urukurukuru ni inkuru y'ukuri ✅Umwigeme akaba n'umuririmvyikazi Ishimwe Vestine azwi mwitsinda rya Vestine and D...
16/01/2025

🚨✅ 💍 Si urukurukuru ni inkuru y'ukuri ✅

Umwigeme akaba n'umuririmvyikazi Ishimwe Vestine azwi mwitsinda rya Vestine and Dorcas yaraye yubatse urwiwe biciye Imbere y'amategeko yubakanye n'umurwizatunga akomoka mugihugu ca Burkina Faso yitwa Idrissa.

😳 Bamwe n'abandi bariko bavuga yamuhe kuko mugihe Vestine afise imyaka 21 Idrissa we afise 42.

👏🏿💐 Reka dukeze Vestine na Idrissa kubw'iyi ntambwe batanguye 💍

Ivyiza vyose Imana itanga bibe Kuri Vestine na Idrisaa 💍❤️

Address

9ème Av
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when DET-B posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share