16/08/2025
๐จ๐ฅ hagomba hashe kuko ๐ฅ Monia Fleur ๐โโ๏ธ Akarekura iyindirimbo ntimuze musubire kumupima kubandi baririnvyikazi babarundi๐ง๐ฎ kuko unomukobwa numukozi cane๐ช sumunebwe nagamwomenya
๐ Ivyo bibonekera kukuntu yitakurutare agasaba ama collabo abaririnvyi bibihangange nkaba Sat-B ba Big Fizzo kandi tuziko biba bigoye kuronka collabo kuribi bihangange๐ค tutibagiye abandi beshi bikorana basanzwe bifashe neza murikinogihe mumuziki ndundi๐ง๐ฎ.
๐ Ikindi kintu cerekanako uno mushikiwacu ari umuririnvyi adasanzwe, nuko agerageza akaririmba muri styles zos kumidiho (beat) itandukanye yaba ๐๐บ๐ฎ๐ฝ๐ถ๐ฎ๐ป๐ผ, ๐๐ณ๐ฟ๐ผ-๐ฏ๐ฒ๐ฎ๐ tutibagiye n'umudiho utamenyewe witwa ๐๐ณ๐ฟ๐ผ-๐ฅ๐๐ป๐ฑ๐ถ yakoreyeko indirimbo yise ๐ฅ๐๐ผ๐ต๐ฎ, ivyo bikerekana ukuntu ari umukozi cane kandi azi kujana n'igihe ๐ค
๐๐ฅivyo mwomenya kuri iyo ๐ก๐ฑ๐ถ๐ฟ๐ถ๐บ๐ฏ๐ผ :
โญ๏ธ๐๐บ๐ฎ๐๐ฎ๐ฏ๐ฎ๐บ๐๐ฌ yakozwe na ๐๐ผ๐ต๐ป ๐๐น๐ฎ๐ฟ๐๐ umuhinga wambere mugukora amasanamu mu burundi ๐ง๐ฎ no mu Rwanda ๐ท๐ผ
โญ๏ธ Indirimbo izoba yitwa ๐ฃ๐๐ง๐
โญ๏ธN'indirimbo yakorany na ๐๐ท ๐ฃ๐ต๐ถ๐น๐ฏ๐๐๐ฒ umu Dj wambere mu Burundi ๐ง๐ฎ
โญ๏ธN'indirimbo iri mu mudiho w'๐๐บ๐ฎ๐ฝ๐ถ๐ฎ๐ป๐ผ
๐ngiyi๐ ya 2 nabazaniye irimwo agace ๐๐ท ๐ฝ๐ต๐ถ๐น๐ฏ๐๐๐ฒ yaririnvyemwo ikerekana ukuntu iyindirimbo shasha izoba ari umuriro๐ฅ
Gira ๐๐ผ๐น๐น๐ผ๐ kuri๐ Del Guy Umwenegihugu
ueuraronka amakuru mashasha atarashirwa kumugaragaro ๐ค...........
๐ฅBishasha bishasha muri 1xBet na 888๐๐๐๐๐ koresha code promo ๐๐๐๐๐๐๐๐๐ muri 1๐ฑ๐๐๐ญ maze wironkere ๐๐๐๐๐ ya 1000% nutundi ๐๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ฌ๐ก๐จ twishi utazosanga ahandi twandikire kuri WhatsApp +257 77 15 68 49
canke uce kuri aka ka link tugufashe ๐
https://wa.me/25777156849
๐๏ธ๐๐๐ง๐ ๐๐ก๐ ๐ค๐ฎ๐ซ๐๐ค๐ ๐ค๐ ๐ฅ๐ข๐ง๐ค ๐ฎ๐ซ๐๐๐ ๐๐ข๐๐ฬ๐จ ๐ข๐ค๐ฐ๐๐ซ๐๐ค๐ ๐ฎ๐ค๐จ ๐ฎ๐๐ข๐ ๐๐ง๐ณ๐๐๐
https://www.facebook.com/share/v/18xXxUG36N/