N.A.L

N.A.L Actualités,divertissement,sport

mvuge canke muravyobonera?😁😁
04/07/2025

mvuge canke muravyobonera?😁😁

Reta zunze ubumwe z'amerika 🇺🇸 zinjiye mu ntambara na   🇮🇷 barasa ahatunganirizwa Uranium.Nkuko bihejeje gutangazwa na p...
22/06/2025

Reta zunze ubumwe z'amerika 🇺🇸 zinjiye mu ntambara na 🇮🇷 barasa ahatunganirizwa Uranium.
Nkuko bihejeje gutangazwa na perezida biciye kuri indege za Reta zunze ubumwe z'amerika zinjiye muri iran zisambura ahatunganirizwa Uranium mu bice vya , na .
Trump yashimiye igisirikare ciwe kubw'itange bakoze ndetse ko indege Ziza zavuye muri Iran
Amerika bisa naho ije gufasha reta ya yari yarananiwe gusambura iZi site kubera ubushobozi buke bwa za missiles batari bafise kubera yuko aha hatunganirizwa uranium zikireshwa mu bisasu ruhonyanganda biri munsi cane mu butaka ( metero 90).
Hari hakenewe rero bombe za Amerika zirerurwa n'indege za B-2 Steath Bombers nizo Zari zifise ubwo bushobozi kandi nizo zakoreshejwe zifise ibisasu vya bunk-buster vyinjira mu butaka nyuma bigaturika.
Kuva Israel itanguje ibitero kuri Iran,
Hari haheze indwi ibi bihugu bibiri Iran na Israel biterana za missiles zitandukanye zasenye ibitari bike.
Reta ya yari yaburiye Reta zunze ubumwe z'amerika 🇺🇸 ko nizinjira mw'iyi ntambara ibintu bizoba bibi gusumba, perezida w'ubu Russia 🇷🇺 yari yaganiye na Trump amusaba kudatera Iran kubera ingaruka z'ubumara ibi bitero vyohava bikwega.
Kugeza Ubu ntawuzi ikigiye gukurikira.
Perezida Trump nyuma y'ibi bitero yanditse ati "uyu n'umwanya w'amahoro"ese Iran izorera amaboko nyene bayikoze mu jisho?
Amakuru atandukanye Aho bukera kw'iki gitero turaza kuza turayacako uko agenda amenyekana .
Mwomenya ko ibi bitero bije bikurikira ukwikura mu masezerano barimwo na Reta zunze ubumwe za Amerika na Iran muri Oman vyaje bitumwe nuko Reta ya yatanguje ibitero kuri Iran .

🇮🇷🇮🇱Ino ntambara Atari IMANA iyirangije ntamwana wumuntu azoyirangiza ibihugu vyarutura biriko birerekana Aho bihengamiy...
17/06/2025

🇮🇷🇮🇱Ino ntambara Atari IMANA iyirangije ntamwana wumuntu azoyirangiza ibihugu vyarutura biriko birerekana Aho bihengamiye hagati ya IRAN 🇮🇷na Israel 🇮🇱 Aho Ubona ko hamwe igihugu nka America cokwivanga muri inontambara hocahaduka intambara yisi ya 3

🗣Donald Trump ati : " ubunyene uwuzubwenge yokinjura mu gisagara ca Teheran vyihuse "

🗣 Xi jinping " umu chinwa wese ari muri israel asabwe gukinjura "
🗣 Poutine " umu rusiya ari muri Israel akinjure vuba nabwangu "

Hama ... Kim Jong UN wewe arindiriye ko abona akotsi canke akantu nagato gatumbera ikirere ca Koreya ya Ruguru ace yikorera utuntu twiwe isi imuvugako mutarabona 🤐

Nimba utarakora canke ndagusavye ubikore ntiwibagire nogukora

Il s'appelait Cliv Kunder et était le co-pilote de l'Air India qui s'est écrasé avec 242 passagers à bord. Il a terminé ...
13/06/2025

Il s'appelait Cliv Kunder et était le co-pilote de l'Air India qui s'est écrasé avec 242 passagers à bord. Il a terminé sa formation en France et a enregistré plus de 1000 heures de vol.

Selon plusieurs sources, sa mère n'avait que lui comme enfant et était heureuse de le voir réussir dans la vie. Elle a tout sacrifié pour qu'il réussisse mais hélas la vie en a décidé autrement !

C'est l'une des photos les plus tristes jamais prises. Cette famille était dans l’avion Air India qui a craché ✈️ 💔
13/06/2025

C'est l'une des photos les plus tristes jamais prises. Cette famille était dans l’avion Air India qui a craché ✈️ 💔

😳🙏🏾 Umuhindi asanzwe aba mugihugu c'ubwongereza  Viswashkumar Ramesh niwe wenyene yarokotse rya sanganya ry'indege ryaba...
12/06/2025

😳🙏🏾 Umuhindi asanzwe aba mugihugu c'ubwongereza Viswashkumar Ramesh niwe wenyene yarokotse rya sanganya ry'indege ryaba mugitondo mu gihugu c'ubuhindi nk'uko bikeshwa urubuga rwa Top Time News .

☝🏾 Uwo ngo yari yagiye kuramutsa umuryango maze isanganya riba asubiye Inyuma mu gihugu c'ubwongereza.

Kuri uyu wa Kane, tariki ya 12 zukwezi kwa gatandatu 2025, indege ya Air India Flight 171, Boeing 787-8 Dreamliner, yagi...
12/06/2025

Kuri uyu wa Kane, tariki ya 12 zukwezi kwa gatandatu 2025, indege ya Air India Flight 171, Boeing 787-8 Dreamliner, yagize isanganya rikomeye i Ahmedabad, mu Buhinde, nyuma yo gutangira urugendo iva ku kibuga cy’indege cya Ahmedabad yerekeza i Gatwick mu Bwongereza.

Ibipimo by’indege

Abari mu ndege: 242 (abagenzi 230 n’abakozi 12)

Abarokotse: 1 gusa, witwa Vishwash Kumar Ramesh, ufite ibikomere bikomeye akaba ari kwitabwaho n’abaganga

Abapfuye: Abantu barenga 290, harimo abari mu ndege n’abari ku butaka

Ahabereye isanganya

Indege yaguye mu gace ka Meghani Nagar, hafi y’ishuri ry’abaganga rya B.J. Medical College, mu mujyi wa Ahmedabad. Yaguye mu nzu z’abaturage, bituma habaho ibyago byinshi ku buzima bw’abantu benshi.

Abari mu ndege

Mu bari mu ndege harimo abantu b’ingenzi nka Vijay Rupani, wahoze ari Guverineri wa Gujarat, ndetse n’abavandimwe Shubh na Shagun Modi bo mu mujyi wa Udaipur, bari bagiye mu ngendo z’akazi mu Bwongereza .

Impamvu y’isanganya

Iperereza rirakomeje kugira ngo hamenyekane impamvu nyakuri y’iyi mpanuka. Hari amakuru avuga ko byashoboka ko hari ikibazo cy’imashini cyangwa amakosa y’umupilote, ndetse hakaba hari ibimenyetso by’uko landing gear n’amababa y’indege byaba bitakoze neza .

Igikorwa cyo gutabara

Abategetsi bo mu Buhinde n’abategetsi bo mu Bwongereza barimo gukora iperereza ku mpanuka, kuko harimo abaturage b’Abongereza. Tata Group, isosiyete nyir’indege ya Air India, yatangaje ko izafasha imiryango y’abapfuye ndetse ikishyura ibitaro by’abarokotse.

Ubutumwa bw’abayobozi

Umwami Charles wa III n’umugabekazi Camilla berekanye agahinda gakomeye nyuma y’iyi mpanuka, banashima ibikorwa by’ubutabazi byakozwe n’abashinzwe ubutabazi

06/06/2025
🙅🏿‍♂️🇺🇸 Donald Trump na Elon Musk ntibagicana uwaka. Bariko bapfa iki ?-----------------------------------Abo bagabo bab...
06/06/2025

🙅🏿‍♂️🇺🇸 Donald Trump na Elon Musk ntibagicana uwaka. Bariko bapfa iki ?
-----------------------------------

Abo bagabo babiri b’ibihangange muri Amerika bahora basanzwe bahuje ivyiyumviro, bakanagira ubucuti bw'akadasohoka.
Twibukanye ko Donald Trump ari prezida wa Leta zunze ubumwe za Amerika, Elon Musk nawe akaba ari umutunzi wa mbere kw'isi hambavu yo kuba yahora ari n'umuhanuzi wa hafi cane wa Donald Trump.

🎯 Muri 2024, Elon Musk yatanze imiriyoni zishika 288 z’amadolari mu bikorwa vy’amatora vya Trump, intererano yafashije cane Trump gushikira ubutegetsi.
Trump yaramushimiye, amugira umujanama mukuru, aca amugena kurongora ikigo DOGE (Department Of Government Efficiency) kijejwe kugabanya uburyo Leta bw'amafaranga ikoresha.

🤔 Ariko buraca bugacana ayandi ...
🗓 Mu ntango za Ruheshi 2025 : Elon Musk yaratanze imihoho mu kurongora DOGE, agirako aniyamiriza integuro y'itegeko ry'amafaranga Leta izokoresha. Iyi nteguro, Donald Trump yayise BBB bisigura Big Beautiful Bill.

✍🏾 Iyo nteguro Elon Musk yayise “ikintu kimaramaje kandi gishisha”, aho yavuga ko ishobora gushikana ideni rya Leta ku miriyaridi 2 500 z'amadorari ya Amerika, ibishobora gushira mu kaga kazoza k'igihugu.

🌐 Intureka yaciye ijana ku mbuga hwaniro.
Trump mu kwishura, yavuniye mu mavi. Yagize ati "Musk ni umusazi", anamwagiriza ko arondera gukingira inyungu ziwe bwite.

🚨 Ivyo vyakurikiwe n’ugutera ubwoba : Trump yamenyesheje ko ashobora guhagarika imfashanyo ya Leta hamwe n’amasezerano ya Tesla na SpaceX (Amashirahamwe arongowe na Elon Musk) afitaniye na Reta ya Amerika.

📉 Ako kanya nyene, isoko ry’imitahe ryaranyiganyize :
Imitahe ya Tesla yaramanutse ku rugero rungana n'ibice 14,26%. Ni ukuvuga ko ishirahamwe Tesla ryatakaje ubutunzi bungana n'imiriyaridi 152 z’amadolari ya Amerika mu musi umwe.

🧔🏽‍♂ Ku mbuga nka X yahoze ari twitter (isanzwe yegukira Elon Musk) na Truth social (yegukira Donald Trump), Musk yaciye atangura kumena amabanga amwe amwe aho ashize ahabona ub

🗳️  : mu makomine atandukanye y'igihugu, igikorwa co kwegeranya amajwi n'ibikoresho biva mu biro vy'amatora bitandukanye...
06/06/2025

🗳️ : mu makomine atandukanye y'igihugu, igikorwa co kwegeranya amajwi n'ibikoresho biva mu biro vy'amatora bitandukanye caraye kirangiye mw'ijoro rishira ubuca ryo kuri uyu wa 5 Ruheshi 2025

🥵 Nk'uko abarongoye imigwi y'amatora mu ntara no mu makomine bagiye barabishikiriza abamenyeshamakuru barungitswe mu runani rwo kumenyesha amakuru, ico gikorwa kikaba kitari coroshe biturutse k'ukuntu intara n'amakomine vy'igihugu vyagutse, bigatuma gushikana ibikoresho ku murwa mukuru w'amakomine n'intara bifata akanya gusumba uko vyahora

🌐 Bikaba vyitezwe ko muri kino gitondo co ku wa 6 Ruheshi ari ho ibiharuro mfatakibanza vy'ivyavuye mu matora dutangura kubishikirizwa n'abarongoye imigwi y'amatora ku rwego ry'amakomine n'intara, ivyo na vyo mukaza kubandanya mubishikirizwa ikibiriraho mu runani rwo kumenyesha amakuru rw'ibimenyeshamakuru vyandika n'ibikoresha imbuga ngurukanabumenyi

🛣️ "RN7 : abarifata muragabe ; twebwe twari dupfuye Imana irakinga"🙅🏾‍♀️ "Bantu mufata canke mwiteze gufata ibarabara ri...
02/06/2025

🛣️ "RN7 : abarifata muragabe ; twebwe twari dupfuye Imana irakinga"

🙅🏾‍♀️ "Bantu mufata canke mwiteze gufata ibarabara rikuru Bujumbura-Source du Nil (RN7), muragabe ntimuzohitanwe n’urwaduhushije".

☝🏾Iyo ni impanuro itangwa n'abakozi batatu ba Yaga baheruka guca muri iryo barabara. Badandanya bigana bati : "Mu ndwi iheze, twafashe inzira igana mu bumanuko bw’Uburundi mu vy’akazi. Umwana w’Abarundikazi yariko aradutwara yateye ikirenge imodoka. Iryo barabaraba, birashika ugasanga hari utunogo utabonye, canke ugasanga hari akantu gato usanga rimeze nk’irinyitse, mugabo bikagendeka.

👉🏾 Ku birometero 65 neza na neza ush*tse ahanditse PK65 nko ku kirometero kimwe uvuye ahitwa ku Muyange kw’ibarabara riduga i Tora muri komine Mugamba, hariho agace ibarabara ryanyitse, kandi ni mw'ikorosi. Nta kintu na kimwe ubona uriko uraharaba kuko n'aho hanyitse hari ikaburimbi, uhabona wiboneyeko. Ukirengutse, ubona ingunguru zibiri zisize ibara ritukura n’iryera ziri ku ruhande rw’ibubamfu, hamwe n’akapa kanditseko ARB kegetse ku kirokosima ca PK 65 ku ruhandi rw'iburyo, kaba kanagipfutse iyo uva Bujumbura ntukibona. Mu vy’ukuri nta kintu na kimwe kikwereka ko hanyitse bingana ukuri hano.

🛣️ Uravye hasi mw’ibarabara, urabona imirongo y’umuzige (yirabura cane) yerekana ko yaciwe n’imiduga iba ifashe ifire bukwi na bukwi, amapine yitsirita kw'ikaburimbo. Mu kuhaca umera nk’uwuhagaze ugashiramwo akariro gakeya cane. Utahabonye uracuranguka nta kibuza.

🚧 Tugeze aho hantu rero, twabonye umuntu yaya amaboko cane, shoferikazi nyakuntunga aba yarikanuye aramubona, aca arabona ko amweretse ko tugira dusome urupfu. Yaciye agabanya akariro kimwe na kimwe, tuja dusanga kari kabaye. Uno yaciye yegera atubarira ati : “Imiduga iramaze kuhagwa. Hari n’ibeni vyabayeko ica itarukira mu mwonga”. Kanatsinda hepfo mu ku bamfu hamandagarira mu mwonga.

18/05/2025

Ibintu bitandukanye bica mukanwa kumukobwa😏

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when N.A.L posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Address
  • Alerts
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share