IREBE MUSIC

IREBE MUSIC RECORDING STUDIO: Label management, music production ,beat creation-arrangements-Mix-Mastering-Advice Music-Music release-recording demo-Jingle

🙌🎶Nimba nawe Imana yarakugiriye neza fata inanga ufashanye na  Face kaboss kuririmba indirimbo yiwe nshasha yitwa  📌Naya...
14/09/2025

🙌🎶Nimba nawe Imana yarakugiriye neza fata inanga ufashanye na Face kaboss kuririmba indirimbo yiwe nshasha yitwa

📌Nayahe majambo ari mu ndirimbo yagukoze ku mutima?

🔗Kuwutarayumviriza canke abone amashusho yayo link iri muri commentaire👇👇👇






Kaboss Yahora aririmba indirimbo benshi bita iz'isi munyuma ahitamwo kubihagarika aca abatirizwa mu mazi menshi ubu rero...
11/09/2025

Kaboss Yahora aririmba indirimbo benshi bita iz'isi munyuma ahitamwo kubihagarika aca abatirizwa mu mazi menshi ubu rero azananye inguvu zidasanzwe aho aje kwifatira mu minwe umuziki wa

nkuko ubibona kuri iyo sanamu ku munsi w'ejo Label asanzwe abarizwamwo yamaze kumenyesha ko igihe c'isaha icumi azotanga igikorwa gishasha kizoba citwa

Mukunzi witeguriye gute indirimbo y'umuririmvyi New Face kaboss


wacu

Umuririmvyi  kaboss asanzwe ari muri   ya  kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 30 Myandagaro 2025 yabatijwe mu mazi mens...
30/08/2025

Umuririmvyi kaboss asanzwe ari muri ya kuruno wa gatandatu igenekerezo rya 30 Myandagaro 2025 yabatijwe mu mazi menshi.

Bakunzi ba hamwe n'abakunzi b'umuziki wiwe , mudufashe tumukeze 🥳🥳🥳 kw'ibatisimu yaronse.


16/07/2025

Bamwe mubaririmvyi Bari mumuryango wa IREBE MUSIC
Bari muri studio.RAMBO 2 New Face kaboss

Morning Burundi Edisson Ndayahoze
Simbizi Wa Semavumba Team Mutima
Akeza.net

15/07/2025

Rambo 2 mw'ishusho nziza y'umuziki ugezweho hamwe na

Uyu muririmvyi azanye inguvu z'ibisazi muri kino gihe aho asezeranya abakunzi biwe ko uyu mwaka bazowurangiza n'indirimbo nyinshi ziwe.
Uyu musore ari musi ya Managment ya Irebe akaba yahereye ku ndirimbo imaze indwi zibiri igiye ahabona.

Ushobora kuraba amasanamu yayo uciye ngaha👇👇 https://youtu.be/-BE3j3La5oc?si=1aZl5QtiyjB94mQF

30/06/2025

Challenge Accepted Toi et moi By RAMBO 2 all the way from IREBE MUSIC indirimbo mwayakiriye gute?

30/06/2025

Challenge Accepted Toi et moi By RAMBO 2 all the way from IREBE MUSIC indirimbo mwayakiriye gute?

30/06/2025

Challenge Accepted Toi et moi By RAMBO 2 all the way from IREBE MUSIC indirimbo mwayakiriye gute?

30/06/2025
30/06/2025

Toi et Moi
Wayumvishe gute?

RAMBO 2
Link iri muri commentaire.
Ongera uyumvirize.

30/06/2025

Address

Quartier Asiatique
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IREBE MUSIC posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category