KIDA MEDIA

KIDA MEDIA URUBUGA RUVUGIRA BOSE ๐ŸŒ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
UKENEYE ICUBAZA TURONDERE
WTSP: 65987782 NB: ibijanye nakazi gusa

๐ŸŸข๐Ÿ”ด : LinoG  โค๏ธ Monia Fleur URUKUNDO RUGUMA RUSOSA ARIKO AMAKURU NFISE NUKO UMUHUNGU WANYU   ARIMUGAHINDA VUBA CANE   ARA...
31/07/2025

๐ŸŸข๐Ÿ”ด : LinoG โค๏ธ Monia Fleur URUKUNDO RUGUMA RUSOSA ARIKO AMAKURU NFISE NUKO UMUHUNGU WANYU ARIMUGAHINDA VUBA CANE ARAKORA MARIAGE ๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ NANDE REROโ‰๏ธ

๐Ÿ’” MWARABU WACU YATOYE FONE YA MUGENZIWE Landrypromoter Bdi ASANGA HARIMWO GROUP YA WTSP YITWA YA MARIAGE YA ๐Ÿ˜ญ ARIKO RERO NTIYABIGIZE BIREBIRE KUKO YACIYE ABAZA MONIA ATI URIKO URATEGURA MARIAGE NAWE AMWISHURA ATI OYAA! KANDI LINO G YABYIBONEYE

โ‰๏ธ NTUTURAMENYA NEZA KO BOBA BARIKO BARATEGURA surprise ya mariage irabaho kwl Cank BASHAKA KUZANA AGASHA?

WACU UBU RERO MUGENZI WE YARAMWIMWE AMAKURU UBU TWESE TURARINDIRIYE TUZOREBE IKIZOVAMWO ARIKO BIRAGARAGARAKO BIZORANGIRA UMUHUNGU WACU AKOMERETSE๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญ

17/07/2025

๐ŸŸข๐Ÿ”ด : ๐ŸŽˆโšฝ Nimba ukunda igihugu cawe erekana stade Nziza cane mwizi ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (EAC) ukoresheje drapeaux โœ…โ€ผ๏ธ
10/07/2025

๐ŸŸข๐Ÿ”ด : ๐ŸŽˆโšฝ Nimba ukunda igihugu cawe erekana stade Nziza cane mwizi ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ (EAC) ukoresheje drapeaux โœ…โ€ผ๏ธ

๐Ÿšจโœ… : Ushobora kuba uvyemera canke utavyemera ariko umushingantahe w'Ijunja n'Ijambo   arakenewe mumupira w'amaguru mu Bu...
28/06/2025

๐Ÿšจโœ… : Ushobora kuba uvyemera canke utavyemera ariko umushingantahe w'Ijunja n'Ijambo arakenewe mumupira w'amaguru mu Burundi.

Ni umutwe,umutumba, amaguru y'umupira w'i Burundi,

Ibaze gutegura ibirori vy'umusi umwe bikitabirwa n'abantu ibihumbi mirongo ibiri n'indwi kandi bose barishe kuko n'ubwo atamatike batanga winjira wambaye agapira kanditseko " EJO NI HEZA " kagurishwa na Fondation PAX Burundi ,

Uwo mushingantahe arafise vyinshi aterera ndetse nivyo yoterera kugira umupira w'amaguru ubandanye utera imbere.

Reverien Ndikuriyo umugabo w'abagabo kabisa ๐Ÿฆ…๐Ÿฆ…๐Ÿฆ…๐Ÿฆ…

๐Ÿšจโœ… : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎMUGIYE KUZIMBWA NO KURONKA AMAFARANGA YO KUGURA AMAYINITE GUSA. UMUYAGANKUBA UGIYE KUBA WARARAYE๐Ÿ‘๐Ÿพ๐ŸŸฉ Kuri uwu wa k...
24/06/2025

๐Ÿšจโœ… : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎMUGIYE KUZIMBWA NO KURONKA AMAFARANGA YO KUGURA AMAYINITE GUSA. UMUYAGANKUBA UGIYE KUBA WARARAYE๐Ÿ‘๐Ÿพ

๐ŸŸฉ Kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 24 Ruheshi 2025, Urugomero rwa rwuguruwe icese n'Umukuru w'Igihugu c'uBurundi Evariste Ndayishimiye .๐Ÿ‘๐Ÿพ

๐Ÿญ Urwo rugomero rwubatswe muri komine iri mu ntara ya n'shirahamwe ORASCOM rikomoka mu gihugu ca Misiri rukaba ruzotanga umuyagankuba uzosahiriza mu gisagara ca ungana na 32,5MW.

๐Ÿšจโœ… : ๐Ÿ”ฐ :Uyu musi na ho nyene imbuga zo muri EAC yose zongeye gucako amakuru yerekeye igihugu c'Urwanda aho ngo hatanzwe ...
24/06/2025

๐Ÿšจโœ… : ๐Ÿ”ฐ :Uyu musi na ho nyene imbuga zo muri EAC yose zongeye gucako amakuru yerekeye igihugu c'Urwanda aho ngo hatanzwe imisi y'akaruhuko irenze bamwe na bandi bakibaza vyinshi kuko ngo na atariko arashikiriza ijambo na rimwe.๐Ÿ™…๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ

โ‡๏ธ

๐Ÿ—ฃ๏ธ Tanzanie igihe yapfa baratinye kubitangaza harahera imisi none na barakekako maze imisi itanu apfuye ariko bakaba babigize ibanga๐Ÿ˜ญ

๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผIbi biruhuko bidasobanutse kuki biri kuba mwiyi misi? Mbe hoho kobabigize ibanga๐Ÿ™…๐Ÿฟโ€โ™‚๏ธ twabaye gute?

โ€ผ๏ธAbari mu Rwanda mubivuze ko iki?

๐Ÿ”ฐ KELLY NKURUNZIZA INGABO Y'IGIHUGU C'UBURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ UMUREVYE NEZA UMUBONAMWO SEWIWE; Pierre Nkurunziza ISASE RIVA KUCU...
15/06/2025

๐Ÿ”ฐ KELLY NKURUNZIZA INGABO Y'IGIHUGU C'UBURUNDI ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ UMUREVYE NEZA UMUBONAMWO SEWIWE; Pierre Nkurunziza ISASE RIVA KUCUMA๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅโœ…

๐Ÿšจโœ… : Inyuma yogusabwa kuriha 8 000 000 Fbu , Umiririmvyi Kazi   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ nawe yaciye asaba gusubizwa ubusugi bwiwe ๐Ÿ˜โœŠIbintu vy...
08/06/2025

๐Ÿšจโœ… : Inyuma yogusabwa kuriha 8 000 000 Fbu , Umiririmvyi Kazi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ nawe yaciye asaba gusubizwa ubusugi bwiwe ๐Ÿ˜โœŠ

Ibintu vyikubise ikare , biba kimwe kukindi , aho umuririmvyi Kazi Tacha Oda ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ yavuzeko atakibarizwa muri management ya La Vache Entertainment , aho CEO wa La Vache Entertainment yaciye avugako
Abwirizwa kuriha miriyoni 8 000 000 Fbu kuberako yikuyemwo atabimenyesheje , vyase bakitura ubutungane ๐Ÿ˜โœŠ

Bidatevye Tacha Oda ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ asaba ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ amusubize ubusugi bwiwe hama ace amuha izo miriyoni 8 000 000 Fbu , ataraho bibe kimwe kukindi ๐Ÿ˜โœŠ

Ururubanza wewe wumva woruca gute โ“



1Xbet,code promo MOVIT

๐Ÿšจโœ… : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Mutima le Comedien UBU AGEZE KUGWEGO RWO GUTEMBERANA NUMUKURU WIGIHUGU CIZA CACU Evariste Ndayishimiye AHO BAFAT...
08/06/2025

๐Ÿšจโœ… : ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Mutima le Comedien UBU AGEZE KUGWEGO RWO GUTEMBERANA NUMUKURU WIGIHUGU CIZA CACU Evariste Ndayishimiye AHO BAFATANYE URUGENDO RWOKUJA GUSARURA MUMIRIMA๐Ÿคœ๐Ÿค›๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœ…

๐ŸšจNIYOMPANVU MUTARIKO MURABONA VIDEO ZISHASHA ZA MUTIMA MURI COMEDY UBU AKARERE YARAGAFASHE AKORA IVYUNGUKA MUBURIMYI NUBWOROZI MUKWITEZA IMBERE AKANATEZA IMBERE IGIHUGU CACU๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

โœ… IBIRAYA BISHIKA KURI TONI 1500 NIVYO VYASHOBOYE KUBONEKA KUGWARUKA NTIMWIRUKIRE MUBIHENDAMASO CANKE NGO MURERE AMABOKO USHOBORA KURIMA UGATUNGA UKITEZA IMBERE๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿšจโœ… UNOMUSI NIHO BIZA KUBERA NO MURAYIZI NI 26๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ Mkombozi Lucifer ati amahitamwo sugwankoโœ…๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
05/06/2025

๐Ÿšจโœ… UNOMUSI NIHO BIZA KUBERA NO MURAYIZI NI 26๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ Mkombozi Lucifer ati amahitamwo sugwankoโœ…๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿšจโœ… :  :Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Rusama 2025 , umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD  , yatanguri...
28/05/2025

๐Ÿšจโœ… : :Mu gatondo ko kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 28 Rusama 2025 , umunyamabanga w'umugambwe CNDD FDD , yatanguriye ibikorwa vy'imyiyamamazo muri zone RUMONGE Komine RUMONGE mu ntara ya

Ivyo bikorwa bikaba vyari vyatewe iteka n'icegera ca 2 c'umukuru w'Inama Nkenguzamateka y'Uburundi asanzwe azitoza mu bashimateka.

CNDD-FDD RAMBAโœŠโœŠ
26/05/2025

CNDD-FDD RAMBAโœŠโœŠ

Address

KAMENGE
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KIDA MEDIA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share