Destiny FM

Destiny FM La Radio qui vous rappelle que vous avez un destinée

Suivez-nous cet après-midi dans notre émission interactive sur le thème : HOKORWA IKI KUGIRANGO ABANA BIHAKANWA NA BA SE...
23/06/2023

Suivez-nous cet après-midi dans notre émission interactive sur le thème : HOKORWA IKI KUGIRANGO ABANA BIHAKANWA NA BA SE BASUBIZWE AGATEKA KABO?
Un dialogue social avec des invités d'honneur qui apporteront une lumière à ce sujet.
Un numéro whatsapp sera mis à disposition pour toutes vos questions: +257 61200300

Nous vous souhaitons une semaine riche en bénédiction.Toute l'équipe de la Radio Destiny Fm
12/12/2022

Nous vous souhaitons une semaine riche en bénédiction.

Toute l'équipe de la Radio Destiny Fm

Nta wobideha, igitigiri c’abana bo mw’ibarabara gitera ciyongera mu bisagara bitandukanye vya kino gihugu ariko na cane ...
02/12/2022

Nta wobideha, igitigiri c’abana bo mw’ibarabara gitera ciyongera mu bisagara bitandukanye vya kino gihugu ariko na cane cane ivyo bishishikara kuba ndanse ngaha mu gisagara ca Bujumbura, umurwa mukuru w’ubutunzi w’igihugu. Abo bana tubasanga na cane cane mu mirwi ibiri ; umurwi wa mbere ugizwe n’abana birirwa mw’ibarabara umunsi wose wasabiriza canke bakoreshwa udukorwa duto duto tw’urudandaza ariko bataha mu mihana n’uwundi murwi munini w’abana birirwa kandi barara mw’ibarabara.

N’ubwo biri uko ntawuyobewe ko ikibanza c’umwana ari mu muryango no mw’ishure, Twibaze utu tubazo ni kuki ikibazo c’abana kidindira ? Ni izihe mvo nyamukuru zituma abana barwirirana mw’ibarabara ? Mbega inkurikizi ni izihe kuri abo bana no ku gihugu ikibazo nk’ico kidatorewe umuti ? Umuti urama woba uyuhe ? Hamaze gukorwa iki ? Hoba hariko hakorwa iki ?

Ni ivyo bibazo tugiye guca irya nino mu kiganiro kidasanzwe c’amasaha abiri n’abatumire batandukanye. Ni kuva isaha icenda gushika isaha cumi n’imwe (15h-17h00).
Mube hafi mutege amatwi. Murakoze !

Umupfungwa wese , n’aho atakaza uburenganzira  bw’ukwidegemvya,  abandanya afise uburenganzira nyamukuru «Les libertés f...
11/11/2022

Umupfungwa wese , n’aho atakaza uburenganzira bw’ukwidegemvya, abandanya afise uburenganzira nyamukuru «Les libertés fondamentales » kuva agifatwa ku mvo z’amatohoza gushika aciriwe urubanza burundu. Ubwo burenganzira nyamukuru bw’umupfungwa tubusanga mu mategeko y’igihugu guhera kw’ibwirizwa nshingiro riruta ayandi, tutibagiye n’ayandi mategeko mpuzamakungu igihugu cateyeko umukono.

Amabohero atandukanye n’izindi nzego za leta zirabwa n’uwo mugwi w’abantu bikaba bisabwa gukora ibishoboka, zikitunganya, ku buryo ubwo burenganzira bwubahirizwa, kubera bidakozwe gutyo buba bubaye ubundi buryo bwo guhonyanga agateka ka zina muntu, ivyo navyo bikaba bihushanye n’ingingo ngenderwako hamwe n’amategeko aranga ibihugu bigengwa n’amategeko (Etat de Droit).

     Le Droit de propriété est non seulement un droit civil, mais aussi un droit de l’homme et l’un des plus importants ...
04/07/2022


Le Droit de propriété est non seulement un droit civil, mais aussi un droit de l’homme et l’un des plus importants consacré par plusieurs textes juridiques Régionaux et Internationaux.
Au Burundi, le droit de propriété est garanti par la Constitution Burundaise et le Code Foncier, puisqu’on y intègre les droits fondamentaux proclamés et garantis par les textes internationaux relatifs aux droits de l’homme régulièrement ratifiés, concernant le droit de propriété.

Suivez l'intégralité de l'émission en cliquant sur ce lien dessous:

Le Droit de propriété est non seulement un droit civil, mais aussi un droit de l’homme et l’un des plus importants consacré par plusieurs textes juridiques Régionaux et Internationaux. Au Burundi, l

19/06/2022
18/06/2022

Address

22, Avenue Ririkumutima
Bujumbura
6681

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 15:00
Sunday 13:00 - 15:00

Telephone

0025722279393

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Destiny FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share