01/11/2025
๐ญ Kurundi vyabihangange twaho twemer abandi tukipfuzako abaririmvyi bacu bomera nkabo utu tuvugana ntanumwe akiri kubutaka bwa ๐น๐ฟ nimugihe uwitwa ari ๐ณ๐ฌ
Kuruno mwanya uwitwa Harmonize yamaze gushika kubutaka aho na nawenka ubu tuvugana yamaze gushika muburundi bahunga imyigaragamvyo
Kugera kuno mwanya wa Tanzania kuva haba inyigaragamvyo ntakintu aratangaza ndetse ntabumwe azi iyo yahungiye nico gihugu kumutekano twahora turaba tukavuga ko gihagaze neza ariko Kuruno mwanya ntanuntu numwe azi aho yahungiye basaze ngo ntakwongera gutwarwa numugore ๐ค
Nukur ndaririra abarundi bari Tanzania bamwe baba bagiye guca amafranga ndibaza ubu nabonla bari mubuzima butoroshe abantu bomora prรฉsident abaririmvyi bose bagahunga cawumv uri umurundi naho bari basanzwe babanka narirya
F-boy classic+257