Jay p

Jay p Jay p โ€ผ๏ธโ›”๐Ÿ…พ๏ธ๐Ÿ…ฐ๏ธ
Ukeneye kwamamaza call me๐Ÿค™๐Ÿค™0704628643๐Ÿ’ช๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ฐ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡บ๐Ÿ‡ฒ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฆ

Photo du Jour B-face On The'flo x Fabelove DA K.SHAN BOY x D-ONE Offical x Double-jay OnceAgain x Natacha Burundi x Kiri...
17/07/2025

Photo du Jour B-face On The'flo x Fabelove DA K.SHAN BOY x D-ONE Offical x Double-jay OnceAgain x Natacha Burundi x Kirikou A Kili x. Lolilo Simba the artist from ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ โค๏ธโค๏ธโค๏ธโค๏ธ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ›‘๐Ÿ›‘๐Ÿ›‘๐Ÿ”ต๐Ÿ”ต๐Ÿ”ต๐Ÿ”ตโ€ผ๏ธโ€ผ๏ธ๐Ÿšฆ๐Ÿšฆ๐Ÿšฆ๐Ÿšฆ

11/07/2025
Vuuumm ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœ๏ธ d one nsanze arikirofa muri rusangi abakobwa binginga abakobwa Ati kuberik uyu mukobwa muramuzi ivyo yakorey...
10/07/2025

Vuuumm ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎโœ๏ธ d one nsanze arikirofa muri rusangi abakobwa binginga abakobwa Ati kuberik uyu mukobwa muramuzi ivyo yakorey d one 2022 ababonye intervien aramubwira ko arumutwa ASA nabi nibindi vyinshi vyitusti ariko d one yongera aririmba nindirimbo waiting ngo ninyuma yimyaka cumi aziguma amukunda non raba ariko aramwisemba ningene yamwanse bibabaza abantu benshi

Mbe ๐Ÿค” d one arikugendera ryajambo ngo ninyuma yimyaka cumi azoguma amukunda

Nkawewe umufana wa d one akomeze yisemba cank

Follow

Anaitwa bonge la nini?๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
10/07/2025

Anaitwa bonge la nini?๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Mwabonye    mumutwe asigaye yimosha nka Ziranotse ba mayondori kuma costume yamisiyose tuvugeko yashatse kwitandukan...
09/07/2025

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ๐Ÿคฃ Mwabonye mumutwe asigaye yimosha nka Ziranotse ba mayondori kuma costume yamisiyose tuvugeko yashatse kwitandukanya na B-face On The'flo ko Wewe umushatsi Ari ishamba rukoko ๐Ÿคฃ๐ŸคฃโœŒ๏ธ Abaraperi je muranyica

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Kumusi Wejo Hitezwe Intambara Ya 3 Yisi ๐ŸŒ Kurubuga Rwa YouTube ๐ŸŸฅ Ya Sat-B Satura Amabafre Namabuye. Nkuko Abishikiri...
08/07/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ Kumusi Wejo Hitezwe Intambara Ya 3 Yisi ๐ŸŒ Kurubuga Rwa YouTube ๐ŸŸฅ Ya Sat-B Satura Amabafre Namabuye.

Nkuko Abishikiriza Abakunzi Biwe Sat-B Yavuzeko Kumusi Wejo Itarike 09.07.2025 Niho Azoshira Ahabona AMASANAMU Ya Hit song ๐Ÿ”ฅ Yiwe

KIRISESE N'indirimbo Yarimazimisi Iriko Irahungabanya Umutekano Muduce Dutandukanye Twa AFRIKA Kandi Ari Audio Atamasanamu Ifise Ibaze Video Niyasohoka? ๐Ÿค”

Kano Kanya Tuvugana Audio Ikaba Imaze Imisi 4 Isohotse Ikaba Ifise Ama Views Arenga Ibihumbi Ijana ( 106K )

Kumusi Wejo Rero Umuriro Uraka Amasanamu Arabagwamo ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡ฆ

๐Ÿ”บ Weteguriye Gute VIDEO YA KIRISESE?

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿค• Imyaka Irenga Indwi Ari Incuti Magara Ariko Melanin boy Ntiyigeze Ahonyora Muri ETAT CIVIL Ya Dj Fernando +257 Birag...
08/07/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿค• Imyaka Irenga Indwi Ari Incuti Magara Ariko Melanin boy Ntiyigeze Ahonyora Muri ETAT CIVIL Ya Dj Fernando +257 Biragaragara Neza Ko Bifu Yabo Yoba Yarash*tse No Mumiryango Yabo Twebwe Tukibazako Arivyimiziki Gusa. ๐Ÿค”

Bano Basore Bahoze Mumurwi Wa We Love Muzika Bagitangura Imishwano Bamwe Bibazako Arudutwiko Two Kumbuga Kugirango Badandaze Imiziki Yabo Ariko Siko Biri Kuko Iyaba Ari BIFU Yo Kudandaza Umuziki Melanin Boy Twari kumubona Kuri Etat Civil Yuwo Bahoze Barikumwe Fernando Yagiye Kumushigikira.

๐Ÿ”บ Bamwe Bati Nibisanzwe Reka Turindire Turabeko Tuzomubona Kuri Mariage Yiwe Samedi

๐Ÿ”บ Abandi Bati Koko Nimba Bahoze Irincuti Magara Mumyaka Irenga 7 BIFU Yumuziki Ntiyari Gutuma Ataja Kurubanza Rwamugenziwe Rwa Etat Civil

๐Ÿ”บ Kubwawe Ubibona Gute? Turindire Kuri Mariage Ya Fernando Kumusi Wagatandatu Kugira Tumenye Neza Ivyarivyo Canke?

๐Ÿ”บ Ubona Vyari Gushika Yaho Ivyimiziki Babivanga Nivyimiryango Yabo?

MASTA KING RAPP   ๐Ÿ…๐Ÿ…๐Ÿ…๐Ÿ…๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ท
25/06/2025

MASTA KING RAPP ๐Ÿ…๐Ÿ…๐Ÿ…๐Ÿ…๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ฑ๐Ÿ‡ท

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญBirababaje cane kubona umwana muto nka Adrick AKIM Ariko arazamuka ateriteka igihugu๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Akorerwa ikibi nkiki ๐ŸคŒUbutuvuga...
20/06/2025

๐Ÿ˜ญ๐Ÿ˜ญBirababaje cane kubona umwana muto nka Adrick AKIM Ariko arazamuka ateriteka igihugu๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Akorerwa ikibi nkiki ๐ŸคŒ

Ubutuvugana indirimbo Yakunzwe cane muri kanokarere ka EAC Yafuswe kurubuga rwa you tube mugihe yariko irateriteka igihugu Ndetse yinjiza nagafaranga kameze neza

Eka siyogusa Kuko umwana yarafise nibindibikorwa kandi bimeze neza ariko vyose ntanakimwe Kiri kurubuga Atari Yo yagararije Ariko IMANA Nishimwe kodufise KENTURA Kirakemuka๐Ÿ™

Murakoze kubitahuraโ€ฆ!

๐Ÿ”ด Mugihe DJ Paulin  yibereye mukaruhuko i NewYork City  arikuryosha ubuzima nokuruhura umutwe ๐Ÿ’†โ€โ™‚๏ธ ๐Ÿ”ท Mbega hagati ya Kir...
17/06/2025

๐Ÿ”ด Mugihe DJ Paulin yibereye mukaruhuko i NewYork City arikuryosha ubuzima nokuruhura umutwe ๐Ÿ’†โ€โ™‚๏ธ

๐Ÿ”ท Mbega hagati ya Kirikou A Kili na Double-jay OnceAgain nkuko bahora baronka ibiteramo hanze y'igihugu c'uburundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ burya bazohava babironka nkuko babironka na Bilimani Boy ๐Ÿค” kubera ukutumvikana kumaze imisi kuri Dj paullin na Double jay ๐Ÿ”ฅ

Mbega iyi summer twitege ubiteramo bizoba birimwo abaririvyi baturutse mubindi bihugu canke amakorabo nabaririvyi bacu ๐Ÿ˜Ž

Address


Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 09:00 - 17:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jay p posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Address
  • Opening Hours
  • Alerts
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share