Aimรฉ In Action

Aimรฉ In Action To understand your fear is the beginning of really seeing ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

๐Ÿšจโฐ๏ธTHE CLOCK IS TICKING   ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ•บ๐Ÿ’ƒ Bidasubirwamwo,vyemejwe ijana kw'ijana ninzego zose zibijejwe ko   igiye gutangura gusohok...
13/10/2025

๐Ÿšจโฐ๏ธTHE CLOCK IS TICKING ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ•บ๐Ÿ’ƒ Bidasubirwamwo,vyemejwe ijana kw'ijana ninzego zose zibijejwe ko igiye gutangura gusohoka kuva /10/2025โœ๏ธโœ๏ธ๐Ÿ’ฏ๐Ÿ’ฏ

๐Ÿ”ดNiba wari uyikumbuye andika uti FEUROUGE๐Ÿ’ƒ๐Ÿ•บ๐Ÿ’ƒ๐Ÿคฃ




10/09/2025

Out now Palma party 2

https://youtu.be/RAInXaAKdHw?si=1IYyQ8uG5tUqYfkj *TAYALI IRASOHOTSE*๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒIno ndwi iri special kuko turongeye tuguha...
10/09/2025

https://youtu.be/RAInXaAKdHw?si=1IYyQ8uG5tUqYfkj

*TAYALI IRASOHOTSE*๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ๐Ÿ’ƒ

Ino ndwi iri special kuko turongeye tuguhaye iyindi film nziza iza kuguteramisha!!

๐Ÿ”ดIki ni igice ca Kabiri ca film yiswe *PALMA*(PART 2) Ukaba utaraba igice ca mbere naco kiriko kuri ino Youtube Channel,twizeye ko uza kwizihirwa cane

๐Ÿ”ดWibuke uyisangize abandi muntumbero yo kudushigikira,ikindi akantu ka Subscribe nako karakenewe cane mugihe utaragakora

UHEZAGIRWE CANE๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘๐Ÿ‘

๐Ÿ”œThe news in Burundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Film Academy๐ŸŽฌ๐ŸŽฅFilm yitwa palma part1 iyi igire isohoke ni    part 2 izosohoka vuba kuri youtube y...
22/08/2025

๐Ÿ”œThe news in Burundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ Film Academy๐ŸŽฌ๐ŸŽฅ

Film yitwa palma part1 iyi igire isohoke ni part 2 izosohoka vuba kuri youtube ya vuba irabashikiriye
Irimwo aba acteur bakomeye nka ariwe Na ariwe na ariwe nyene nibindi vyamamare biri muri burundi film academy, ni film nziza ikozwe neza kweli namwe murabibona
akuna kurara

Film PALMA part 2 iraje vuba
๐Ÿ‘Š๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
๐Ÿ‡ฏ??

๐ŸŽฌ *๐Ÿ”ฅ FILM NSHASHA โ€“ "TRAHISON" ๐Ÿ”ฅ*  Inkuru ibabaje cane, ijanye nโ€™ukugene ubuzima bushobora guhinduka mumwanya muto cane ...
30/07/2025

๐ŸŽฌ *๐Ÿ”ฅ FILM NSHASHA โ€“ "TRAHISON" ๐Ÿ”ฅ*
Inkuru ibabaje cane, ijanye nโ€™ukugene ubuzima bushobora guhinduka mumwanya muto cane *TRAHISON* ni film igiye gukorora ibikora Inka ๐Ÿ˜!

Ukicumva n'Izina ryayo *TRAHISON* urumva nyene Kari guhemukirwa kwuzuyemwo amarira, amahitamo akomeye, nโ€™umubabaro. *Si film gusa*, ahubwo ni icigwa cโ€™ubuzima, uko twabayeho nโ€™ukuntu dushobora gukiza ivyari vyarangiritse.

๐Ÿ’ฅ _Iyo ivyizigiro bishize, hasigara iki?๐Ÿคท Ukwihora canke kubabarira?_
๐Ÿ’”

๐Ÿ“บ *NTIWOCIKWA* n'iyi film yโ€™amateka yakozwe nโ€™urukundo rwinshi na *AJEP FILMS* โ€“ Channel shasha mu gukundisha abarundi cinema yabo.

๐Ÿ—“๏ธ *Igihe isohokera: vuba cane (coming soon)*
๐Ÿ“Œ *Kuri channel yacu: AJEP FILMS*
๐ŸŽฅ *Abakinyi bo m'umuryango waguyse BFA ๐ŸŽฌ, inkuru ikora ku mutima, amarira nโ€™akanyamuneza vyose birimwo.*

๐Ÿ‘‰ Abonnez - vous, partagez ร  Vos amis, kuko ibintu bigiye kuryoha.
*Cinema Ndurundi iriko ifata iyindi ntambweโ€ฆ kandi nawe urimwo.*




Urakoze Mon Cher amis   Jewe nubundi vyar vyananiye gutahura๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚
26/07/2025

Urakoze Mon Cher amis
Jewe nubundi vyar vyananiye gutahura๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚

๐ˆ๐ฆ๐ฒ๐š๐ค๐š 63 ๐ข๐ซ๐š๐ซ๐ฎ๐ฆ๐š๐ง๐ฒ๐ž ๐ญ๐ฎ๐ซ๐จ๐ง๐ฌ๐ž ๐ข๐ง๐ญ๐š๐ก๐ž ๐ฒ๐จ๐ค๐ฐ๐ข๐ค๐ฎ๐ค๐ข๐ซ๐š๐ฎ๐ฒ๐ฎ๐ฆ๐ฎ๐ฌ๐ข ๐ฎ๐›๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข ๐ง๐š๐›๐š๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ข๐›๐ฎ๐ค๐š ๐ฎ๐ค๐ฎ๐ฆ๐ฐ๐š๐ค๐š ๐ฎ๐ญ๐š๐ฌ๐ก๐ž ๐ข๐ ๐ž๐ง๐ž๐ค๐ž๐ซ๐ž๐ณ๐จ ๐ซ๐ฒ๐š1  ๐ข๐ง๐ญ...
01/07/2025

๐ˆ๐ฆ๐ฒ๐š๐ค๐š 63 ๐ข๐ซ๐š๐ซ๐ฎ๐ฆ๐š๐ง๐ฒ๐ž ๐ญ๐ฎ๐ซ๐จ๐ง๐ฌ๐ž ๐ข๐ง๐ญ๐š๐ก๐ž ๐ฒ๐จ๐ค๐ฐ๐ข๐ค๐ฎ๐ค๐ข๐ซ๐š
๐ฎ๐ฒ๐ฎ๐ฆ๐ฎ๐ฌ๐ข ๐ฎ๐›๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข ๐ง๐š๐›๐š๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข ๐ญ๐ฎ๐ซ๐ข๐›๐ฎ๐ค๐š ๐ฎ๐ค๐ฎ๐ฆ๐ฐ๐š๐ค๐š ๐ฎ๐ญ๐š๐ฌ๐ก๐ž ๐ข๐ ๐ž๐ง๐ž๐ค๐ž๐ซ๐ž๐ณ๐จ ๐ซ๐ฒ๐š1 ๐ข๐ง๐ญ๐š๐ก๐ž ๐ฒ๐ข๐ค๐ฐ๐ข๐ค๐ฎ๐ค๐ข๐ซ๐š ๐ญ๐ฐ๐š๐ซ๐จ๐ง๐ฌ๐ž ๐ง๐ฒ๐ฎ๐ฆ๐š ๐ฒ๐š๐ฆ๐š๐ซ๐š๐ฌ๐จ ๐›๐š๐ฌ๐จ๐ค๐ฎ๐ซ๐ฎ ๐›๐š๐ญ๐ฎ๐ฏ๐ข๐ซ๐ข๐ฒ๐ž ๐ค๐ฎ๐ ๐ข๐ซ๐š ๐ข๐›๐จ๐ง๐ž๐ค๐ž

๐“๐ฎ๐›๐š๐ง๐๐š๐ง๐ฒ๐ž ๐๐ฎ๐Ÿ๐š๐ญ๐š๐ง๐š ๐ฆ๐ฎ๐ง๐๐š ๐ญ๐ฐ๐ข๐›๐ฎ๐ค๐š ๐ข๐ซ๐š๐ ๐ข ๐ญ๐ฐ๐š๐ฌ๐ข๐ ๐ข๐ฐ๐ž ๐ง๐š๐›๐š๐ฌ๐จ๐ ๐จ๐ค๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ณ๐š ๐ญ๐ฎ๐ฆ๐ž๐ง๐ฒ๐ž๐ค๐จ ๐”๐›๐ฎ๐ซ๐ฎ๐ง๐๐ข ๐š๐ซ๐ข๐ฒ๐จ ๐ฆ๐ฉ๐ž๐ญ๐ฌ๐จ ๐ข๐๐ฎ๐ก๐ž๐ญ๐ฌ๐ž ๐๐ฎ๐ค๐ฐ๐ข๐ฒ๐ž ๐ ๐ฎ๐ก๐š๐ซ๐š๐ง๐ข๐ซ๐š ๐š๐ ๐š๐ญ๐ž๐ค๐š ๐ค๐š๐ณ๐ข๐ง๐š ๐ฆ๐ฎ๐ง๐ญ๐ฎ

๐”๐ฆ๐ฎ๐ฌ๐ข ๐ฆ๐ฐ๐ข๐ณ๐š ๐ค๐ฎ๐ซ๐ข๐ฆ๐ฐ๐ž๐ฌ๐ž


๐ŸšจImbere yuko asohora   s4 ,   yari yabanje kwakira ikizubazuba co muri USA , umukobwa Yaramaze imisi yitakambira ko akum...
30/06/2025

๐ŸšจImbere yuko asohora s4 , yari yabanje kwakira ikizubazuba co muri USA , umukobwa Yaramaze imisi yitakambira ko akumbuye kugirana ibihe vyiza n' uno mugabo !
Twahavuye tumenya ko uno mwigeme yitwa ,azanywe no kwinjira muri Cinรฉma kumubatizo ahawe na Sandrine asanzwe ari uwahagufi yiwe !


 ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ: Intamba mu Rugamba U23 bafise ibitsindo (4-0) bwa The Cong Vietel mu gice ca mbere kuri Stade Intwari.HT: Intamba U...
30/06/2025

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ: Intamba mu Rugamba U23 bafise ibitsindo (4-0) bwa The Cong Vietel mu gice ca mbere kuri Stade Intwari.

HT: Intamba U23 4-0 The Cong Vietel

Igitsindo ca mbere cinjijwe na Uwimana Yakubu, ica kabiri gitsindwa na Maniriho Destin n'ica kane, ica gatatu gitsindwa na Ndayikengurukiye Christophe, mu rukino rwatewe iteka n'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye n'abo bafashanya mu kurongora igihugu c'Uburundi. Stade Intwari ikaba yuzuye abakunzi b'inkino mu mpande zose z'ikibuga.

Uru rukino ubona ruza kurangira gute uravye ingene ruriko ruragenda?


๐Ÿ‘‘ Miss Burundi 2025 : Abigeme 15 ni bo batowe ngo babandanye mu gice ca nyuma cโ€™ihiganwa๐Ÿ“ Mu birori vyabereye kuri Sourc...
21/06/2025

๐Ÿ‘‘ Miss Burundi 2025 : Abigeme 15 ni bo batowe ngo babandanye mu gice ca nyuma cโ€™ihiganwa

๐Ÿ“ Mu birori vyabereye kuri Source du Nil kuri uyu wa 19 Ruheshi, hamenyekanye urutonde rwโ€™abigeme 15 bazobandanya mu gice ca nyuma ca Miss Burundi 2025. Abo nibo barushije abandi mu bijanye nโ€™ubwiza, ubuhinga bwo kwishura ibibazo, hamwe nโ€™imigambi bafise yโ€™iterambere.

๐Ÿ“‹ Ng'uru urutonde rwโ€™abigeme 15 bagiye mu gice ca nyuma :

1. Iteka Nelly Charlรจne
2. Tania Bazahica
3. Irakoze Iris Gloria
4. Iteriteka Daisy Gianna
5. Mugisha Jennifer
6. Niyonkuru Laly Linca
7. Kaneza Kellia Lagloire
8. Nshimirimana Neema Ciella
9. Gateka Marie Majeure Kaysha
10. Niyomugisha Valรฉrie Glorieuse
11. Mugisha Monica Cรฉleste
12. Kubwarugira Quessia
13. Kezimana Elsa
14. Kenguruka Dรฉlia Ketina
15. Nsabimana Emicha Bella

๐ŸŒŸ Ihiganwa Miss Burundi rigira uruhara rukomeye mu gushigikira urwaruka rwโ€™abigeme, rikabashikana ku rundi rwego mu kwiteza imbere no gushira mu ngiro imishinga ifitiye akamaro igihugu.

๐Ÿ“… Tubibutse ko โ€œfinaleโ€ itegekanijwe ku wa 25 Mukakaro uno mwaka.

๐Ÿ”ฅfeu rouge ๐Ÿšฆ yagarutse muyindi shusho muyitege
13/06/2025

๐Ÿ”ฅfeu rouge ๐Ÿšฆ yagarutse muyindi shusho muyitege







abana baje kuryama ๐Ÿ”ž hanyuma tubandanye na รฉvolution muri   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bakomeza batuzanira udusha๐Ÿคฉ .  wamusore agize iminsi atuz...
26/05/2025

abana baje kuryama ๐Ÿ”ž hanyuma tubandanye na รฉvolution muri ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ bakomeza batuzanira udusha๐Ÿคฉ .
wamusore agize iminsi atuzanira udusha barikumwe na mugikorwa Cabo kigira kabiri baciswe !

ikibazo ๐Ÿค” jewe nca nibaza mbega kubera iki bayiswe ?
hoho n'iki๐Ÿค” ?
"duhurira muri commentaire"





Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Aimรฉ In Action posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category