BAHO

BAHO Hommes , Jeunes

28/05/2025

Nikuki Abagabo bamwebamwe batinya kurya isombe?🙄🤣

28/05/2025

Fabrice Manirakiza

23/05/2025

Turetseko Province mukirundi ar'intara na quartier ar'umutumba! wombwira
Commune mu Kirundi?🙄🤳

22/05/2025

Amatora azoba meza cane 🇧🇮🖐️🖐️

19/05/2025

Nimuvuge ikintu urya ariko bidakunda kuhisha ko wariye; jewe n"umucungwe"🍋🍋

🤣🤣🤣🤣👇
14/05/2025

🤣🤣🤣🤣👇

Tugire CNDD-FDD👊
13/05/2025

Tugire CNDD-FDD👊

13/05/2025
♥️Nivy'ukuri amafaranga niyo atuma abantu bubahana canke nuko imitima yabo ariyo iri kure y'ukuri?👇Subiza muri comment d...
10/05/2025

♥️Nivy'ukuri amafaranga niyo atuma abantu bubahana canke nuko imitima yabo ariyo iri kure y'ukuri?
👇Subiza muri comment dusangire ivyiyumviro.






.

Abataragira suivre nabo nobasaba koboyikora kugira ntibaze bacikwe nibiganiro bikurikira

Address

Kamenge
Bujumbura
00257

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BAHO posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share