
18/02/2025
🚨🚨TAYARI FC BARCELONA ubu niyo iyoboye Iyindi migwi muri Laliga.
LaLiga yuyu mwaka izoryoha cane ntamugwi n'umwe bigaragara kuzotwara Kino gikombe .
Barça na Real Madrid banganya amanota bagasumbanya ibitsindo gusa !
Ngiyi classement !