Inside Burundi TV

Inside Burundi TV Welcome to Inside Burundi TV - Let’s dive into Burundi’s culture, people, and untold stories🎥✨

🚨 Warubizi 200 - 🤔 (FINAL ⚠️)Basha hariho abantu iyo bafise indoto canke ikintu bashaka kugerako bakora ibintu vyose bis...
17/09/2026

🚨 Warubizi 200 - 🤔 (FINAL ⚠️)

Basha hariho abantu iyo bafise indoto canke ikintu bashaka kugerako bakora ibintu vyose bishoboka mpaka bash*tse kuco bashaka ✅🔥

Ndazi neza ko abantu mwese muri ngaha hafi nka 99 kwi 100 ko mwese mwigeze kuba mufise indoto zo kuzoba abakinyi bakomeye canke b'abanyamwuga ⚽

Nahandi hose niko bimeze, ariko uyu wewe ngiye kubabwira ibintu yabishize kurundi gwego kuburyo bahavuye banamukorera na film (Documentaire) ivuga kubuzima bwiwe 🫢😳😳😳

Amazina yiwe yitwa "Carlos Henrique Raposo" ariko bamutazira "Kaiser", yavukiye mugaci kitwa "Rio Pardo" mugihugu ca Brésil 🇧🇷

Nk'uko musanzwe mubizi, Brésil ni igihugu gikomeye cane mubijanye n'umupira w'amaguru 🇧🇷⚽✅

Rero buri mwana ahavukiye, aba afise indoto yokuzovamwo umukinyi akomeye muri kazoza, no kuri Kaiser niko vyari bimeze, yiphuza kuzoba umukinyi w'igihangange 😅🤔

Ariko rero ikibazo cari kihari, n'uko mumupira w'amaguru Kaiser yari zéro, no gufunga umupira ntavyo yashobora, muri make ntakintu nakimwe yar'ashoboye muvyerekeye gukina umupira w'amaguru 🙆‍♀️🙆‍♀️🙆‍♀️

Ariko muraza kuvyumva, naho atarazi nagato gukina umupira w'amaguru vyarangiye akiniye umugwi wambere ukomeye muri Brésil 😳

Rero Kaiser akiri muto, ishure ryose ryigisha umupira yajamwo batera bamwirukana kuko bavuga ko atokwigera ashobora gukina.

Vyaramubabaza cane kuko yakunda umupira w'amaguru kandi yari yiphuza kuzovamwo umukinyi, ariko rero muga nawenyene yarazi ko batamuhora ubusa, yarabona kabisa ko gukina umupira w'amaguru vyamunaniye atari ibintu vyiwe 😅😅😅

Rero yaciye yiga ubwenge bwogushika ku ndototo ziwe kuburyo n'ubu vyasize ubwenge abahinga ingene yabikoze, nababwiye ko banamukoreye na film ivuga kubuzima bwiwe ✅

Ati rero yaciye abigenza gute ⁉️

Yaciye yiga ubwenge bwo kugiranira ubucuti n'abakinyi bakomeye bo muri Brésil, yagenda kukibuga yambaye neza cane nk'umunonotsi (umu sportif) hama akabwira abantu bose ko yahoze ari umukinyi akomeye ariko ari mubiruhuko gusa ngo ntiyiphuza gusubira

🔵🔴 ITANGAZO RYA BARCELONE KUMVUNE YA GARCÍA Amakuru meza kuri Joan García😌 Umunyezamu wa Barça afise gusa ububabare buto...
17/09/2026

🔵🔴 ITANGAZO RYA BARCELONE KUMVUNE YA GARCÍA

Amakuru meza kuri Joan García
😌 Umunyezamu wa Barça afise gusa ububabare buto kw’vi ry’iburyo, kandi nta mvune ikomeye afise.

🧤 Azomara imisi mike akora imyimenyerezo yo gusubirana inkomezi. Kubera kwirinda, ashobora kuruhuka mu rukino rwa Sevilla.

🇪🇸 Ku wa gatanu ni ho hazofatwa ingingo nimba azohamagarwa mu mugwi nserukira g’igihugu wa Espagne .

Umuhungu yanditse ati Gündo ndaziko wamenyekanye kuri réseau sociaux ufise imbuga nziza zikurikiranwa nnabantu benshi nd...
16/09/2026

Umuhungu yanditse ati Gündo ndaziko wamenyekanye kuri réseau sociaux ufise imbuga nziza zikurikiranwa nnabantu benshi ndashaka umfashe ikikintu:
Gündo Ndi umuhungu mfise imyaka 42ans Mbamuri Canada ndashaka umukobwa Twokubakana Afise indero nk’iyabarundikazi yahejeje amashure Afise akazi kariko kose asenga imana ukuyemwo ayamadini(Pentecôte,Musulman,abumusi windwi)

Nshaka umukogwa Ari Sérieuse Murukundo ko mfise vision yokwubaka urugo. Gündo nshaka umukobwa arihagati y’imyaka 25-30ans.

Gündo mfasha icokintu shaa wubahwe🙏🙏

Uyumumenyeshamakuru wa Yaga Karimwiza ukuntu? ntawompa numéro ya mutoya wiwe?😀
15/09/2026

Uyumumenyeshamakuru wa Yaga Karimwiza ukuntu? ntawompa numéro ya mutoya wiwe?😀

Umutetsi twubaha muntara ya Bujumbura 🤪🔥🔥 Uramaze gufungura ivyoyateguye??
15/09/2026

Umutetsi twubaha muntara ya Bujumbura 🤪🔥🔥
Uramaze gufungura ivyoyateguye??

Uwumwigisha Mubona atanga Cours yitwa gute??
15/09/2026

Uwumwigisha Mubona atanga Cours yitwa gute??

Imbago Niyomutabazi??😀
15/09/2026

Imbago Niyomutabazi??😀

Muri iyi comedy turerekana mu buryo bwo gusetsa ingaruka zo kwiba n...

Aha rero Nabantu batazi Show icarico😀😀😀😀
14/09/2026

Aha rero Nabantu batazi Show icarico😀😀😀😀

14/09/2026

Gündo le comédien Muri Agacrise Night Show ejo yaryoheye abafana muri Comedy

Umusi wambere wishure ugeze wiyumva gute uciga??🔥😀😀
13/09/2026

Umusi wambere wishure ugeze wiyumva gute uciga??🔥😀😀

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inside Burundi TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category