Sida comedian

Sida comedian I'm comedian Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ and International. Business Number : +257 66539418

Amen Amen Amen Amen ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
07/07/2025

Amen Amen Amen Amen ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Mwabonye Yuko Comedy Zingejeje Kureee ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅNamaze Guhabwa Badget (Baje yico Nkora )I Bujumbura Nkaba Nayihawe Na Buja Nig...
21/06/2025

Mwabonye Yuko Comedy Zingejeje Kureee ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Namaze Guhabwa Badget (Baje yico Nkora )I Bujumbura Nkaba Nayihawe Na Buja Night comedy.

Ndabatumiye Rero kuri ya Dimanche ya Ouverture ya Buja Night comedy le 22/6/2025.

Ndagusabe Rero nimba uri I Bujumbura, ugure I Ticket kugira muzoze Kunshigikira kuko Atamwebwe Nta Jewe ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Ticket :
Simple : 5000fb
VIP :10000Fbu

Placรฉ : Kumuganuro Bar

In location ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
19/06/2025

In location ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Waaoooh !! Buja Night comedy yamaze kubashwaramwo ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅNi Buja Night comedy ifise intumbero yokuza irateramika abantu Mi...
17/06/2025

Waaoooh !! Buja Night comedy yamaze kubashwaramwo ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Ni Buja Night comedy ifise intumbero yokuza irateramika abantu Minsi yose Dimanche, Ni kumusi wa mungu le 22/6 /2025 ( jour d'ouverture) Hagiye Gushaaaa๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Mugiye kuza muratwenga Nimbavu zume Biciye kuba Comedian Ba Buja Night comedy.

Nkaba ndabatumiye muzoze Kunshigikira kuko nzoba ndiko ndakumbagaza abantu Aho bita Centre ville, Kumuganuro Bar.

Nimba wipfuza Kuhashika , Wogura Ticket vyihuta kuko ababimenye keraa baza baraguze Ticket.

Ticket :
VIP : 10000Fbu
Simple : 5000Fbu

19/05/2025

Mbega Sida Comedian !! Uku Niko na Radio yigihugu RTNB isigaye imukwirikirana!! ๐Ÿ˜†๐Ÿ˜†๐Ÿ˜†

19/05/2025

Nguyo Sida Comedian ,I Bujumbura Baramukunda cane kuko ngo arabatwenza Canรฉe.

Good Afternoon for everyone๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธ
14/05/2025

Good Afternoon for everyone๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉ๐Ÿ‡จ๐Ÿ‡ฉโ™ฅ๏ธโ™ฅ๏ธ

Uyumwaka ngiye kubatwenza caneee
26/04/2025

Uyumwaka ngiye kubatwenza caneee

Address

Rumonge
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sida comedian posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share