Augustin Nsengiyumva

Augustin Nsengiyumva |For more infos contact us on |
My whtsp:+25761317186

Uze wibagire ivyiza vyose n'ibibi abantu bagukoreye ariko ntuzigere wibagira Imana yawe.
19/09/2026

Uze wibagire ivyiza vyose n'ibibi abantu bagukoreye ariko ntuzigere wibagira Imana yawe.

Harakwiriye kubaho umuntu umwe muri   ndundi yigisha akanafasha gukuza aba acteurs, Filmakers ,Directors akabikorana uru...
17/09/2026

Harakwiriye kubaho umuntu umwe muri ndundi yigisha akanafasha gukuza aba acteurs, Filmakers ,Directors akabikorana urukundo atitaye kunyungu ziwe nkuko abikorera umuziki ndundi.

Vyose biba kumugambi w'Imana.Niwabona uwagukunda akwanse uzushime Imana kuko n'igihe yagukunda ntaco wariwatanze kumana....
16/09/2026

Vyose biba kumugambi w'Imana.Niwabona uwagukunda akwanse uzushime Imana kuko n'igihe yagukunda ntaco wariwatanze kumana.

Niwaramuka uhisemwo icukora ntuzigere narimwe wishinga ibibi bakuvugako n'imitego bagutega.Urakomeza ukora kandi usenge,...
15/09/2026

Niwaramuka uhisemwo icukora ntuzigere narimwe wishinga ibibi bakuvugako n'imitego bagutega.Urakomeza ukora kandi usenge,usenga wongera ukora kandi udacika intege.Nizerako ufise Imana atakizopfa.

Dushimire Imana yadushoboje kwitwa amazina hari abobitakunze ko bavuka,Iyomana nyene ikadushoboza kuba tugihema mugihe b...
14/09/2026

Dushimire Imana yadushoboje kwitwa amazina hari abobitakunze ko bavuka,Iyomana nyene ikadushoboza kuba tugihema mugihe benshi bapfuye uyumusi.Harivyinshi vyogushima Imana ariko munkundire nokuri wewe wumva umengo ntibwiye ugire uti:"IZINA RYAWE NIRYUBAHWE"

  saison 4 igire idushwaremwo.Ico nobemeza coco nuko iyi saison 4 niyonziza cane kuruta izindi zose mwabonye.Mushatse mu...
13/09/2026

saison 4 igire idushwaremwo.Ico nobemeza coco nuko iyi saison 4 niyonziza cane kuruta izindi zose mwabonye.Mushatse muzompinyuze.

'UBUNTU

Si Blague Twahuye nsubira kwumva urukundo rukindimwo.Munsengere Angely  ntabimenye ngwasubire kurira basha.
12/09/2026

Si Blague Twahuye nsubira kwumva urukundo rukindimwo.Munsengere Angely ntabimenye ngwasubire kurira basha.

Shira muri commentaire ifoto y'abavukanyi bawe baberewe nkababanje hama nce ndabaposta.
11/09/2026

Shira muri commentaire ifoto y'abavukanyi bawe baberewe nkababanje hama nce ndabaposta.

Nimba uzineza ko n'Imana yaremye ijuru n'isi hariho abantu bayikosora,abatayubaha n'abandi batayikunda hagarika gushaka ...
11/09/2026

Nimba uzineza ko n'Imana yaremye ijuru n'isi hariho abantu bayikosora,abatayubaha n'abandi batayikunda hagarika gushaka gukundwa nabose kandi uzineza kutari amahera.

'UMUSI

Ahantu hizewe wokwipimishiriza ishano bakakuvura neza kumahera make.Ni centre ville bujumbura iruhande ya cafe gourmand ...
10/09/2026

Ahantu hizewe wokwipimishiriza ishano bakakuvura neza kumahera make.Ni centre ville bujumbura iruhande ya cafe gourmand kuri Pave y'Avenue dela France munyubakwa ya Immeuble KUMUHORORO muri Etage kwibarabara Bureau No5.Uhageze hejuru uzobona Banderole yanditseko AUGUHEALTH CENTER uzoba ush*tse.

Iciza caho:

●Bapima neza kandi kuri make.
●Imiti irazimbutse cane kuruta ahandi hose kandi ikiza umuntu itiriwe iramubabaza

Ubakeneye andikira muganga kuri:

Whatsapp:+25771927312

Murakoze

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Augustin Nsengiyumva posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share