Bert-one Melodie

Bert-one Melodie ukoze suivre(follow) ucumbwira nanje nkore suivre nimba ufise page canke youtube tiktok hose genda mukore suivre nanje nca ngaruka kubigukorera

01/08/2025
Baça juu sana
31/07/2025

Baça juu sana

30/07/2025

GUKUNDANA N'UMUKOBWA YITUKUJE SI IKIBAZO IKIBAZO N'UKO WICARA U*I NGO UZOVYARA UMWANA W'INZOBE

30/07/2025

NTUGASHIRE AMAHERA MU MUFUKO UMWE N'UWO WASHIZEMWO TÉLÉPHONE

NZOBIGUSIGURIRA HANYUMA UKO NABABAYE

Abantu batera inda baragowe
30/07/2025

Abantu batera inda baragowe

  6  zumuriro 🔥 zakwijije aha🇧🇮🇧🇮1M mukwezi kumwe gusa kumwanya wambere tuhasanga 1 Sat-B   2 Big Fizzo   3 Adrick AKIM ...
28/07/2025

6 zumuriro 🔥 zakwijije aha🇧🇮🇧🇮
1M mukwezi kumwe gusa kumwanya wambere tuhasanga 1 Sat-B 2 Big Fizzo 3 Adrick AKIM 4 Drama T 5 Dj Fernando +257 6 Alvin smith frimeur nizo ndirimbo zakwije 1M mukwezi kumwe gusa uwo nibagiye mubwire ntaco ntazobakorera mukinfise 🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥

kanda canke wirenganire

#

𝗠𝗜𝗦𝗦 𝗕𝗨𝗥𝗨𝗡𝗗𝗜 𝟮𝟬𝟮𝟱 ni   – ni we umaze kwegukana ikibanza cya mbere nk’umukobwa mwiza, w’inyangamugayo kandi w’inyabwenge ...
27/07/2025

𝗠𝗜𝗦𝗦 𝗕𝗨𝗥𝗨𝗡𝗗𝗜 𝟮𝟬𝟮𝟱 ni – ni we umaze kwegukana ikibanza cya mbere nk’umukobwa mwiza, w’inyangamugayo kandi w’inyabwenge mu gihugu cacu c’Uburundi 💖💖🇧🇮

🎉 Yaronkejwe ibihembo bikomeye birimwo:

✅ 25.000.000 Fbu
✅ Imodoka nshasha
✅ Itike y’indege yo kuja muri Ethiopia
✅ N’ibindi bihembo vy’agaciro 💝

💬 Ubu none se wowe ubivugako iki?
Hari uwo wumva barenganije? Canke Kellia ni we yabikwiye koko?

👇🏽 Dusangire ibitekerezo mu mahoro n’urukundo rw’igihugu 🇧🇮

Ibuka gukora ndi

🇧🇮🇹🇿🔥Vyarangiye Adrick AKIM Agira Arongogwe   🇹🇿Na  update Umurimyi kazi Ewe Ibintu Ntibigiye kworoha Umukazana kuva   T...
26/07/2025

🇧🇮🇹🇿🔥Vyarangiye Adrick AKIM Agira Arongogwe 🇹🇿Na update Umurimyi kazi Ewe Ibintu Ntibigiye kworoha Umukazana kuva Twamaze kumuronka kuko Ageze WhatsApp Yidondora nisigurako AKIM Imwana Ashobora kumukura mumenyo yabashinei🙄🙄🤣🤣

🤣 Uyumusi hoho ntawuharira n'a Tsp nabazaniye Ama Message Umukobwa yironderera umuhungu Aho mwitazwa ngo Ntagiswahiri izi ubu rero subira mupinge wmugati karibu Iwacu Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥
kanda wirenganire

✈️🇧🇮Mwite 𝗞𝗔𝗡𝗘𝗭𝗔 𝗞𝗲𝗹𝗹𝗶𝗮 𝗟𝗮𝗴𝗹𝗼𝗶𝗿𝗲 niwe yatowe nka 𝗠𝗜𝗦𝗦 𝗕𝗨𝗥𝗨𝗡𝗗𝗜 𝟮𝟬𝟮𝟱...Yaciye aronswa agashimwe k'amafaranga agera kuri mi...
26/07/2025

✈️🇧🇮Mwite 𝗞𝗔𝗡𝗘𝗭𝗔 𝗞𝗲𝗹𝗹𝗶𝗮 𝗟𝗮𝗴𝗹𝗼𝗶𝗿𝗲 niwe yatowe nka 𝗠𝗜𝗦𝗦 𝗕𝗨𝗥𝗨𝗡𝗗𝗜 𝟮𝟬𝟮𝟱...

Yaciye aronswa agashimwe k'amafaranga agera kuri miriyoni 25 z'amarundi n'umuduga utanywa igitoro ukoreshwa n'umuyagankuba, kurihigwa ikite y'indege yo kuja muri Ethiopie n'ubundi bushimwe 💖

✅Miss Burundi 2025 mumubona gute??

✅Akajambo kamwe kuno mukobwa mwiza aciye ubwenge Uburundi bwose iyi 2025...
🇧🇮
Kanda kuri

26/07/2025

Huyu si LAMINE YAMAL ni Ndaro wanafanana

😍 ABASHIZWEHO NKABARONGIZI BAMAKOMINE MU 🇧🇮1. Intara ya BUHUMUZA1. BUTAGANZWA : Onesime Ngendandumwe 2. BUTIHINDA : Cari...
26/07/2025

😍 ABASHIZWEHO NKABARONGIZI BAMAKOMINE MU 🇧🇮

1. Intara ya BUHUMUZA

1. BUTAGANZWA : Onesime Ngendandumwe
2. BUTIHINDA : Carine Belyse Dukundane
3. CANKUZO : Marie-Rose Nahimana
4. GISAGARA : Japhet Nzirubusa
5. GISURU : Amos Ndayizamvye
6. MUYINGA : Amédée Misago
7. RUYIGI : Diane Niyibitanga

2. Intara ya BUJUMBURA

8. BUBANZA : Jérémie Simbagoye
9. BUKINANYANA : Isaac Niyokwizera
10. CIBITOKE : Éloge Najeneza
11. ISARE : Léonidas Ntirandekura
12. MPANDA : Léopold Ndayisaba
13. MUGERE : Adélaïde Hatangayo
14. MUGINA Umugabo Hutu
15. MUHUTA : Consolateur Nitunga
16. MUKAZA : Aline Bigirimana
17. NTAHANGWA : Alexis Havyarimana
18. RWIBAGA : Frédéric Manirakiza

3. Intara ya BURUNGA

19. BURURI : Godelive Ntakirutimana
20. MAKAMBA : Prosper Bizimana
21. MATANA : Gloriose Niyubahwe
22. MUSONGATI : Claudine Niyoyitungira
23. NYANZA : Diomede Dusengimana
24. RUMONGE : Augustin Minani
25. RUTANA : Gordien Ntakirutimana

3. Intara ya BUTANYERERA

26. BUSONI : François-Xavier Karenzo
27. KAYANZA : Godefroid Niyonizigiye
28. KIREMBA : Pascal Habiyakare
29. KIRUNDO : Jean Berchmans Ndikuriyo
30. MATONGO : Janvière Kanyana
31. MUHANGA : Annonciatte Nizigiyimana
32. NGOZI : Dominique Ndikuryayo
33. TANGARA : Jean-Pierre Ndikuryayo

4. Intara ya GITEGA

34. BUGENDANA : Melchiade Ciza
35. GISHUBI : Apollinaire Baryana
36. GITEGA : Dr. Jacques Nduwimana
37. KARUSI : Vanessa Butoyi
38. KIGANDA : Diane Irakoze
39. MURAMVYA : Eric Nkurunziza
40. MWARO : Calixte Rwarukundo
41. NYABIHANGA : Marie-Chantal Niyonzima
42. SHOMBO : Renovat Ndayikengurutse

Abo ni bashasha b' .
mashasha agize intara zitanu

kanda na hama #
un grand merci pour

Address

Bujumbura

Telephone

+25766639842

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bert-one Melodie posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share