Murika Buja Media

Murika Buja Media Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Murika Buja Media, Media/News Company, Bujumbura.

 : Imyaka 50 yaraye irumanye igisata ca   citaho irwirirana ry'abantu   gikorera mu Burundi.Mu birori vyaraye bibaye kur...
24/07/2025

: Imyaka 50 yaraye irumanye igisata ca citaho irwirirana ry'abantu gikorera mu Burundi.

Mu birori vyaraye bibaye kur'uyu wa 21 Mukakaro mu gisagara ca Bujumbura aho igisata c'ishirahamwe mpuzamakungu citaho irwirirana ry'abantu cariko cigina imyaka 50 iheze bakorera ku butaka bw'Uburundi.

Ivyo birori vyari vyatewe iteka na Nyenicubahiro umutambukanyi w'umukuru w'igihugu NDAYISHIMIYE, Buramatari w'intara ya Bujumbura nshasha, abaserukira ibihugu vyabo aha mu hamwe n'abandi banyacubahiro batandukanye.

Mw'ijambo Nyenicubahiro umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline NDAYISHIMIYE yashimye ibikorwa yaranguriye mu gihugu c'Uburundi aho ubu imbanyi zitifuzwa zagabanutse , umuvyeyi akibaruka ata ngorane n'ubushobozi bwa buri mwana bugashirwa mu ngiro.

Uwuserukira mu Burundi nawe yamenyesheje ko ivyo vyose kuba barabish*tseko n'uko bakoranye neza na Leta y' ikabagirira icizere.

Yashimiye kandi amashirahamwe mpuzamakungu, amashirahamwe ategamiye reta, ay'abikorera utwabo, abashingamateka, ibimenyeshamakuru hamwe n'amashengero babanye nabo mu bikorwa yaranguye kandi n'ubu igikomeza kurangura.

Ivyo birori vyaranzwe n'intahe, ivyese n'indirimbo ndangakaranga.



/social

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Murika Buja Media posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share