14/09/2026
Ecole technique vocale wipfuza kwiyandikisha imiryango iruguruye plus d'information 71325700 murakoze
Gutahura kuba kubwatsi no kuba kubirenge vya gamariyeri bingana no kumenya inkomoko yawe no kuvuga bimatanye no kubatizwa maze ukabaho u*i umuvyeyi wawe
Muvyeyi ndagukunda kandi ndakubaha cane
Uri umugisha kubwanje kuko uriko wubaka vyinshi muri jewe ,Imana ibandanye iguhezagira cane
Ikibazo nfise niki mbega nawe uruwo kwande
Konzi neza ko mubintu vyose ibiboneka n'Ibitaboneka habaho kuvyarwa.