AMAKURU KURI R.P.A

AMAKURU KURI R.P.A Welcome to R.P.A/ Bienvenue sur la R.P.A/ Murahawe Ikaze kuri R.P.A

18/07/2025

Umuntu Akoresha Iterefone Ya Alice Nzomukunda Iyimwake Vyihuta!

18/07/2025

IMBONERAKURE 😏

 .Uyu Mukecuru Nkahamwe Atokwicarirwa Azokwegera Igihugu cu Burundi Akarambaraye._Alice Nzomukunda.
17/07/2025

.

Uyu Mukecuru Nkahamwe Atokwicarirwa Azokwegera Igihugu cu Burundi Akarambaraye.

_Alice Nzomukunda.

 Evarisito Ndayishimiye Azoba Umukuru w'Igihugu Wa Mbere Amaze Kugira Ingendo Nyinshi Hanze Y'Igihugu cu Burundi Ariko I...
17/07/2025



Evarisito Ndayishimiye Azoba Umukuru w'Igihugu Wa Mbere Amaze Kugira Ingendo Nyinshi Hanze Y'Igihugu cu Burundi Ariko Ingendo Agira Akaba Atakamaro Nakamwe Zizanira Igihugu cu Burundi ATI Gute? Zimwe Mungendo Agira Azigira Yaborewe Ariko Yigina Bigatuma Igihugu cu Burundi Gitakaza Amafaranga Menshi Yamadorari, Evariste Ndayishimiye Yarananiwe Kugena Umushikiranganji wimigenderanire Mungendo Zisanzwe, Uyo Ndayishimiye Amakuru Duhabwa Nabo Bagendana Mundege NGO Aba Yaborewe Bigatuma Abarwizatunga Bataronka UMWANYA Wokuyaga nawe Kubijanye Niterambere Kugihugu cu Burundi.

MUMISI IRIMBERE Tuzoshira Ahabona Isanamu Evariste Ndayishimiye Yaborewe Acarwahasi Munama Yategerezwa Kuyaga Neza Nabarwizatunga Babany'America.

17/07/2025

Mu Burundi Uroberwa Umusore Hamwe N'Umutama Bose Baba Kubavyeyi Babo.

Birababaje Kubona Igihugu cu Burundi Gitwarwa N'Imbwa Gusa.-Alice Nzomukunda.
09/07/2025

Birababaje Kubona Igihugu cu Burundi Gitwarwa N'Imbwa Gusa.

-Alice Nzomukunda.

09/07/2025

Igihugu cu Burundi Kigeze Harya Muririmba ATI:“WARAPFUYE NTIWAPFUYE”.

05/07/2025

IKIBAZO.
Amatoni Evariste Ndayishimiye Yajanye Muri Zambia , Yayatwaye Kugira Abarundi Bakorera Imirimo Muri Zambia Birukanwe?

 .Abarundi Bakorera Imirimo Muri Zambia Babandanya Gufatwa Nkuko Bishikirizwa Nabamwe Mu Barundi Basanzwe Baba Muri cogi...
05/07/2025

.

Abarundi Bakorera Imirimo Muri Zambia Babandanya Gufatwa Nkuko Bishikirizwa Nabamwe Mu Barundi Basanzwe Baba Muri cogihugu Kuva Kumusi wa Mbere Ntamurundi canke Umunyamahanga Akorera Muri Zambiya Yigeze Yugurura Amaduka, Uwuserukira Igihugu cu Burundi Muri Zambia Ntaco Arashikiriza Kubijanye Nivyo Evariste Ndayishimiye Yemereye Abarundi Baba Muri Zambia Kobazokora Neza Batariko Baraburabuzwa.

📷 President of Boatswa.
05/07/2025

📷 President of Boatswa.

Hagati Ya Evariste Ndayishimiye na Nyenicubahiro Pacifique Nininahazwe Ninde Akwiye Kurongora Igihugu cu ẞurundi.Note Bi...
27/06/2025

Hagati Ya Evariste Ndayishimiye na Nyenicubahiro Pacifique Nininahazwe Ninde Akwiye Kurongora Igihugu cu ẞurundi.

Note Bien Amatora Azaguhera 23hrs:59mins

27/06/2025

.

Umwihwezo wacu.

Mu Burundi Nta Mugambwe Numwe Canke Umuntu UMWE Rudende Azoshobora Gukura Umugambwe wabasuma Cndd Fdd Kubutegetsi Atari Pacifique Nininahazwe Wenyene , Kubwivyo Turasavye Ishirahamwe FOCODE Rirekure Nininahazwe Aje Kurugamba RWA POLITIKE Kugira Yitoze Mukibanza C'Umukuru w'Igihugu Urya Munyagitega Tumusenyure.

Kurikira : Amakuru Avugwa Mu Burundi. 26/06/2025

Address

Rohero

Telephone

0025722244334

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when AMAKURU KURI R.P.A posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share