22/01/2026
🎤🎙️🎹Biographie Yimuririmvyi
🎉🎶 Gukeza Umuririmvyi W’Intoranwa – BIG FIZZO (Furious) 🎶🎉
Big Fizzo, yahora azwi ku zina rya Furious, ni umwe mu pionniers b’umuziki w’Uburundi w’iki gihe. 🐐🔥
Yatanguye umuziki wiwe mu mwaka wa 2000, akiri muto cane, afise indoto nini n’urukundo rukomeye rw’umuziki. 🎧✨
📍 Aho yatanguriye n’aho yakuriye:
Yavukiye mu Burundi 🇧🇮, arakurira mu gihugu c’amahoro n’impano, aho yatanguye kwubaka izina ryiwe buhorobuhoro biciye mu bikorwa n’ukwihangana. 💪🎤
🔁 Kuva kuri Furious gushika kuri Big Fizzo:
Mu rugendo rwiwe, yahisemwo guhindura izina akava kuri Furious aja kuri Big Fizzo, izina ryamubereye umugisha rikamushikana ku rwego rwo hejuru mu muziki w’igihugu. 🚀🔥
🏢 Intambwe ikomeye – Label:
Mu 2016, Big Fizzo yarashinze label yiwe bwite yitwa Bantu Boy Entertainment, label yabaye inkingi ikomeye mu guteza imbere umuziki n’abaririmvyi b’abarundi. 🏆🎶
🌟 Ivyo amaze gushikako:
✔️ Indirimbo nyinshi zakunzwe cane
✔️ Aba mu baririmvyi b’imbere mu gihugu
✔️ Ubufatanye n’abandi baririmvyi bo mu karere
✔️ Guhindura no guteza imbere culture y’umuziki w’Uburundi
✔️ Kuba ikimenyetso c’urwaruka n’inkomezi z’igihugu 💎🔥
👏🔥 Turamukeza cane Big Fizzo (icone)ku rugendo rurerure amaze gutemberamwo kuva mu 2000 gushika uno musi, ku bikorwa vyiwe, no ku gukomeza izina ry’Uburundi.
➡️ Urugendo rurabandanya, intsinzi ziracariko ziraza! 🚀✨
🇧🇮❤️ Big Fizzo – Bantu Boy Forever ❤️🇧🇮
⸻
🔥 HASHTAGS 🔥
🔥