01/03/2026
๐ค๐ด ๐ฎ๐ท๐ฏ๏ธ : Perezida wa Leta
Zunze Ubumwe za Amerika ari ๐๐ผ๐ป๐ฎ๐น๐ฑ
๐ง๐ฟ๐๐บ๐ฝ, yongeye gutanga gasopo kuri
IRAN. ๐ธ๐ฅ
Inyuma yโamajambo yavuzwe ko Iran Ishobora kwongereza ibitero vyayo.
Mu butumwa bwiwe, Trump yavuze ati :
" Iran bavuze ko bagiye kurasa kuruta
Uko boba barigeze kurasa. Nobahanura
Ko batobikora. Kuko nibabikora, natwe
Tugiye kubarasa kuruta uko twoba
Twarabikoze mu mateka yโisi." ๐๐บ๐ธ
โขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโขโข
โขโขโขโขโขโขโขโข ๐๐