IMBO TV

IMBO TV TWIBANDA KUBUSESENGUZI BWA POLITIQUE YA KARERE NA MPUZAMAKUNGU,AMAKURU YA POLITIQUE N'ITERAMBERE RY'IGIHUGU CACU🇧🇮

MUGIHUGU C'URWANDA HOBA HAKORERWA UBWICANYI BUFATIYE KURUDANDAZWA RW'IBICE VY'UMUBIRI NK'AMAFYIGO?Urubuga   rukoreshwa n...
20/06/2026

MUGIHUGU C'URWANDA HOBA HAKORERWA UBWICANYI BUFATIYE KURUDANDAZWA RW'IBICE VY'UMUBIRI NK'AMAFYIGO?

Urubuga rukoreshwa nabamwe mubahoze mubutegetsi bwa ruherutse kuvugako murwanda haba ubwicanyi bukorwa na bamwe mubakomeye mugihugu bugamije gukuramwo amafyigo ababa bishwe hama akaja kugurishwa kubayakeneye.sivyo gusa ngo nabasirikare bapfira muntambara barimwo muri Congo ngimbere yo kubahamba babakuramwo ivyo bice bakaja kubicuruza kumavuriro kuko binazimvye cane kandi bigoye nukubona.

Amakuru yubwobwicanyi aranagarukwako muri dossier ya umukinyi wamareresi yibiterasoni munyandiko ya Maître avuga ibijanye nababurirwa irengero ry'abantu bakicwa bagakurwamwo ivyobice vy'umubiri.

.com

💥❤️MWARAYE MWUMVISE ITANDUKANIRO RYA LETA Y'UBURUNDI IKOMOKA KURI   NA LETA Y'URWANDA IKOMOKA KURI  ?Mugihe Inama nshing...
20/06/2026

💥❤️MWARAYE MWUMVISE ITANDUKANIRO RYA LETA Y'UBURUNDI IKOMOKA KURI NA LETA Y'URWANDA IKOMOKA KURI ?

Mugihe Inama nshingamateka na nkenguzamateka ziherutse kwemeza ko muburundi habaye ihonyabwoko ryakorewe abahutu mumwaka wa 1972 kubutegetsi bwa ,Nyenicubahiro umukuru wigihugu yaraye ahumurije abarundi bo mubwoko bw'abatutsi bokwibaza ko icocaha ndengamere kizobitirirwa aho yavuzeko "ihonyabwoko ryakozwe n'ubutegetsi bubi" kandi ko "ubutegetsi bubi butagira ubwoko".

Nikintu caraye kinezereye abarundi bo mumoko yose,ibitandukanye no murwanda rwa aho Ingabo za ubwazo zateguye jenoside zikica perezida havyarimana zikaniyicira abatutsi ariko ikibabaje nuko ihonyabwoko bariremetse kumutwe wumuhutu wese nuwutaravuka avukana icaha!

Uburundi bugiwe imbere n'ubutegetsi bwa ntaco butakoze ngo amoko yose anwane,ariko hamwe bigasubizwa inyuma na politike mbi ya ! nubwo ubutegetsi bwa bwari hukorz jenoside ntansiguro nimwe vyari kugira ngo vyitirirwe abahutu kandi mwobaye mufise amazina yababikoze. n'urunani rwigisha amacakubiri mukarere kose ahari ubwoko bwitwa abatutsi .



ikiriho.bi

❤️💥MWARI MUZIKO AHANTU HENSHI HARIKO HIMBWA UBUTARE BUTANDUKANYE MUBURUNDI HARIKO HUBAKWA N'AMAHINGURIRO YO KUBUHINGURA?...
20/06/2026

❤️💥MWARI MUZIKO AHANTU HENSHI HARIKO HIMBWA UBUTARE BUTANDUKANYE MUBURUNDI HARIKO HUBAKWA N'AMAHINGURIRO YO KUBUHINGURA?

Ubutegetsi bw'Uburundi bukomoka kumugambwe bugiwe imbere na Nyenicubahiro umukuru w'igihugu General buriko bunagura igisata c'Ubutare kurugero rutari bwigere rubaho muburundi.
Ngaha ahantu hamaze kumenyekana ko hariko hubakwa amahinguriro:
i Busoni muri ya kera ko hariko hubakwa ihinguriro rizohingura za nubundi butare bijanye buriko burahimbwa,
muri muyinga ya kera hariko hubakwa ihinguriro rikomeye rizoba rihingura inzahabu ,
muri Cibitoke ya kera Naho hariko hubakwa ihinguriro rizohingura lithium nubundi butare birikumwe,...hari nahandi henshi agiye gutangura kubakwa❤️🦅

Ibi vyose biriko biraba kubera uburongozi bwiza bwa General Neva twahawe numugambwe ,ibaze mumyaka ibiri ikurikira ayomahinguriro yose azoba asohorera umwimbu icarimwe ingene uburundi buzoba bumeze!
Abantu mwidondomba mubihagarike kuko akarinyuma karahinda.ivyo biruko mugihe mugisata c'umuyagankuba naho hari umuvuduko utigeze ubaho kuva uburundi bwaremwa.

Weho nigiki kiriko kiratuma unyurwa nuburongozi bwa Perezida wacu?

NI KUBERIKI IMBONERAKURE ZIRI MURI   NDUNDI MUBICE BITANDUKANYE VYISI ZIDAHAGURUKA NGO ZIJE KURI  ,  NA   NGO ZIYAMIRIZE...
19/06/2026

NI KUBERIKI IMBONERAKURE ZIRI MURI NDUNDI MUBICE BITANDUKANYE VYISI ZIDAHAGURUKA NGO ZIJE KURI , NA NGO ZIYAMIRIZE IBINYOMA VYIRIRWA BIRATAMIKWA URWARUKA RW'UBURUNDI RUBANJE GUHENDESHWA UDUFARANGA?

Kurwanira igihugu sugufata ibiturika gusa,ariko ushobora kuburwanira mugutuma ishusho ryabwo ridatosekara ngo canke umwansi yigarurire imitima yabatandukanye ukoresheje telefone yawe canke mudasobwa.
ni kuberiki murekera imbuga abarundi bifatanya numwansi wuburundi ugasanga hari effectifq runaka surtout les jeunes bamaze kuba manipulés nabo bantu kuberako aribo baja kumbuga gusa,mwebwe mubura iki??

Sur Ntivyakunze ko turwanira igihugu dukoresheje ibirwanisho,ariko pschologiquement nous sommes déterminés à nous battre pour notre mère nation contre ses énnemis !

19/06/2026

NI KUBERIKI ABANYARWANDA BASHIGIKIYE UBUTEGETSI BW'INKOTANYI BATUKANA IBITUTSI NKAHO UMENGA NTIBAREZWE N'ABAVYEYI💔😭,MWIHANURE

KUBERA UBURONGOZI BWIZA BWA NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU GENERAL  ,  ISANGA UBURUNDI BUGIYE GUTERA IMBERE KUMUVU...
19/06/2026

KUBERA UBURONGOZI BWIZA BWA NYENICUBAHIRO UMUKURU W'IGIHUGU CACU GENERAL , ISANGA UBURUNDI BUGIYE GUTERA IMBERE KUMUVUDUKO UDASANZWE.

Mucegeranyo c'ikigega mpuzamakungu cakoze,casanze uburundi buri kumurindi udasanzwe kubera ingingo zagiye zirafatwa na leta y'Uburundi kuburongozi bw'umukuru wigihugu ,aho kivugako ubutunzi bwuburundi bwaduze kubice 4,2% mumwaka uheze bivuye kugushora hanze ikawa n'ubutare bwo mubwoko bw'inzahabu.
kandi ikavuga ko nibiciro vyakorotse aho vyavuye kubice birenga 40% bikaja musi yibice 10%.icokigenga mpuzamakungu kandi kiravugako uyumwaka ubutunzi buziyongera kurugero rwa 3,9% aho kinabonako hagati yumwaka wa 2027 na 2031 ubutunzi bwuburundi buzoduga kurugero rurenga 4% buri mwaka.

Ibi bije inyuma yaho abansi ba bari bamaze igihe bavuga ko uyumugambwe wananiwe nugutunganya ibijanye nubutunzi bw'uburundi ariko birengagije ko ibibazo uburundi burimwo vyavuye kubihano babusabiye ubwabo.none ubu barajahe??ibaze aho yamahinguriro atangurira guhingura ubutare bwacu,abobarundi ba mpema yuzuye navyabisuma vyiba muri Congo bizodukizwa niki😂

ni harambe


👊👊🦅🦅🦅

NKOTANYI,NTIMUHORA MUVUGA NGO UBURUNDI NTAGISIRIKARE BUGIRA?NGIBI IVYO INKOTANYI NGENZI YANYU YARAYE YANDITSE.Kumunsi we...
19/06/2026

NKOTANYI,NTIMUHORA MUVUGA NGO UBURUNDI NTAGISIRIKARE BUGIRA?NGIBI IVYO INKOTANYI NGENZI YANYU YARAYE YANDITSE.

Kumunsi wejo niho vyamenyekana ko Centre ya yafashwe na leta ya congo biciye kubufasha bw'igisirikare c'Uburundi carwanye inkundura kigatuza igisirikare c'urwanda irikumwe na na vyari bimaze imyaka irenga ibiri vyarigaruriye akokarere.
Urugamba rwo kwigarurira Centre ya rwatanguye inyuma yuko igisirikare c'urwanda kije gucokoza kikarasa mubirindiro vyingabo z'Uburundi nivyabasirikare ba Congo no kurasa gikoresheje Drones imihana yabanyamulenge iri za , na ;ivyatumye igisirikare c'uburundi cifatira ibintu muminwe kiraheza gisanga umwansi ahari kirokora abanyamulenge bari barafashwe burwate n'igisirikare c'urwanda.

Ni harambe

🦅👊

18/06/2026

NIZERE KO DOSSIER YA DE ZONE GASHOHO ITAGARUKIRA KUGUHAGARIKWA MUMABANGA GUSA,ASHENGEZWE IMBERE YUBUTUNGANE ARIHE IVYO YONONYE

INYUMA YUKO ABASIRIKARE BIWE  BAHONDAGUYE ABASIRIKARE B'URWANDA MURI MINEMBWE,UMUKURU W'IGIHUGU CACU GENERAL   YARAYE AS...
18/06/2026

INYUMA YUKO ABASIRIKARE BIWE BAHONDAGUYE ABASIRIKARE B'URWANDA MURI MINEMBWE,UMUKURU W'IGIHUGU CACU GENERAL YARAYE ASHIMIWE NA ❤️

Kumunsi wejo Umuyobozi w'agateganyo (chargée d'affaire) mubuserukizi bw'amerika muburundi Umupfasoni yarakiriwe n'umukuru w'igihugu Nyenicubahiro General kukirimba ciwe kiri i .
Uwomush*tsi yaraje nkintumwa ya Perezida wamerika ,aho yari yitwaje ubutumwa bwo gushimira uruhara rwigihugu c'uburundi mukurondera amahoro mubuseruko bwa be nugutuma amasezerano yasinweko mumpera zumwaka uheze ashikwako.
Perezida donald trump akaba yashimiye cane uburundi aho yasubiriye kwiyemeza gukomeza imigenderanire yigihugu ciwe n'uburundi mubijanye nubutunzi kuko ngo igihugu c'uburundi ivyo kiriko kirakora aribija imbere.

Nkotanyi akakantu mukumva gute?

BIRIHUTA MUMINEMBWE🔥🔥🔥Urunani rwa leta ya   muntambara iriko irwanamwo n'igisirikare c'urwanda muri   ruhejeje gutangaza...
18/06/2026

BIRIHUTA MUMINEMBWE🔥🔥🔥

Urunani rwa leta ya muntambara iriko irwanamwo n'igisirikare c'urwanda muri ruhejeje gutangaza ko rwigaruriye Centre ya muburyo bwuzuye.

Abasirikare b'urwanda biravurwa ko uwarokotse yamaze kwiyambura umwambaro ninkoho agata yihindura umu sivire,ariko bakaba bariko baronderwa aho binyegeje hose.

Address

Bujumbura
Bujumbura

Telephone

+25767180002

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when IMBO TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to IMBO TV:

Share