Heritage TV Burundi

Heritage TV Burundi Imboneshakure HTV, Twese hamwe mw'ihinduka rirama. HTV, Tous ensemble pour un changement durable

La télévision Héritage est une télévision burundaise Chrétienne qui a pour principale mission, de promouvoir un changement idéologique dans nos sociétés. Votre télévision diffuse les émissions, enseignements Chrétiens, les documentaires dans divers facettes scientifiques. Imboneshakure Heritage, ni imboneshakure ifise umugambi nyamukuru wo gufasha ikibano mu guteza imbere ihinduka nyakuri mu migab

ane yose, ivyo bigatuma iterera mu gushikiriza ibiganiro, inyigisho zo gufasha igihugu n isi yose mw'ihinduka rirama kandi ry'ibihe vyose.

07/11/2025

🎥"Ntarakizwa nari mboshwe n'urumogi, naraborerwa, nkatoroka ishure bituma nyoberwa imyaka 4 niga mu wa Gatandatu ataruko nari mbuze ubwenge ahubwo kubera ubuguruguru. Naratakaje imyaka vyukuri ariko sinipfuza ko urwaruka nkanje rwotakaza umwanya nk'uwo natakaje. Akamo kanje ku rwaruka n'uko bokizwa."-Ev Patience NIMBONA

Kurikira ubutumwa bwose kuri youtube, muciye hano:
https://youtu.be/UbU7HrxhYNM

Heritage TV Burundi

06/11/2025

🎥🤗 "Nari mfitaniye nabo ubucuti mw’ibanga batanazi "…. Big Zoe avuga ku buryo bwo kubwira agakiza abagenzi ati n'iyo duhuye nabo narumva ndabafitiye umunezero w'ukuri kubera nabasengera kenshi mu mpisho.

Kurikirana ikiganiro cose hano : https://youtu.be/oqdW5AmVHKo

06/11/2025

🎥"Twitwa ko turi abakristo, ariko tugacira imanza abandi bantu batarakizwa. Mumenyeko umunyavyaha nawe Imana imukunda kandi ko natwe twahoze turi abanyavyaha ariko Imana iratugirira imbabazi."-Jules César BUDAGA

Kurikira ubutumwa bwose bubahamagarira kwihana no kwumvira ijwi ry'Imana kuri youtube muciye hano: https://youtu.be/2PddyZlsp0A

05/11/2025

Nkuko Paulo atubwira ko turi ivyete bisomeka, abantu barashobora kutemera Imana canke bakayemera, kubera yuko babonye impinduka yabaye mu gihe wakiriye Agakiza.
Reka ubu*ima bwacu bwa misi yose bwivugire ico Umwami Wacu Yesu Yakoze kuva tumwakiriye.kurikirana ikiganiro itara muciye kuri ino link👇
https://youtu.be/-Qb4PZsUzKo?si=78Hkjv-FKKBzrswo

03/11/2025

Kumenya Kristo bifatanye n'intahe y'ukuntu wamwakiriye✨

Kurikirana ikiganiro cose hamwe na Evangéliste Patience Nimbona muciye kuri ino link 👇🏽
https://youtu.be/WMJHjN_blkg

01/11/2025

🎥''Tubanze duhindure ivyiyumviro, ntihagire uwusubira gufata umu*iki nk'utugenegene 🎶, nka kurya umuntu aja kwishure akiga Physique ⚛️, uwundi akiga Psychologie 🧠 n'ibindi ... n'amashure y'umu*iki 🎹🎸 abeho, tubone abaronka impapuro z'umutsindo 📜 mu bisata bitandukanye vyawo.''

✨ Bivugwa n'umuhinyanyu*i w'umu*iki Jazzy, arongoye Glorious Melody Records, mu kiganiro NDUMUKRISTO 🎥 musanga kur'iyi lien : https://youtu.be/ozTuU7zipk8

31/10/2025

Woba u*i insiguro y'icarico Agape❓

Muri buno butumwa dushikirizwa n'umwungere Landry Bukuru arerekana ubwoko 3 bw'urukundo❤ n'itandukaniro riri hagati y'ubwo bwoko butatu bw'urukundo.

Kurikira ido n'ido y'ubutumwa kuri youtube, muciye hano: https://youtu.be/iJiZxstu5Mo

Heritage TV Burundi

31/10/2025

🎥Umwami Wacu aduhamagarira kwama turi maso, ntidusinzire.
Ntihashobora kuba Ikanguro mw'Ishengero rya Kristo mugihe tutariko turakanguka kugiti cacu 🔥

Kurikira ikiganiro c'amasengesho kuri youtube, muciye hano: https://youtu.be/9WXEbiYtR_k?si=xNPiuAwyp6bVkZDQ

30/10/2025

🎥Nturengane iyi VIDEO utaravye uburyo ushobora kubwira umwana ubutumwa bwiza no kumwakiriza agakiza. Mwibuke ko tutazi igihe umuntu amara kw’isi arico gituma VYIHUTA ko abana babwirwa agakiza guhera uno munsi.

Kurikirana ikiganiro cose hano : https://youtu.be/KY32DAtVYxw

30/10/2025

Les cellules ne sont pas seulement des petits groupes… ce sont des familles spirituelles où la foi grandit, les cœurs se connectent et Jésus devient le centre de tout 💫 Suivons l'émission avec le Pasteur Alain Patrick KASONGO en cliquant sur ce lien 👇🏽
https://youtu.be/DOEv0w2c89A

29/10/2025

🎥📌"Inzira z'Imana kubu*ima bwacu ziratandukanye n'inzira zacu. Kubwivyo iyo dusenga ntidushingire akarimbi Imana : ifise inzira 1000."

Kurikirana Pst Jules HAKIZIMANA mu kiganiro c'amasengesho hano : https://youtu.be/uIKWZSvVeqQ

27/10/2025

🎥👨‍👧👩‍👧 “Ntushobora kwitwa PAPA canke MAMAN udashobora kwigisha abana 🧒🏽📖 ijambo ry’Imana!” 🙏

Mu kiganiro 🎙️ Ingo n’imiryango kigaruka ku kamaro ko kubwira abana ubutumwa bwiza 💬, abatumire bo mw’ishirahamwe AEE 🕊️ bagaruka ku mvo hamwe n’akamaro ko kutarindira ko bakura mu kubabwira agakiza ❤️.

👩‍🏫 NIYOKWIGURA Païnette, ajejwe ivyo kuvuga ubutumwa bwiza mur’iryo shirahamwe, avuga ati :

“Ni ngombwa ko abana 🧒🏾👧🏽 babwirwa agakiza ✝️ kuko nabo n’abanyavyaha kandi bakeneye agakiza nk’abandi bose.”

✝️ Pasteur Oswald NSHIMIRIMANA, arongoye urwego rurongora iryo shirahamwe, avuga ko hari imvo zitari nke zotuma abana babwirwa ubutumwa bwiza ku myaka iyari yo yose — nko:
⏳ kutamenya igihe bazomara kw’isi canke 💓 ryari imitima yabo izokwugurukira kwakira agakiza.

📺 Kurikirana ikiganiro cose kuri YouTube uciye hano 👇
🔗 https://youtu.be/K18RaP8mOik

🌍📡

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Heritage TV Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Heritage TV Burundi:

Share

Our Story

Héritage TV est un outil au service de l’Evangile. Elle vise la transformation de la société burundaise par la Parole de Dieu. Cette transformation apportera le développement intégral de la société.

Heritage TV n’igikoresho co gukwiragiza Ubutumwa Bwiza. Intumbero yayo nihinduka ry’abarundi biciye mw’Ijambo ry’Imana. Iyo mpinduka ikazozana iterambere ry’abarundi mubisata vyose