Kavukire yanje

Kavukire yanje Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kavukire yanje, Digital creator, bujumbura, Bujumbura.

18/09/2026

FDNB🇧🇮🥷NIYAMBERE MUKARERE,IBAZE KURWANA NA:RWANDA,KENYA, OUGANDA,SOUDAN,ETHIOPIE,SOMARIE +ABACANCURO BA FRANCE...

18/09/2026

Wamuhererezi aza araca amatara ubwo ntiyagiye kwishure?

18/09/2026

Chimamanda Moses NGO AKUNDA URWANDA KUBERA ICUBAGIRO NGO RUFISE MUMAHANGA.🤣🤣YOTUBWIRA ICO CUBAHIRO ICARICO?

17/09/2026

KUBERIKI IYO IPEREREZA RY'UBURUNDI RIRIKO RIRAKORA IVYO RIJEJWE BAVUGA KO ARI GUHOHOTERA ABENEGIHUGU?ATAKINDI GIHUGU BIVUGWA UKO?

IYO NUMVISE UMUNTU AHAMAGARIRA ABARUNDI KUJA MUMABARABARA NCA NIBUKA IBI👇👇 .NINDE YIBUKA IBI AHO VYABEREYE? QUARTIER IYA...
17/09/2026

IYO NUMVISE UMUNTU AHAMAGARIRA ABARUNDI KUJA MUMABARABARA NCA NIBUKA IBI👇👇 .NINDE YIBUKA IBI AHO VYABEREYE? QUARTIER IYAHE? ,STOP ❗❗❗❗❗❌❌❌

16/09/2026

MWIRIWE NEZA🙋🙋🙋

🛑BARAGOWE PEEEE😭😭😭 nibatume basabe nyenicubahiro wigihugu cacu ciza c'uburundi 🇧🇮🇧🇮 abahe ubwenegihugu biyizire iwacu.urwanda🇷🇼barurekere inkotanyi Na kagame.

Namwe mwumve Ubu umuturagi w'urwanda kugira yubake toilette, douche,igikoni, arinda kuja kubirihira muri leta,ahabwe impapuro kandi yubaka muri parcelle yiwe, urwo rupapuro ntirurenza amezi amezi atatu.uca uja gusaba urundi.nakamaramaza peee

Kwa IBINTU NI WANEEEE🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪

NKIYI PHOTO   NTIYOYEREKANA🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪
15/09/2026

NKIYI PHOTO NTIYOYEREKANA🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪

15/09/2026

Ubu bisaba KO umuntu wese akwiza 18ans atanga 2000fb kugira twigurire indege yacu.🇧🇮🇧🇮💪

14/09/2026

KURI NYAKUBAWA WACU .EVARISTE NDAYISHIMIYE Le président de la République Du BURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮

14/09/2026

KUGISH*TSI PEEE 🇧🇮🇧🇮

Address

Bujumbura
Bujumbura

Telephone

+25776652995

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kavukire yanje posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kavukire yanje:

Shortcuts

Share