01/07/2026
👏Umusi mukuru wo kwikukira kw'uburundi umwaka ugira 64 ku kibuga intwari.
Umukuru w'Igihugu, Abashikiranganji batandukanye, Umushikiranganji wa mbere, abaserukira ibihugu bash*tse baje kuwuhimbaza.
Isinzi ry'abantu baje guhimbaza uyo musi. Ikibuga kiruzuye no ku bunwa.
Umukuru w'ingaboGen. Prime NUYONGABO, icegera c'Umukuru w'Igihugu, n'abandi benshi harimwo n'umutambukanyi w'umukuru w'Igihugu Angeline Ndayishimiye.
🤝Kwikukira kw'Uburundi ni iteka kuko twikuye umukoloni.
TopFans
Buja News TM