E G I D E L O G I E

E G I D E L O G I E INTARE Y INTAMA
UMUNTU WA BANTU
ICANA C ABANA♣

06/09/2025

WE UMUHA RATION YA 3000
UGASANGA YATETSE INYAMA
HAMA NGUSHAKA AVYARE ABANA
MUSA.😄

✍🏾Amahasa Abby na Brittany Hensel baragagaye bariko batembera muri Shop McDonald’s bari kumwe n’umwana Abby aherutse kwi...
01/09/2025

✍🏾Amahasa Abby na Brittany Hensel baragagaye bariko batembera muri Shop McDonald’s bari kumwe n’umwana Abby aherutse kwibaruka. 😳!!️

🤵🏻👰🏻 Abby yubatse n’umukunzi wiwe Josh Bowling, umusirikare w’umunyamerika akaba n’umuforoma.

❤️💍 Uwo mubano w'urugo werekeye Abby gusa mu buryo buciye mu mategeko, naho abo basangiye umubiri umwe n'igitsina kimwe .

🙍🏻‍♀️Brittany aracari inkumi kandi ntashaka kwubaka canke ngo yinjire mu bucuti ubwo ari bwo bwose ubu.

Ibintu vyonyene bibatandukanya ni umutwe, ubuntu n’ingene biyumvira , ariko basangiye umubiri umwe, amaguru amwe. Ivyo bahuriyeko ni kuva kw'izosi gushika hasi.

🤷🏽‍♂️ None Brittany azorongorwa gute niyo yabishaka⁉️

🤷🏽‍♂️ Mbega Abby na Josh barangura amabanga abona canke aba asinziriye⁉️

🤷🏽‍♂️ Mbega hamwe Brittany yorongorwa Umugabo wiwe n'umugabo wa Abby bazorangura gute amabanga y'abubatse ⁉️

TUGIRAMAHORO😄

30/08/2025

Nimba warasize
Umugore ngugiye hanze
Menyako Afise umubiri
Tugiramahoro🏃

IKINYAMAKURU CUBURUNDICABONYE KO ABA ARIBOBANA BAMBER BEZA MURBUJUMBURA YOSE❤💯
18/07/2025

IKINYAMAKURU CUBURUNDI
CABONYE KO ABA ARIBO
BANA BAMBER BEZA MUR
BUJUMBURA YOSE❤💯

🚨  : Yumiwe😱😄• Uyumwanya Tuvugana Waruzi Yuko Uyumwana Mutoya Aheruka Gutsinda Ihiganwa Ryomuri   Ariwe Murwizatunga Wam...
04/07/2025

🚨 : Yumiwe😱😄

• Uyumwanya Tuvugana Waruzi Yuko Uyumwana Mutoya Aheruka Gutsinda Ihiganwa Ryomuri Ariwe Murwizatunga Wambere Kw'isi :

🧨 : Yahawe Umutungo Ugerakuri : 450.600.000.000$
🧨 Umutungo Wiwe Ataruwibikino ni 😄: 408.000.900.000$

G I D E L O G I E

HANGAMA BURUNDI❤❤
01/07/2025

HANGAMA BURUNDI❤❤

 G I D E L O G I E
29/06/2025

G I D E L O G I E

19/06/2025

UMUZIKI
WUBURUNDI
URACARWAYE
PEEEEE🤔

📌  hari umusore yari yishe umukobwa amuziza ko bahebanye, umukobwa agaca agenda aramwararaza ngo igituma bahebanye ngo H...
17/06/2025

📌 hari umusore yari yishe umukobwa amuziza ko bahebanye, umukobwa agaca agenda aramwararaza ngo igituma bahebanye ngo Hariho ibintu bimwe bimwe uyo musore adashoboye ngo niyompavu bahebanye

Haaa ari nkawe Ugo rubanza woruca gute??
Imisore y'ibubanza ntiyoroshe😅 nicogituma ndakubwir ukore suivre kuri E G I D E L O G I E kugira ntuzoze uracikwa namakuru mashasha cnk indirimbo zishasha

16/06/2025

Follow me😊

16/06/2025

Nta Ga So

16/06/2025

Address

Rub
Buyenzi
I

Telephone

+25768041969

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when E G I D E L O G I E posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share