BBC News Gahuza

BBC News Gahuza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BBC News Gahuza, Media/News Company, BBC Gahuza, New Broadcasting House, Portland Place, Bwiza.
(1264)

08/08/2025

Amakuru yo hirya no hino yibanda cyane cyane ku karere k'ibiyaga bigari muri Afrika, n'amakuru mpuzamakungu.

08/08/2025

Uyu mushoferi yarusimvye ariko imodokari yiwe ya Van yamusambukiyeko igihe gari ya moshi yamucako ahagaritswe n'amatara mu masanganzira y'i Kraków. Nta wakomeretse. Mu gihe umushoferi ahagaritswe n'amatara ariko abona ko vyihuta kuva mu nzira, asabwa kunyonga agakoza kuri bariyeri kugirango nayo ice yatsa uburyo busa no gutera akamo ko gutabaza (emergency release mechanism).

  yacanishijemwo abanye   n'incuti zabo ku mugambi wo kwigarurira  Mu nama yahuje abagize akanama k'igihugu kajejwe umut...
08/08/2025

yacanishijemwo abanye n'incuti zabo ku mugambi wo kwigarurira

Mu nama yahuje abagize akanama k'igihugu kajejwe umutekano yamaze amasaha 19, abashikiranganji bemeje integuro y'itegeko ryo "kwigarurira igisagara ca Gaza".

Uwo mugambi w'umushikiranganji wa mbere wiyamirijwe n'Ubwongereza hamwe na Onu.

Grâce Kutino: Menya uyu mu mupasiteri, akaba n'umwana wa pasiteri, wagizwe Minisitiri w'urubyiruko wa DR Congo🇨🇩Yemeza k...
08/08/2025

Grâce Kutino: Menya uyu mu mupasiteri, akaba n'umwana wa pasiteri, wagizwe Minisitiri w'urubyiruko wa DR Congo🇨🇩

Yemeza ko ubuzima bwe bwaranzwe ahanini n'ibyabaye kuri se, Pasteri Fernando Kutino, avuga ko yakorewe akarengane n'ubutegetsi bwa Joseph Kabila

Grâce ubwe yemeza ko ubuzima bwe bwaranzwe ahanini n'ibyabaye kuri se, Pasiteri Fernando Kutino, avuga ko yakorewe akarengane n'ubutegetsi bwa Joseph Kabila.

Trump na Putin bazobonana mu minsi iza, bivugwa na Kremlin.Ariko nta cizere kinini kihari co gushika ku masezerano yo gu...
08/08/2025

Trump na Putin bazobonana mu minsi iza, bivugwa na Kremlin.

Ariko nta cizere kinini kihari co gushika ku masezerano yo guhagarika intambara.

Hagati aho kuri uyu wa gatanu niho harangira igihe ntarengwa Trump yahaye Uburusiya kugira bube bwumvikanye na Ukraine ku masezerano yo guhagarika intambara.

https://www.bbc.com/gahuza/articles/cly3rrg40ryo

Ifoto ni iya GAVRIIL GRIGOROV/SPUTNIK/KREMLIN POOL/EPA/Shutterstock

Abakobwa b'abakuru b'ibihugu ba Afrika bakora iki hampande yo kwitwa abana b'abakuru b'ibihugu?Hari abashimagizwa cane k...
08/08/2025

Abakobwa b'abakuru b'ibihugu ba Afrika bakora iki hampande yo kwitwa abana b'abakuru b'ibihugu?

Hari abashimagizwa cane kubera ivyo bash*tseko bihetse ku bubasha bw'abavyeyi babo, ariko kandi hakaba n'abandi bisanga mu ngorane bakanegurwa bikomeye... https://bbc.in/41xN7Tg

Norvège yohereje mu Rwanda François Gasana alias 'Franky Dusabe' ukekwaho jenosideUbushinjacyaha buvuga ko mu Rwanda yar...
08/08/2025

Norvège yohereje mu Rwanda François Gasana alias 'Franky Dusabe' ukekwaho jenoside

Ubushinjacyaha buvuga ko mu Rwanda yari yarakatiwe n'inkiko Gacaca gufungwa imyaka 19 kubera uruhare muri jenoside, we mbere yagiye avuga ko arengana

Ubushinjacyaha buvuga ko mu Rwanda yari yarakatiwe n'inkiko Gacaca gufungwa imyaka 19 kubera uruhare muri jenoside, we mbere yagiye avuga ko arengana.

Ikipe y'abagore gusa: Uko igare 🚴🏾‍♀️ ririmo guha icyizere abagore n'abakobwa mu 🇷🇼Yabaye impfubyi ku myaka 14 ubu ku my...
08/08/2025

Ikipe y'abagore gusa: Uko igare 🚴🏾‍♀️ ririmo guha icyizere abagore n'abakobwa mu 🇷🇼

Yabaye impfubyi ku myaka 14 ubu ku myaka 21 abyaye kabiri, Olivia Maniragena arimo guhatana ngo azahagararire u Rwanda mu isiganwa ry'isi rigiye kubera bwa mbere muri Afurika🌍, rizabera i Kigali

Yabaye impfubyi ku myaka 14 ubu ku myaka 21 abyaye kabiri, Olivia Maniragena arimo guhatana ngo azahagararire u Rwanda mu isiganwa ry'isi rigiye kubera i Kigali, bwa mbere muri Afurika.

'Ntabwo turi i Doha, ntabwo twatumiwe kugeza ubu' – Bisimwa wa M23Mu gihe impande zombi zishinjanya kurenga ku byo zumvi...
08/08/2025

'Ntabwo turi i Doha, ntabwo twatumiwe kugeza ubu' – Bisimwa wa M23

Mu gihe impande zombi zishinjanya kurenga ku byo zumvikanyeho, abasesenguzi bavuga ko hari ubwoba ko gutinda kw'ibiganiro biteganyijwe bishobora gutuma ibintu birushaho kumera nabi

Mu gihe impande zombi zishinjanya kurenga ku byo zumvikanyeho, abasesenguzi bavuga ko hari ubwoba ko gutinda kw'ibiganiro biteganyijwe bishobora gutuma ibintu birushaho kumera nabi.

Muri RD  , ubutegetsi bwa   burifuza ko amakungu yemera ko muri ico gihugu habaye  . Ni amabi bavuga ko atandukanye na  ...
07/08/2025

Muri RD , ubutegetsi bwa burifuza ko amakungu yemera ko muri ico gihugu habaye . Ni amabi bavuga ko atandukanye na . Uyu mwaka ugize 3 bakora umuhango wo kuyibuka. Ibisobanuro ni aha

Uyu mwaka, umuhango wo kwibuka wabereye i Kinshasa, ku cibutso ca Genocost, cubakiwe ico gikorwa co kwibuka, harimwo amabuye 93, n'urumuri rutazima rw'abazize amabi hamwe n'ivyahora ari ibikoresho vyabo.

Uyu mukozi wo muri South Africa, yaburanye yemera icaha, avuga ko yahatiwe guterera 🐷  ibiziga vy'abagore 2 b'abiraburek...
07/08/2025

Uyu mukozi wo muri South Africa, yaburanye yemera icaha, avuga ko yahatiwe guterera 🐷 ibiziga vy'abagore 2 b'abiraburekazi barasiwe mw'itongo ry'umukoresha wiwe . Ubu yatezuriwe, ariko abarega bababaye cane. Ibi bamwe bavuga ko bizura ibisebe vya cane cane hagati mu misozi.

Umugabo aregwa kugaburira abiraburekazi ingurube muri South Africa yakuwe mu mvuto

Address

BBC Gahuza, New Broadcasting House, Portland Place
Bwiza
W1A1AA

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BBC News Gahuza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share