
01/09/2025
🛠️ Murwi/Cibitoke : Abanegihugu Bo ku mitumba ya Rwiri na kiryama basaba ikiraro gikomeye cubatswe kubuhinga bwa kijambere
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 1 Nyakanga 2025, abenegihugu bo ku mitumba ya na $Kiryama ( ) baramukiye mu bikorwa rusangi vyo gutarura ikiraro co kurunzi .
📌 Komine Cibitoke nayo nyene yarashizemwo uruhara, itanga uburyo bwo kugura imadiriye zafashije mu bikorwa vyo gutarura ico kiraro neza.
🎙️Musitanteri wa Komine , , yashimiye abavyitavye, yongera guhamagarira abandi gukunda ibikorwa rusangi, kuko ari ryo shingiro ry’iterambere rirama. Yavuze ati: “Uwudakorera ibikorwa rusangi nta kazoza aba yipfuriza igihugu.”
🛑 Ico kiraro gifise akamaro kanini mu migenderanire hagati y’imitumba ya na , no mu bikorwa vy’iterambere muri zone Murwi na Komine Cibitoke muri rusangi.
📢 Abanyagihugu bo kuri iyo mitumba basaba Reta n’abashigikira iterambere kwifatanya nabo kugira hubakwe ikiraro kirama kizotuma ibikorwa vy’ubuzima n’iterambere bidahungabana.
✍🏾Nzambimana_Edouard