Radio U.PI FM 99.5 MHz Ijwi ry'iterambere I Burundi

Radio U.PI FM 99.5 MHz Ijwi ry'iterambere I Burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Radio U.PI FM 99.5 MHz Ijwi ry'iterambere I Burundi, Cibitoke, Cibitoke.

Radio UPI FM isamiranira kumurongo wa 99.5Mhz, ifise inkingi ngenderwako:
1.GUHINDURA INGENDO N'IVYIYUMVIRO BITUBAKA;
2.GUTEZA IMBERE AMAKOPERATIVE MUGWARUKA;
3.KWIJUKIRA ITERAMBERE RIRAMA KURI BOSE;
4.GUSHIRA IMBERE INTWARO IBEREYE

Wipfuza kumenyekanisha ivyo ukora?Wipfuza kurangisha avyatakaye,Wipfuza Kwerekana impano yawe,  FM 99.5Mhz   Polytechniq...
16/05/2025

Wipfuza kumenyekanisha ivyo ukora?
Wipfuza kurangisha avyatakaye,
Wipfuza Kwerekana impano yawe,
FM 99.5Mhz
Polytechnique Integrée de Cibitoke
U.PI FM

Umunsi mukuru w'akazi n'abakozi (1er Mai) watanguye guhimbazwa mu bihugu vy'Afurika canke mu Burundi inyuma y'ukwikukira...
01/05/2025

Umunsi mukuru w'akazi n'abakozi (1er Mai) watanguye guhimbazwa mu bihugu vy'Afurika canke mu Burundi inyuma y'ukwikukira kw'ivyo bihugu, igihe vyatanguza amategeko n’imigenzo y’igihugu c’uburenganzira bw’abakozi n’ivyerekeye umurimo.

1. Muri Afrika:

Mu bihugu vyinshi vy’Afurika, uyu munsi watanguye guhimbazwa mu myaka ya 1960, igihe ivyinshi vyari bimaze kwikukira.

Ibihugu nka Ghana, Tanzaniya, Sénégal, n’ibindi, vyarabaye mu vya mbere gutahura akamaro k’uyu munsi, bikawuha icubahiro mu mategeko yabo.

Hari aho washirwa no mu mategeko nshingiro nk’umunsi w’akaruhuko ka Leta.

2. Mu Burundi:

Mu Burundi, Umunsi mukuru w’abakozi watanguye guhimbazwa inyuma y’ukwikukira, bivanye n’ihinduka ry’itegeko nshingiro ryemera iminsi mikuru y’igihugu.

Amakuru afatika yerekana ko kuva mu myaka ya 1970, 1er Mai yatanguye gufatwa nk’umunsi mukuru wemewe, umunsi w’akaruhuko n’uw’ivyiyumviro bijanye n’umurimo.

Muri ico gihe, amashirahamwe y’abakozi nka COSYBU (Confédération des Syndicats du Burundi) canke CSB (Confédération Syndicale du Burundi) yatanguye gufata uruhara mu gutunganya ibirori, ibiganiro n’imyiyerekano y’amahoro.

Hari ivyiyumviro bimaze kuba vyarinjiranye ugwaruka : kwiga kugira uzoshikirwe n'akazi, kurindira "posting", kuvuga ngo ...
10/04/2025

Hari ivyiyumviro bimaze kuba vyarinjiranye ugwaruka : kwiga kugira uzoshikirwe n'akazi, kurindira "posting", kuvuga ngo "nta connections mfise", canke ngo "ntamutahe mfise wo gutangura igikorwa".
Ariko ibi vyiyumviro bikomeza kwibonekeza, bigatuma tudatera intambwe mubikorwa vy'iterambere. Ibi nivyo tuza kurabira hamwe guhera igihe c'isaha icenda kugeza isaha icumi z'umuhingamo mu ikiganiro #"Duhindure ingendo n'ivyiyumviro bitubaka" gica kuri FM . Mushobora kwandika ubutumwa Kuri +257 61 44 44 70. Muza kugishikirizwa na
✍ Didace IZERUMWAMI.

Mushobora kuza murakurikirana amakuru y'inkino atanduknye biciye kuri Radio UPI FM isamiranira kumurongo wa 99.5Mhz guhe...
08/04/2025

Mushobora kuza murakurikirana amakuru y'inkino atanduknye biciye kuri Radio UPI FM isamiranira kumurongo wa 99.5Mhz guhera igihe c'isaha zine kugeza isaha zitanu hamwe nigihe c'isaha imwe y'ijoro kugeza isaha zibiri z'ijoro. Harico mubaza muhamagare ku numéro +257 61 44 44 70. UPI FM Ijwi RY'ITERAMBERE i Burundi ✅

Mukiganiro UPI Talent co kuri UPI FM isamiranira kumurongo wa 99.5Mhz, uyu munsi turi n'iteka ryo kuba hamwe numwe mubag...
06/04/2025

Mukiganiro UPI Talent co kuri UPI FM isamiranira kumurongo wa 99.5Mhz, uyu munsi turi n'iteka ryo kuba hamwe numwe mubagize umugwi ndangakaranga kuva muntara ya Cibitoke murahawe ikaze muri iki kiganiro aho tuza kumubaza ibibazo bitandukanye na cane cane vyerekeye ku intambo zikirundi🔥🔥 Mushobora kuza guhamagara kuri 61 44 44 70 guhera igihe C'isaha icenda kugeza isaha icumi.

Mukiganiro UPI Talent aho tugaragaza impano zitandukaye, uyu munsi tuza kuba turi kumwe n'umuririmvyi Joe Dasky guhera i...
05/04/2025

Mukiganiro UPI Talent aho tugaragaza impano zitandukaye, uyu munsi tuza kuba turi kumwe n'umuririmvyi Joe Dasky guhera isaha icenda kugeza isaha icumi. Murahawe ikaze mubaze ibibazo nacane cane kundirimbo yagiye akora aho twobamenyesha nk'indirimbo , hamwe n'izindi. Ikiganiro mugikurikirana kuri UPI FM 99.5 Mhz.

Université Polytechnique Integrée de Cibitoke
02/04/2025

Université Polytechnique Integrée de Cibitoke

Address

Cibitoke
Cibitoke

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Radio U.PI FM 99.5 MHz Ijwi ry'iterambere I Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share