SMART VAVA

SMART VAVA we give you all the content from Burundi, Rwanda and Uganda in one to ´make you happy.

07/08/2025
"Ben, igihugu twari tuyanyotewe imyaka ibinjana turi mubuja barundi vuzimpundu hangaza Rurema Uburundi bwiganzuye uwabug...
07/08/2025

"Ben, igihugu twari tuyanyotewe imyaka ibinjana turi mubuja barundi vuzimpundu hangaza Rurema Uburundi bwiganzuye uwabuganza atabugaba."kamwe mugace kururimbo ruhayaguza palipehutu -fnl canke umugambwe FNL.
Abitirir
a CNDD -FDD iryojambo murihenda cane.

CNDD -FDD n , umugambwe utagira cepfo n,acarugru utunzwe nokunura nura utwabandi canke hirya nohino.

Ntamigambi yayo bwite ifise ntavyivugo vyayo bwite ifise.

Akarorero n,i umugambi wishure shingiro washikirijwe n, umugambwe FNL mumyiyamamzo yamatora yo muri 2010 muntara ya Ngozi n, ubwenge buke nakantu Cndd -fdd yaciye iwusimbirako atanicigwa nakimwe gikozwe atanumuhinga n, umwe muvyindero agishijwe inama ndetse n , umugambwe FNL wateguye wongera wandika uwomugambi utanahanujwe nakimwe.

Aho bigejeje igihugu mwese murahabona.

Muri 2020 umugambwe CNL washikirije umugambi wokugabanya intara n,amakomine muri bwabwenge buke bwa Cndd -fdd yaciye iwusimbirako atanicigwa nakimwe gikozwe atanumuhinga n, umwe bahanuje ndetse n, umugambwe CNL utanagishijwe inama.

Ivyahorabihuha bigiyeguhuhuka,turaziko muri Cndd -fdd atancabwenge ziriyo icari gikwiye kwari guca bugufi mukaja inama n,ingingo n,abegwa n ,ivyuburundi bose kugira abanyagihugu batezurigwe ubujuju mufise mumitwe yanyu nibwo buriko burahamba uburundi n, abarundi.

 : Musenyeri mukuru avuga ko Foyer de charité Rukeco yaraye ihumanijwe ............................................Itang...
07/08/2025

: Musenyeri mukuru avuga ko Foyer de charité Rukeco yaraye ihumanijwe ............................................
Itangazo ryashikirijwe na Musenyeri wa Diyoseze Ngozi Georges Bizimana, rivuga ko isengero yegukira ikigo ca Foyer de Charité mu Rukeco yaraye ihumanijwe n'abagizi ba nabi bataramenyekana babomoreye urugi rw'iyo sengero bakinjira, bakonona ibikoresho n'ibindi vyo muri iyo Sengero.

Iryo tanganzo nyene rivuga ko ata mukirisu numwe yemerewe gusengera mur'iyo Foyer de charité i Ngozi kuva kur'uyu wa Kane igenekerezo rya 31 Mukakaro 2025.
Patiri silas Nyandwi arongoye ico kigo ca Foyer yo mu Rukeco i Ngozi avuga ati :
"Isengero yaraye ihumanijwe n'abagizi ba nabi bataramenyekana barasambuye imeza ihezagiye, baravunagura imisaraba, baramena amashusho ahezagiye yariyo, baranahumanya ahabikwa umubiri w'umukama; mbere ibimanyu bimwe bimwe twabisanze vyandagaye hasi hanze y'urusengero."
Akaba yasavye abakirisu gusengera ahandi gushika isengero isubirwemwo yongere ihezagirwe.

Mwomenya ko Foyer de charité yo mu Rukeco i Ngozi iri muri sikirisale Rugori paroisse Busiga.

Hano abakora Montage bagereranije Honorable Agathon   n'uwamusimbuye  . .igifyoti Madebari. ____________________________...
06/07/2025

Hano abakora Montage bagereranije Honorable Agathon n'uwamusimbuye .

.igifyoti Madebari.
________________________________________________

💣 Guinée Equatoriale : Ibiro vy'ubutungane bikwirikirana imanza vyasavye ko Baltasar Ebang Engonga acirirwa imyaka 18 yo...
02/07/2025

💣 Guinée Equatoriale : Ibiro vy'ubutungane bikwirikirana imanza vyasavye ko Baltasar Ebang Engonga acirirwa imyaka 18 yo gupfungwa.⚖️🤔

🚧🚦 Balthazar Ebang Engonga muramwibuka bavuga ko yafatanywe ama vidéos 400 y'abagore b'abategetsi yaryamanye nabo,abana b'abategetsi n'abagenzi babo aho bari bagiye gusaka amafaranga bivurwa ko yanyuruje.

🏛️ Sentare ya Malabo yatanguje urubanza rw’agaciro kanini ku wa mbere igenekerezo rya 30 Ruheshi 2025, rwitwa “Ikibazo c’Itunga”, rwari rugizwe n’abahoze ari abakuru b’Ishirahamwe ry’Ubwishingizi (DGAR).

⚖️ Baltasar Ebang Engonga, azwi kw’izina rya "Bello", umwana wa mushiki wa Perezida Teodoro Obiang Nguema, aregwa kwiba amahera ya Leta, gusambanya abantu mu buryo butemewe n’amategeko, no gukoresha nabi ububasha yari afise.

👨🏽‍⚖️ Urubanza rwaciye rufata urugero rutari bwigere rubaho kuko Vyari bihuye n'ikibazo c’ubusambanyi kirimwo amasanamu y’ubusambanyi yafashwe mu biro vya leta.

👨🏽‍🦲 Baltasar Ebang Engonga, yahora ari umuyobozi w’ikigo c’igihugu gijejwe iperereza ku vyerekeye

𝐀𝐦𝐚𝐣𝐰𝐢 𝐲𝐚𝐭𝐚𝐧𝐠𝐚𝐣𝐰𝐞 𝐧'𝐮𝐦𝐮𝐫𝐰𝐢 𝐂𝐄𝐍𝐈 𝐧𝐢 𝐧𝐭𝐚𝐛𝐚𝐧𝐝𝐮𝐤𝐚Sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro ihejeje kwemeza  amajwi umurwi CENI w...
21/06/2025

𝐀𝐦𝐚𝐣𝐰𝐢 𝐲𝐚𝐭𝐚𝐧𝐠𝐚𝐣𝐰𝐞 𝐧'𝐮𝐦𝐮𝐫𝐰𝐢 𝐂𝐄𝐍𝐈 𝐧𝐢 𝐧𝐭𝐚𝐛𝐚𝐧𝐝𝐮𝐤𝐚

Sentare yubahiriza ibwirizwa shingiro ihejeje kwemeza amajwi umurwi CENI watanganje mu ndwi iheze ko yavuye mu matora yabaye kw'igenekerezo rya 05 Ruheshi.

Ashikiriza ingingo y'iyo sentare, 𝐕𝐚𝐥𝐞𝐧𝐭𝐢𝐧 𝐁𝐚𝐠𝐨𝐫𝐢𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚 ayirongoye yavuzeko ivyo abitwaye bashikirije batabifatiyeko kuko ngo ''𝐧𝐭𝐚𝐟𝐚𝐭𝐢𝐫𝐨 𝐯𝐲𝐚𝐫𝐢 𝐛𝐢𝐟𝐢𝐬𝐞 𝐤𝐮𝐛𝐞𝐫𝐚 𝐚𝐭𝐚 𝐯𝐲𝐞𝐦𝐞𝐳𝐨 𝐛𝐚𝐭𝐚𝐧𝐳𝐞.''

Umugambwe CNDD-FDD rero niwo mugambwe wonyene uzoba ugize inama nshingamateka y'Uburundi muri iyi myaka itanu iza (2025-2030).
Kubashingamateka 111 bazoba bagize iyo nama nshingamateka, 𝟏𝟎𝟖 ni ab'umugambwe 𝐂𝐍𝐃𝐃-𝐅𝐃𝐃, 𝟑 basigaye ni 𝐚𝐛𝐚𝐭𝐰𝐚 bagenywe ngo bajemwo nkuko amategeko abisaba.

Iyo nama nshingamateka nshasha izotangura ikiringo cayo kw'igenekerezo rya 28 ukwezi kuza kwa Mukakaro.

10/06/2025

CnddFdd yari ye amajwi irarenza urugero.

Reverien NDIKURIYO arwaye
03/03/2025

Reverien NDIKURIYO arwaye

R.I.P. Saudia : Umurundikazi yapfuye yiyahuye Kubera agahinda 😭 || Uwomenya uwumuntu neza ampamagare
01/03/2025

R.I.P. Saudia : Umurundikazi yapfuye yiyahuye Kubera agahinda 😭 || Uwomenya uwumuntu neza ampamagare

RIP  Reverien
01/02/2025

RIP Reverien

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when SMART VAVA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to SMART VAVA:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share