MOSSO Arabisika FM

MOSSO Arabisika FM ┏━━━ ♣️♣️ ━━━┓
☬ 󰂆󰟯󰟬󰟷󰟵󰟫󰟱 ☬
┗━━━ ♣️♣️ ━━━┛
arabisika TV 😍

Iyi niyo ndirimbo yambere iryoshe kuruta izindi zose hama imakamba canke Burundi bwose uwupinga nazane link je iyiwanje ...
06/08/2025

Iyi niyo ndirimbo yambere iryoshe kuruta izindi zose hama imakamba canke Burundi bwose uwupinga nazane link je iyiwanje yitwa umunyenga by Faraja TheprinceBdi

Link muri comment

05/08/2025

Ibaze vrt 🤣

Amwe mu masanamu yaraye arakwirakwira hirya no hino ku mbuga ngurukanabumenyi ndetse bamwe n'abandi bakayavuga ko ibitar...
16/07/2025

Amwe mu masanamu yaraye arakwirakwira hirya no hino ku mbuga ngurukanabumenyi ndetse bamwe n'abandi bakayavuga ko ibitari bike, ni ayerekana amasanamu yafatiwe mu ntara ya Rutana yerekana ibikorwa vyo gutangura kwubaka ibarabara ry'indarayi vyatanguye muri ico gice kiri mu ntara ya Rutana.

Nubwo ayo masanamu ababijejwe bataragira ico bayavuzeko ariko abatari bake bavuga ko yoba ari inkuru nziza hamwe ibikorwa vyo kwubaka ibarabara ry'indarayi vyoba biza vyaramaze gutangura kuko ibarabara ry'indarayi ari kimwe mu bizotuma imigenderanire y'uburundi n'ibihugu rizoshikamwo irushirizaho guterimbere gutyo n'abenegihugu baharonkere akarusho.

MOSSO Arabisika FM

deal done ❤️
24/06/2025

deal done ❤️

03/06/2025

Umufana ariko ashimira B-face On The'flo ahubwo uyumugungu ndashaka kumenya izina ryiwe 🙏

03/06/2025

Kwezi Light

03/06/2025

Hello ♥️

Lumitel Burundi  gira akajambo kamwe uyikeje 🥰
02/05/2025

Lumitel Burundi

gira akajambo kamwe uyikeje 🥰

Dramat
02/05/2025

Dramat

26/04/2025

MEIGI BOY BY NTAWAKURUTA

26/04/2025

THE BIG SONG IN TOWN

Address

Gihofi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MOSSO Arabisika FM posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MOSSO Arabisika FM:

Share