TalkTime Tuyage

TalkTime Tuyage Ngwino Tuyage twungure ubumenyi. Ikiganiro cerekeye abahinyanyuzi b'umuziki ndoraMana.

Kwiyandikisha ni ku buntu -Glorious Melody Records studio (GMR) yifadikanije na ASSOCIATION Des Artistes Chretiens ” ING...
03/10/2024

Kwiyandikisha ni ku buntu -

Glorious Melody Records studio (GMR) yifadikanije na ASSOCIATION Des Artistes Chretiens ” INGANJI” turi n’iteka ntangere ryo gutumira abacuraranzi basanzwe bakorera umurimo w’Imana mu mashengero canke ministere mu nyigisho zihariye abacuraranzi mpimbazamana zifise icivugo kivuga ati “UMUTIMA UHEREKEJE IGIKORWA C’UMUCURARANZI MPIMBAZAMANA” zizoba ku musi wa gatanu kw’igenekerezo rya mbere munyonyo uno mwaka nyene(1 - Novembre) zizotangura kuva igihe c’isaha zitatu zihere isaha indwi(9h a 13), izo nyigisho zikazobera kwishengero SHEMEZA WORSHIP TEMPLE,

Zikazotangwa n’umukozi w’Imana Apotre APPOLINAIRE Habonimana bari kumwe na Kevin MUKUNDE.

Tukaba turangije tubashimiye kubw’ukwitaba akamo tubateye tunabasaba ko mwoduha inyishu ko muzobaturungikira binakunze n’igitigiri cabo muzoturungikira kugira bitworohere kubitegurira.

Mufise ico mubaza mwokwakura kuri (+257) 61 856 515

Glorious Melody Records studio (GMR) yifadikanije na ASSOCIATION Des Artistes Chretiens ” INGANJI” turi n’iteka ntangere ryo gutumira abacuraranzi basanzwe bakorera umurimo w’Imana mu mashengero canke ministere mu nyigisho zihariye abacuraranzi mpimbazamana zifise icivugo kivuga ati “UMUTI...

Glorious Melody Records studio (GMR) yifadikanije na ASSOCIATION Des Artistes Chretiens ” INGANJI” turi n’iteka ntangere...
03/10/2024

Glorious Melody Records studio (GMR) yifadikanije na ASSOCIATION Des Artistes Chretiens ” INGANJI” turi n’iteka ntangere ryo gutumira abacuraranzi basanzwe bakorera umurimo w’Imana mu mashengero canke ministere mu nyigisho zihariye abacuraranzi mpimbazamana zifise icivugo kivuga ati “UMUTIMA UHEREKEJE IGIKORWA C’UMUCURARANZI MPIMBAZAMANA” zizoba ku musi wa gatanu kw’igenekerezo rya mbere munyonyo uno mwaka nyene(1 - Novembre) zizotangura kuva igihe c’isaha zitatu zihere isaha indwi(9h a 13), izo nyigisho zikazobera kwishengero SHEMEZA WORSHIP TEMPLE,

Zikazotangwa n’umukozi w’Imana Apotre APPOLINAIRE Habonimana bari kumwe na Kevin MUKUNDE.

Tukaba turangije tubashimiye kubw’ukwitaba akamo tubateye tunabasaba ko mwoduha inyishu ko muzobaturungikira binakunze n’igitigiri cabo muzoturungikira kugira bitworohere kubitegurira.

Mufise ico mubaza mwokwakura kuri (+257) 61 856 515

🔴🇧🇮| Inyuma yo gushira ahabona Indirimbo ziwe  nka ✅Abamalayika✅Aranzigama✅ubu ndigina ✅Nahawe isezerano N'Izindi nyinsh...
24/07/2024

🔴🇧🇮| Inyuma yo gushira ahabona Indirimbo ziwe nka
✅Abamalayika
✅Aranzigama
✅ubu ndigina
✅Nahawe isezerano N'Izindi nyinshi zagiye zifasha abatari bake ziriko zirakoreshwa mumashengero atandukanye mugikorwa co Guhimbaza no Gutazira Imana,
Umuririmvyi ariko aritaba ubutumire mumashengero atandukanye kugira atange ico Imana yasize muriwe yongere kandi asangize Indirimbo ziwe Ishengero rya kristo.

Mbega Aho Usengera
Muripfuza azohashike ?



😍😍😍Are you guys ready!!!!🚨This summer Ndakubwiye n'ubwiza mubundi.Pasteur Lopez Nininahazwe yaduteguriye ibihe bidasanzw...
14/06/2024

😍😍😍Are you guys ready!!!!🚨
This summer Ndakubwiye n'ubwiza mubundi.
Pasteur Lopez Nininahazwe yaduteguriye ibihe bidasanzwe,Ni le 14Juillet aho twese tuzoba twibereye Muri .

See you there....!






BRING IT TO THE TABLE.

14/06/2024

🚨Ladies and gentlemen 🚨
Join us in celebrating the risen king with I'Pendo Sound +257
A live recording song called "SIH’AKIRi(He’s no longer there)" is out now.
Follow the link below 👇

https://youtu.be/qWyVtOLa1pI?si=IUTi7aCws6AbMpAr





BRING IT TO THE TABLE.

🎷🎺🎷🎺🎷🎻🎸🥁DUSHIME MUSIC GROUP Numurwi usanzwe uvuga ubutumwa bwiza ubicishishe mu ndirimbo mpimabaza Mana. Uwo murwi ukaba...
11/06/2024

🎷🎺🎷🎺🎷🎻🎸🥁
DUSHIME MUSIC GROUP

Numurwi usanzwe uvuga ubutumwa bwiza ubicishishe mu ndirimbo mpimabaza Mana. Uwo murwi ukaba ugizwe n'abaririmvyi 20 bakaba bakorera ibikorwa vy'Imana mw'ishengero ryaba Diventiste bo kumusi w'indwi mu Kamenge baherutse gushira kumugaragaro ndirimbo yabo nshansha bise

https://youtu.be/VQ4Qaz0tkmE?si=e05R8vZFB4qGRW_X

Dushime Music Group
TalkTime Tuyage

Written by Delphin pro.EXECUTIVE PRODUCER: Dushime Jean Marie (Gicocoro)ASSISTANT PRODUCERS : Bobo Pro & Don Divin ProINSTRUMENTAL : Delphin ProMIXAGE & MAS...

🚨🚨🚨Chorale Lahayi-Royi ni umugwi w'abaririmvyi mpimbaza Mana ukorera ibikorwa  mw'Ishengero rya Méthodiste Unie, mu bubw...
11/06/2024

🚨🚨🚨Chorale Lahayi-Royi ni umugwi w'abaririmvyi mpimbaza Mana ukorera ibikorwa mw'Ishengero rya Méthodiste Unie, mu bubwiriza bwa Bujumbura paroisse Rohero. Chorale Lahayi-Royi yabayeho kuva mu mwa wa 2013 inyuma yaho abari barongoye Paroisse Rohero bateranije imigwi y'abaririmvyi itandukanye maze bayigira Chorale imwe. Kuva muri uwo mwaka, iramaze gukora ibikorwa bitari bike. Aho twovuga k’urukurikirane rwabo rwambere (1Album) bitiriye rwagiye ahabona muri 2020 aho urwo rukurikirane rwasohokanye namasanamu, inyuma yikiringo cumwaka gusa ntibahagarize baciye basohora urundi rukurikirane rwabo rugira 2 bitiriye ya Yesu aho rworwo rwasohokanye namasanamu y’amajambo Video Lyrics mu kinyamazuru rwagiye ahabona muri 2021, eka n’uyumwaka wa 2024 barashize kumugaragaro indirimbo zibiri zasohokanye n’amasanamu na akaba ari agaheta na . Sivyo gusa Chorale Lahayi Royi kuva mu mwaka wa 2021 mu kwezi kwa 6 yaratunganije umugoroba wo guhimbaza Imana mu buryo butandukanye wiswe SSV-EVENT (Spiritual Sunday vibration event) aho usanzwe uba rimwe mu mezi atatu bikaba bimaze kuba incuro 11(11éditions). Ukaba wifuza kumenya vyinshi kur’iyi chorale woca kumbuga zabo basanzwe bakoresha haba kuri Fecebook canke youtube kugirango ashishikare kumenya kurino chorale yongere ahimbaze Imana biiiciye mundirimbo zitandukanye bagiye barakora ndetse nizindi zikiri Inyuma
Fecebook :
https://www.facebook.com/profile.php?id=100056033336989
You Tube:
https://youtu.be/iY9gdjKcK98?si=GulxEac3VMBuDrIa

Lahayi-royi Rohero
tuyage
gospel journalist network🌐🌐🌐

🎤 Exciting News! 🎉I hope this message finds you well. I am excited to invite you😍😍of course invite your friends too✌️Thi...
10/06/2024

🎤 Exciting News! 🎉
I hope this message finds you well.
I am excited to invite you😍😍of course invite your friends too✌️
This concert is a wonderful opportunity to come together in worship, enjoy beautiful music, and experience the presence of God in a powerful way.

📅 Date: 7th of July
📍 Venue: Source du Nil

Don't miss out on this incredible event.
Get your tickets now and be part of a night to remember!
See you there!

Dudu T. Niyukuri

😍😍🌟Pasteur Lopez NininahazweAbicishije kurubuga rwiwe rwa fecebook yagize ati"Kubera duherukana kera reka ndabihere isan...
27/03/2024

😍😍🌟
Pasteur Lopez Nininahazwe
Abicishije kurubuga rwiwe rwa fecebook yagize ati
"Kubera duherukana kera reka ndabihere isango ku bazoronka akanya murahawe ikaze kuza kubana natwe muri bino bihe😀"

Nizere ko utopanga gusiba muribi bihevyiza

Bruce Samy



BRING IT TO THE TABLE.

10/03/2024

hola familia😍😍😍
Inyuma yige kirekire ndagarutse nkuzaniye inkuru nziza wa muririmvyi wacu David Tresor nyuma yimisi ariko arazunguruka mu biteramo bigiye bitandukanye kumugabane wa burayi ndetse ninyuma yo kutubwira ko agiye gushira ahabona album nshasha yise "DATA WA TWESE" yamaze kuba atumenyesha ko imwe mu ndirimbo izoba iri mururwo rukurikirane "BABA YETU" igiye gusoho vuba. Nkakumenyesha ko atazoba ari wenyene azoba arikumwe numuririmvyikazi akomeye wo mugihugu ca Kenya nawe suwundi ni Marcy Masika

TalkTime Tuyage
RADIO Ivyizigiro



Bring it to the table

Address

Gihosha
Gihosha

Opening Hours

15:40 - 16:30

Telephone

+25779349452

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when TalkTime Tuyage posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to TalkTime Tuyage:

Share