As-Tv

As-Tv Welcome in AS Studio Tv kubafise impano murahawe ikaze, videos comedie,ibiganiro vyose ni kuri AS Studio Tv

Bonjour!!
11/12/2025

Bonjour!!

⚠️ Don't scroll!Kuba waramutse  amahoro, ushoboye kwikangura ukaba ugihema impwemu zabazima k'ubuntu    nturengane utagi...
08/12/2025

⚠️ Don't scroll!
Kuba waramutse amahoro, ushoboye kwikangura ukaba ugihema impwemu zabazima k'ubuntu nturengane utagize (like na follow) hano. Ivyo vyose ni kubw'ubuntu bw’Imana n'imbabazi zayo.
SEMA AMEN!

**"I wish you peace, progress, and purpose this new month. Follow us🤣🤣
01/12/2025

**"I wish you peace, progress, and purpose this new month.

Follow us🤣🤣

  motivation  Iyo usenga, Imana irakumva.  Iyo wumviriza, Imana iravuga.  Iyo wizera, Imana irakora.
29/11/2025

motivation
Iyo usenga, Imana irakumva.
Iyo wumviriza, Imana iravuga.
Iyo wizera, Imana irakora.

  morning!  MOD
21/11/2025

morning!
MOD

   US     : *"Abantu bazokwama bavuga ico bashaka — ico ugomba ni ukugira ico ukora kigushimisha kandi kikugira ico uri....
20/11/2025


US


: *"Abantu bazokwama bavuga ico bashaka — ico ugomba ni ukugira ico ukora kigushimisha kandi kikugira ico uri."*
Be you be free

  speaking🔊
20/11/2025

speaking🔊

  motivationShira Imana imbere, ntuzokwigera usigara inyuma.
18/11/2025

motivation
Shira Imana imbere, ntuzokwigera usigara inyuma.

*"Ubwato ntibwibira kubera amazi aburi hafi, bwibira kubera amazi yabwinjiyemwo. Ntiwemerere ibigukikije kwonona ico uri...
17/11/2025

*"Ubwato ntibwibira kubera amazi aburi hafi, bwibira kubera amazi yabwinjiyemwo. Ntiwemerere ibigukikije kwonona ico uri imbere."*

  of the Day
15/11/2025

of the Day

Address

12
Gihosha

Telephone

+25761624024

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when As-Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category