Atherman+257

Atherman+257 Team atherman 🇧🇮 habali ya michezo dushilikiane wandugu zangu hiyo ndopage inakuja kubapatiya habali ya legue burundi

🤍 Vinicius et Rodrygo au mariage d'Eder Militão hier.✅✨
20/07/2025

🤍 Vinicius et Rodrygo au mariage d'Eder Militão hier.✅✨

BOUM 🔥🚨 Paris SG 🇫🇷 ugeze muri FINAL y'igikombe c'isi c'imigwi ⚽ ibitsindo 4-0!FT : REAL MADRID 🇪🇸 0-4 🇫🇷 PARIS SGFinal ...
09/07/2025

BOUM 🔥🚨 Paris SG 🇫🇷 ugeze muri FINAL y'igikombe c'isi c'imigwi ⚽ ibitsindo 4-0!

FT : REAL MADRID 🇪🇸 0-4 🇫🇷 PARIS SG

Final : CHELSEA FC 🏴󠁧󠁢󠁥󠁮󠁧󠁿 VS. 🇫🇷 PARIS SG

🛑🚨⚠️NTIBISANZWEEE !!!! PSG iriko iranyagira REAL MADRID ibitsindo 3-0 mu gice ca mbere 🤯🔥PSG iriko iraha Madrid icigwa c...
09/07/2025

🛑🚨⚠️NTIBISANZWEEE !!!! PSG iriko iranyagira REAL MADRID ibitsindo 3-0 mu gice ca mbere 🤯🔥

PSG iriko iraha Madrid icigwa c'umupira w'amaguru !!!

Luis Enrique ariko araha Xabi Alonso icigwa !

Fabian Ruiz ⚽
Ousmane Dembele ⚽
Fabian ⚽

PSG MBEGA UMUGWI !🫡🔥

Wari bwigere ubona umugwi nk'uyu??

UNBELIEVABLE!

Mubona yongezamwo bingahe mu gice ca kabiri ??🤔

Mumasaha makeyi cane soda agira arase abasi inkomoko yinkuru Atherman+257
09/07/2025

Mumasaha makeyi cane soda agira arase abasi inkomoko yinkuru
Atherman+257

🤣🤣⚽🏟️ Cumugani umwe gusa ujana nabano bakinyi ba Real Madrid C.F.  bagiye guhura numuriro 🤣🤣🤣📢. Je ni Uwuza gutamba neza...
09/07/2025

🤣🤣⚽🏟️ Cumugani umwe gusa ujana nabano bakinyi ba Real Madrid C.F. bagiye guhura numuriro 🤣🤣🤣

📢. Je ni Uwuza gutamba neza umubona agikenyera nawe muri commentaire 👇👇

Atherman+257

Umukuru w’igihugu , Gufata isuka akarima jewe ntakosa mbona Kandi ni nakarorero keza ko gukangurira abandi bose kurima, ...
09/07/2025

Umukuru w’igihugu , Gufata isuka akarima jewe ntakosa mbona Kandi ni nakarorero keza ko gukangurira abandi bose kurima, hoho ninde atazi ko ibihugu vyinshi vyo muri Africa bitunzwe n’uburimyi? Nubwo woba udakunda intwaro ya CNDDFDD sivyiza ko uza urapinga nibidapingika!

✅👊🔴Mbeg vyiza muri Real Madrid bose bazoboneka hamwe borengana▪️Amakuru meza kwa Real Madrid yemezako  Vini jr na Jude B...
09/07/2025

✅👊🔴Mbeg vyiza muri Real Madrid bose bazoboneka hamwe borengana

▪️Amakuru meza kwa Real Madrid yemezako Vini jr na Jude Bellingham ikarata zumuhondo bari bafise zafuswe

▪️Bisiguyeko Nubwo hogira uwuronka ikarata yumuhondo kurukino rwuno musi bahura na PSG ntazoba suspendu hamwe bogera muri Final

▪️Ndabibutseko na Huijnsen nawe Hamwe bogera final azoba ahari inyuma yuko uwumusi adahari imbere ya PSG

👊👊👉Aba melengue aha murava imbere ya PDG kweri?

Le rappeur Rick Ross 📸
09/07/2025

Le rappeur Rick Ross 📸

🚨🚨 BOUM 🟢⚪ PALMEIRAS ugeze muri 1/4 GISHIRA ICANYUMA, ukuye Botafogo mugikombe c'isi c'imigwi (1-0)Paulinho atsinze igit...
28/06/2025

🚨🚨 BOUM 🟢⚪ PALMEIRAS ugeze muri 1/4 GISHIRA ICANYUMA, ukuye Botafogo mugikombe c'isi c'imigwi (1-0)

Paulinho atsinze igitsindo kimwe gihaye Palmeiras kurengana mugice gikurikira biciye muri Prolongation.

AET : PALMEIRAS 🇧🇷 1-0 🇧🇷 BOTAFOGO
100' ⚽ Paulinho 🅰️ Ríos
116' 🟥 Gómez

⛳️ Ama Corners 15:8
🟨 Amakarata y'umuhondo 6:6
🟥 Amakarata atukura 1:0

Palmeiras muri 1/4 GISHIRA ICANYUMA

📷Dorcas Nkurunziza umukobwa wa nyakwigendera uwahoze ari umukuru w'Igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza ku kibuga i Maka...
28/06/2025

📷Dorcas Nkurunziza umukobwa wa nyakwigendera uwahoze ari umukuru w'Igihugu c'Uburundi Petero Nkurunziza ku kibuga i Makamba gukurikirana ibirori vy'uno munsi wahariwe Nkurunziza Cup.

📷Nil Sport

15/05/2025

Hala madrid

15/05/2025

Tuzobash*tiriza barabeshe tuzabashiririza bavyanke canke bemere akavuze wawundi ngoburakeye tubarabe ntanumwe azoduhagararimbere tuzogahinyanyura -Fdd

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Atherman+257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Atherman+257:

Share