Inkuba TV

Inkuba TV Inkuba TV page nshasha igiye kuza ibagezaho amakuru yizewe kandi meza yokwisi yose mubisata vyose

01/07/2025

soon we will dancing this🔥🔥🔥

Asante PAPA 🙏🙏🙏

Inkuba TV
Joas Niyokwizera
Diane Ininahazwe
WOOLO

02/05/2025
02/05/2025
"Abantu canke Amafaranga" Uribaza ukeneye iki cane kugira ushike kure???Inkuba TV WOOLO Umunota k'umusi Joas Niyokwizera
26/03/2025

"Abantu canke Amafaranga"
Uribaza ukeneye iki cane kugira ushike kure???

Inkuba TV
WOOLO
Umunota k'umusi
Joas Niyokwizera

📖📖📖📖📖📖Ijambo Ry'umusi   bose bakoze ivyaha, ntibashikira ubgiza bg'Imana;    batsindanishirizwa n'ubuntu bgayo, ibibaher...
31/01/2025

📖📖📖📖📖📖
Ijambo Ry'umusi

bose bakoze ivyaha, ntibashikira ubgiza bg'Imana; batsindanishirizwa n'ubuntu bgayo, ibibahereye ubusa, kubgo gucungurwa kubonerwa muri Kristo Yesu: uwo Imana yashizeho kuba impongano y'uwizera, ayigirwa n'amaraso yiwe, kugira ngw Imana yerekane ukugororoka kwayo, kuko yirengagije ivyaha vyakozwe kera kubg' imbabazi zayo; no kugira ngo yerekane ukugororoka kwayo mur' iki gihe, ngw ibe Igororoka n'Itsindanishiriza uwizeye Yesu.

Abaroma 3:23-26

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera
fans

🚨🚨🚨🚨🚨🚨Shima IMANA K*ko Itwongeye Uwundi Musi. Itwongeye Ayandi Mahirwe.Turabipfurije igitondo Ciza Numusi Mwiza Inkuba T...
31/01/2025

🚨🚨🚨🚨🚨🚨
Shima IMANA K*ko Itwongeye Uwundi Musi.
Itwongeye Ayandi Mahirwe.
Turabipfurije igitondo Ciza Numusi Mwiza

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera

🚨🚨🚨🚨🚨🚨Urashobora gutsinda ugashika kure udatumye undi muntu ananirwa. Urashobora kuba munini utiriwe utuma abandi bumva ...
30/01/2025

🚨🚨🚨🚨🚨🚨
Urashobora gutsinda ugashika kure udatumye undi muntu ananirwa.

Urashobora kuba munini utiriwe utuma abandi bumva ko ari bato.

Urashobora kwishira hejuru utiriwe urashira abandi hasi.

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera

📖📖📖📖📖📖Ijambo Ry'umusi Ewe Yerusalemu, nshize abashibamyi hejuru ku nzitiro zawe z'amabuye; nta ho bazocereza ku murango ...
30/01/2025

📖📖📖📖📖📖
Ijambo Ry'umusi

Ewe Yerusalemu, nshize abashibamyi hejuru ku nzitiro zawe z'amabuye; nta ho bazocereza ku murango no mw ijoro; yemwe abibutsa Uhoraho ntimukaruhuke, kandi na we ntimwemere kw aruhuka, gush*tsa ah' azovyurira Yerusalemu, akahahindura ishimwe mw isi.

Yesaya 62:6-7

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera

🔥🔥🔥🔥🔥🔥Uyundi Musi Duhawe Ayandi Mahirwe Duhawe.Girumwete Uyumusi Urangire Ubaye Mwiza Cane.Shima IMANA Kuba Yabikwemerey...
30/01/2025

🔥🔥🔥🔥🔥🔥
Uyundi Musi Duhawe Ayandi Mahirwe Duhawe.
Girumwete Uyumusi Urangire Ubaye Mwiza Cane.

Shima IMANA Kuba Yabikwemereye.
Wongere Uyisabe Kubana Nawe K*ko Niyo Igushoboza Uyumusi Wose.🙏🙏🙏

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera

🚨🚨🚨🚨🚨🚨Inkomezi Mukwiteza Imbere.Inkomezi zo kubimenya.Inkuba TV Umunota k'umusi WOOLO Joas Niyokwizera
29/01/2025

🚨🚨🚨🚨🚨🚨
Inkomezi Mukwiteza Imbere.
Inkomezi zo kubimenya.

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera

🚨🚨🚨Ijambo Ry'umusi Nuko musenge murtya,muti Data wa twese wo mw ijuru, izina ryawe ryubahwe,  ubgami bgawe buze, ivyo ug...
29/01/2025

🚨🚨🚨
Ijambo Ry'umusi
Nuko musenge murtya,
muti Data wa twese wo mw ijuru, izina ryawe ryubahwe, ubgami bgawe buze, ivyo ugomba bibe mw isi nk'uko biba mw ijuru. Uduhe ivyo kurya dukwiranye uyu musi; uduhebere imyenda yacu, nk'uko natwe twahebeye abari mu myenda yacu; kandi ntutujane mu bitwosha nabi, arik' udukize wa Mubi. [K*k' ubgami n'ubushobozi n'icubahiro ar' ivyawe ibihe bidashira. Amen.]

Matayo 6:9-13

Inkuba TV
Umunota k'umusi
WOOLO
Joas Niyokwizera

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inkuba TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Inkuba TV:

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share