Dark Jay Baby

Dark Jay Baby Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Dark Jay Baby, Bujumbura, Gitega.

Ni๐——๐—ฎ๐—ฟ๐—ธ-๐—๐—ฎ๐˜† yamenyekanye kundirimbo igira 4 yitwa "๐—จ๐—ฅ๐—”๐—ก๐—ญ๐—œ๐— ๐—ฌ๐—”" muri2018,muri uwomwaka nyene aca arabihagarika bitamuvuyeko, ariko ari mumyiteguro yokugaruka muyindi nshusho atari iyo uburirimvyi. ๐—œ๐—บ๐—ฎ๐—ป๐—ฎ ๐—œ๐—ฑ๐˜‚๐—ต๐—ฒ๐˜‡๐—ฎ๐—ด๐—ถ๐—ฟ๐—ฒ ๐˜๐˜„๐—ฒ๐˜€๐—ฒ.

Egome *_Rich Dad poor Dad_*  n'igitabu c'umwanditsi w'umunyamerika *Robert Kiyosaki yavutse 1947*,catumye benshi bava m'...
30/07/2025

Egome *_Rich Dad poor Dad_* n'igitabu c'umwanditsi w'umunyamerika *Robert Kiyosaki yavutse 1947*,catumye benshi bava m'ubukene. Gihimiriza cane kwiga gukoresha amafaranga neza,.......

*Murantunga ndabashikaniye ivyanditswe muri co ntibitanga insiguro y'ukubiba.Fata akanya wumvirize izonyigisho uzonshimira nyuma๐Ÿซถ.*

...

05/07/2024

Mur'ino groupe.Hacishamwo amakuru n'ivy'umuco ndanga karanga k'abarundi (ushobora n'ukuhatangariza ibikorwa VYAWE ari :ibicuruzwa n'ibindi).

โš ๏ธ *Biramujijwe kurungikamwo ibiciye kubiri n'ivyo twavuze ngaho hejuru.Uwubirenzeko duca tumukura muri group ikiringo c'imisi indwi.*

Mugenzawe nawe yonezerwa hamwe womurungikira ino Link akaza hano kwunga Ubumwe n'iterambereโฌ‡๏ธโฌ‡๏ธโฌ‡๏ธ

https://chat.whatsapp.com/IIJrv322UXWAGimBPSjo7t

Icivugo ni tugire : "*URUKUNDO, UBUMWE N'ITERAMBERE KURI BOSE MURI VYOSE.*"

17/06/2024
BIRAHIMBAYE KUBONA INDONGOZI Z'ICUBAHIRO NKA NYENITEKA UMUNYAMABANGA MUKURU W'UMUGABWE URAMUTSWA IGIHUGU N'ABANDI BUBAHW...
17/06/2024

BIRAHIMBAYE KUBONA INDONGOZI Z'ICUBAHIRO NKA NYENITEKA UMUNYAMABANGA MUKURU W'UMUGABWE URAMUTSWA IGIHUGU N'ABANDI BUBAHWA BADUTERA ITEKA MURI COMMUNE BUHIGA MUGUHIMBAZA UMUSI MUKURU W'ILAIDI ITWIBUTSA UMUGIRWA WA IBRAHIM SEKURU WABEMERA AHO YASHATSE GUTANGA UMWANA WIWE W'IKINEGE IMANA IKABONA UKWEMERA KWIWE IGACA IMUHA INTAMA AKERERA MUKIBANZA CUMWANA WIWE: UNO MUSI NIMBA UDATANZE IKIMAZI KUBERA IMANA UBWO UZOTANGA UMWANA WAWE CANKE UMWIGISHE KURWANIRA NO GUKUNDA IGIHUGU CAMWIBARUTSE NKUKO BASOKURU BABIKOZE??

Address

Bujumbura
Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dark Jay Baby posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dark Jay Baby:

Share