Ininahazwe Don Divin

Ininahazwe Don Divin La paix ne s'achète pas

🇱🇷🇨🇩🇧🇷🇧🇮🇦🇨🇦🇩🇦🇫🇦🇬🇦🇬🇦🇲🇦🇶🇦🇴🇦🇸🇦🇴🇦🇺🇦🇲🇧🇦🇦🇼
promoter

imfluencer
créateur

icongusaba ni partager n'a j'aime
🫵✍️ihangiro

vyose biri mumaboko yanyu🙏 atamwebwe ntatwebwe murabo kubahwa

💎 Aberewe cane , Madame CĪRAMŪNDA Arabibukije ko isango Ari ntabanduka ,CĪRAMUMŪNDA Part 07 igihe  c'isaha zibiri z'igit...
27/07/2025

💎 Aberewe cane , Madame CĪRAMŪNDA
Arabibukije ko isango Ari ntabanduka ,
CĪRAMUMŪNDA Part 07 igihe c'isaha zibiri z'igitondo (8h00) izoba yamaze gushika kuri YouTube channel ya Mimi Mireille !


Ukuri ni Biragoye ko ukunda umuhungu canke umukobwa mukundana caaaane hama ngo unakunde  n’IMANA caaaane gose  ntibishob...
27/07/2025

Ukuri ni Biragoye ko ukunda umuhungu canke umukobwa mukundana caaaane hama ngo unakunde n’IMANA caaaane gose ntibishoboka

Ariko birakundako ukunda IMANA caaaane akaba ariyo ikuyobora ikanaguha ugwo ukunda abo yaguhaye gukunda 🙏🥰 umugoroba mwiza

Ijoro ryiza ncuti yanje aho uherereye hose Imana ikurinde amadayimoni mwiziza rya YEZU 🙏 mvugira AMEN🙏 ntiwibagire no ku...
27/07/2025

Ijoro ryiza ncuti yanje aho uherereye hose Imana ikurinde amadayimoni mwiziza rya YEZU 🙏 mvugira AMEN🙏 ntiwibagire no kugira follow Urakoze

💎 Solution Couple ♥️Ndabipfurije umusi w'Imana mwiza! Norasque Ntare VI & F***y Lavine
27/07/2025

💎 Solution Couple ♥️
Ndabipfurije umusi w'Imana mwiza!
Norasque Ntare VI & F***y Lavine

Bene Data mwibuke kuja gusenga. Indwi yose iraheze lmana izigamye ubugingo bwawe, nawe ibuka uje kuyihimbaza uyishime ku...
27/07/2025

Bene Data mwibuke kuja gusenga. Indwi yose iraheze lmana izigamye ubugingo bwawe, nawe ibuka uje kuyihimbaza uyishime kuko benshi ntibakiriho, kandi ntaco wabasumvya. Kuba wewe ukiriho n'ubuntu NDIHO yakugiriye

1 Samweli 1:17
Maze Eli aramwishura, ati Nuko ni wigire amahoro; Imana ya Isirayeli iguhe ico wayisavye.

Aho ugira gusenga, lmana ize kwumva ugusenga kwawe, iguhe ico uyisaba

💎 Sabbas Nkurunziza  n'imfura yiwe , ehe ukuntu basa Disii🤗
26/07/2025

💎 Sabbas Nkurunziza n'imfura yiwe , ehe ukuntu basa Disii🤗

Muriteguriye Cīramūnda part 7 Lundi 8h00??
26/07/2025

Muriteguriye Cīramūnda part 7 Lundi 8h00??

Ntaco Turi tutagizwe n'Imana ntanico tuzoba tutakigizwe nayo niyo mpamvu iminsi yose tuzokwama twizigiye ineza yaw Mana ...
26/07/2025

Ntaco Turi tutagizwe n'Imana ntanico tuzoba tutakigizwe nayo niyo mpamvu iminsi yose tuzokwama twizigiye ineza yaw Mana . ndagusabe umvugire Amen

💎 Famille Sabbas Nkurunziza  ♥️
26/07/2025

💎 Famille Sabbas Nkurunziza ♥️

Address

Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ininahazwe Don Divin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share